ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 34
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 34:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:12; Gus 32:49
  • +Gh 21:20; Gus 3:27
  • +Gh 36:13
  • +Yos 19:47; Abc 18:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Igihugu ciza’, rup. 8-9

Gusubira mu vyagezwe 34:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:31; Gh 34:6; Gus 11:24

Gusubira mu vyagezwe 34:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:1
  • +It 13:10; 1Bm 7:46
  • +2Ng 28:15
  • +It 19:22; Yes 15:5

Gusubira mu vyagezwe 34:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 26:3; 28:13
  • +Gh 20:12; Gus 32:52

Gusubira mu vyagezwe 34:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:7; Mal 4:4
  • +Gus 32:50; Yos 1:2

Gusubira mu vyagezwe 34:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 3:29
  • +Ivk 2:31; Yud 9

Gusubira mu vyagezwe 34:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:2; Ivk 7:23, 30, 36
  • +It 27:1; 48:10
  • +Yos 14:11

Gusubira mu vyagezwe 34:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:29

Gusubira mu vyagezwe 34:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:10; 6:34; 1Bm 3:12
  • +Gh 27:18; Gus 31:14; Ivk 6:6; 1Tm 4:14
  • +Gh 27:21; Yos 1:16; Heb 13:17

Gusubira mu vyagezwe 34:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:15; Ivk 3:22; 7:37
  • +Kv 33:11, 20; Gh 12:8

Gusubira mu vyagezwe 34:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:34; Zb 78:43

Gusubira mu vyagezwe 34:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:19; Gus 26:8; Lk 24:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 34:1Gh 27:12; Gus 32:49
Gus. 34:1Gh 21:20; Gus 3:27
Gus. 34:1Gh 36:13
Gus. 34:1Yos 19:47; Abc 18:29
Gus. 34:2Kv 23:31; Gh 34:6; Gus 11:24
Gus. 34:3Yos 15:1
Gus. 34:3It 13:10; 1Bm 7:46
Gus. 34:32Ng 28:15
Gus. 34:3It 19:22; Yes 15:5
Gus. 34:4It 12:7; 26:3; 28:13
Gus. 34:4Gh 20:12; Gus 32:52
Gus. 34:5Gh 12:7; Mal 4:4
Gus. 34:5Gus 32:50; Yos 1:2
Gus. 34:6Gus 3:29
Gus. 34:6Ivk 2:31; Yud 9
Gus. 34:7Gus 31:2; Ivk 7:23, 30, 36
Gus. 34:7It 27:1; 48:10
Gus. 34:7Yos 14:11
Gus. 34:8Gh 20:29
Gus. 34:9Abc 3:10; 6:34; 1Bm 3:12
Gus. 34:9Gh 27:18; Gus 31:14; Ivk 6:6; 1Tm 4:14
Gus. 34:9Gh 27:21; Yos 1:16; Heb 13:17
Gus. 34:10Gus 18:15; Ivk 3:22; 7:37
Gus. 34:10Kv 33:11, 20; Gh 12:8
Gus. 34:11Gus 4:34; Zb 78:43
Gus. 34:12Kv 3:19; Gus 26:8; Lk 24:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 34:1-12

Gusubira mu vyagezwe

34 Maze Musa araduga avuye mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu aja ku musozi Nebo+, kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Hanyuma Yehova amwereka nya gihugu cose: kuva i Gileyadi gushika i Dani+, 2 na Nafutali yose be n’igihugu ca Efurayimu na Manase n’igihugu cose ca Yuda gushika ku kiyaga co mu burengero+, 3 na Negebu+ n’intara+ ya Yorodani, ikiyaya c’umubande c’i Yeriko, ca gisagara c’ibigazi+, gushika i Zowari+.

4 Maze Yehova amubwira ati: “Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nti: ‘Uruvyaro* rwawe ni rwo nzogiha+.’ Ndakikweretse ngo ukibone n’amaso yawe bwite, kuko utazojabuka ngo ujeyo+.”

5 Inyuma y’ivyo Musa umusavyi wa Yehova+ apfira ng’aho mu gihugu ca Mowabu, kw’itegeko rya Yehova+. 6 Hanyuma amuhamba mu mubande mu gihugu ca Mowabu imbere ya Beti-peyori+, kandi nta wigeze amenya imva yiwe gushika n’uyu musi+. 7 Kandi Musa yari afise imyaka ijana na mirongo ibiri igihe yapfa+. Amaso yiwe ntiyari bwabone ivyijiji+, n’inkomezi ziwe ntizari bwamuveko+. 8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira.

9 Kandi Yosuwa mwene Nuni yari yuzuye impwemu y’ubukerebutsi+, kuko Musa yari yamurambitseko ikiganza+. Bene Isirayeli batangura kumwumviriza, baraheza bakora nk’uko Yehova yari yategetse Musa+. 10 Mugabo ntiharigera hongera guhaguruka muri Isirayeli umuhanuzi ameze nka Musa+, uwo Yehova yari azi amaso mu yandi+, 11 ku bijanye na vya bimenyetso vyose na vya bitangaro Yehova yamutuma gukora mu gihugu ca Misiri abikorera Farawo n’abasavyi biwe bose n’igihugu ciwe cose+, 12 no ku biraba ca kiganza gikomeye cose na bwa bubasha bukomeye kandi buteye akoba Musa yakoresha mu maso ya Isirayeli yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika