ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:34; Gh 12:5

Abalewi 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:18

Abalewi 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 12:6; Gh 15:3
  • +Kv 12:5; Lw 22:20; Gus 15:21; Mal 1:14; Heb 9:14; 1Pt 1:19
  • +2Kr 9:7

Abalewi 1:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 56:7
  • +Gh 15:25; Rm 3:25; 1Yh 2:2

Abalewi 1:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 10:11
  • +Heb 9:13; 1Pt 1:2

Abalewi 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:8

Abalewi 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:12
  • +It 22:9; Neh 13:31

Abalewi 1:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Umurayirayi ni ibinure vyo mu kiyunguyungu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:17; Lw 9:13; 1Bm 18:23

Abalewi 1:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ayo maguru avugwa ni ibice vyayo vyo hepfo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:21; 9:14
  • +It 8:21; Kv 29:18; Gh 15:3; Ef 5:2; Fp 4:18

Abalewi 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:4
  • +Lw 22:19
  • +Lw 22:20; Mal 1:14; 1Pt 1:19

Abalewi 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:12; 2Ng 29:22

Abalewi 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:13; 1Bm 18:23

Abalewi 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:14
  • +Kv 29:17
  • +Kv 29:18
  • +Kv 29:41; Lw 1:9

Abalewi 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 2:24
  • +Lw 5:7; 12:8

Abalewi 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:8

Abalewi 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 27:3; Lw 4:12; 6:10

Abalewi 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:10
  • +It 8:20; Kv 29:18
  • +Lw 6:21; Gh 28:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 1:1Kv 40:34; Gh 12:5
Lew. 1:2Lw 22:18
Lew. 1:3Lw 12:6; Gh 15:3
Lew. 1:3Kv 12:5; Lw 22:20; Gus 15:21; Mal 1:14; Heb 9:14; 1Pt 1:19
Lew. 1:32Kr 9:7
Lew. 1:4Yes 56:7
Lew. 1:4Gh 15:25; Rm 3:25; 1Yh 2:2
Lew. 1:5Heb 10:11
Lew. 1:5Heb 9:13; 1Pt 1:2
Lew. 1:6Lw 7:8
Lew. 1:7Lw 6:12
Lew. 1:7It 22:9; Neh 13:31
Lew. 1:8Kv 29:17; Lw 9:13; 1Bm 18:23
Lew. 1:9Lw 8:21; 9:14
Lew. 1:9It 8:21; Kv 29:18; Gh 15:3; Ef 5:2; Fp 4:18
Lew. 1:10It 4:4
Lew. 1:10Lw 22:19
Lew. 1:10Lw 22:20; Mal 1:14; 1Pt 1:19
Lew. 1:11Lw 9:12; 2Ng 29:22
Lew. 1:12Lw 9:13; 1Bm 18:23
Lew. 1:13Lw 9:14
Lew. 1:13Kv 29:17
Lew. 1:13Kv 29:18
Lew. 1:13Kv 29:41; Lw 1:9
Lew. 1:14Lk 2:24
Lew. 1:14Lw 5:7; 12:8
Lew. 1:15Lw 5:8
Lew. 1:16Kv 27:3; Lw 4:12; 6:10
Lew. 1:17It 15:10
Lew. 1:17It 8:20; Kv 29:18
Lew. 1:17Lw 6:21; Gh 28:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 1:1-17

Abalewi

1 Hanyuma Yehova ahamagara Musa, avugana na we ari muri rya hema ry’ihuriro+, ati: 2 “Vugana na bene Isirayeli+, ubabwire uti: ‘Umuntu wo muri mwebwe niyagomba gushikiriza Yehova ishikanwa rivuye mu bitungwa, mukwiye gushikiriza ishikanwa rivuye mu busho no mu mukuku.

3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+. 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.

5 “‘Maze ca kimasa kize gikerererwe imbere ya Yehova; kandi bene Aroni, abaherezi+, baze bashikirize amaraso bongere bayamijagire hirya no hino kuri ca gicaniro*+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro. 6 Kandi rya shikanwa riturirwa rize rikurweko urushato hanyuma rihimbagurwe mu bihimba vyaryo+. 7 Bene Aroni, abaherezi, baze bashire umuriro kuri ca gicaniro+ hanyuma batondeke inkwi ku muriro+. 8 Kandi bene Aroni, abaherezi, baze batondeke vya bipande+ kumwe n’umutwe n’umurayirayi* hejuru ya za nkwi ziri ku muriro uri ku gicaniro. 9 Kandi amara+ yaryo n’amaguru* yaryo bizokwozwa n’amazi. Umuherezi aze abifumbishe umwotsi vyose ku gicaniro bibe ishikanwa riturirwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.

10 “‘Kandi nimba ishikanwa atanga ngo ribe ishikanwa riturirwa ari irivuye mu mukuku+, mu mpfizi z’intama z’imikangara canke mu mpene, ikigabo+ kitagira agahonzi, ni co azoshikiriza+. 11 Kize gikerererwe ku ruhande rw’igicaniro amaja mu buraruko imbere ya Yehova, kandi bene Aroni, abaherezi, baze bamijagire amaraso yaco hirya no hino ku gicaniro+. 12 Aze agihimbagure mu bihimba vyaco n’umutwe waco n’umurayirayi waco, kandi umuherezi aze abitondeke hejuru ya za nkwi ziri ku muriro uri ku gicaniro+. 13 Azokwoza n’amazi amara+ n’amaguru+; kandi umuherezi aze agishikirize cose, agifumbishe umwotsi+ ku gicaniro. Ni ishikanwa riturirwa, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.

14 “‘Ariko nimba ishikanwa atanga bwa shikanwa riturirwa ryo guha Yehova ari irivuye mu biguruka, aze ashikirize ishikanwa ryiwe arikuye mu ntunguru+ canke mu numa zikiri nto+. 15 Umuherezi aze ashikirize nya nyoni ku gicaniro, anwinge+ umutwe wayo aheze ayifumbishe umwotsi ku gicaniro, mugabo amaraso yayo aze amiminurirwe ku ruhande rw’igicaniro. 16 Kandi aze akureko agatorero kayo kumwe n’amoya yako agaterere iruhande y’igicaniro, amaja mu buseruko, ha hantu h’iminyota irimwo ibinure+. 17 Aze ayisaturire ku mababa yayo. Ntaze ayitanye+. Maze umuherezi aze ayifumbishe umwotsi ku gicaniro hejuru y’inkwi ziri ku muriro. Ni ishikanwa riturirwa+, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika