ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 28:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:2; Hs 7:11

Yesaya 28:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:17, 20
  • +Yb 38:22; Yes 28:17; Ezk 13:11
  • +Yes 29:6; Nah 1:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 3

Yesaya 28:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:10; Int 1:15

Yesaya 28:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:10
  • +Yr 24:2; Nah 3:12; Ivh 6:13

Yesaya 28:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:15, 23; 62:3
  • +Yes 35:2
  • +Yes 11:16; Rm 11:5

Yesaya 28:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:17; 1Bm 3:28; Zb 72:1; Yes 11:2
  • +Zb 18:34; 68:35; Fp 4:13

Yesaya 28:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:31; 23:13
  • +2Bm 16:10

Yesaya 28:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:26

Yesaya 28:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 5:14
  • +Yes 6:10
  • +Hs 4:6; Mt 15:8, 9

Yesaya 28:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:13; Yes 28:17; Int 2:8

Yesaya 28:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 14:21
  • +Gus 28:49; Yr 5:15
  • +Dn 1:4

Yesaya 28:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 81:11; Yr 44:16

Yesaya 28:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:13; Yes 28:17; Int 2:8
  • +2Ng 36:16; Yes 8:15

Yesaya 28:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 1:10

Yesaya 28:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:18
  • +Ezk 13:16
  • +Yes 31:1, 3
  • +Yes 30:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2003, rup. 13-14

Yesaya 28:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 12:22; Ivh 14:1
  • +Zb 118:22; Rm 9:33; 1Pt 2:6
  • +Heb 2:10; 5:9
  • +Mt 21:42; Mr 12:10; Lk 20:17; Ivk 4:11
  • +Yes 51:16; Mt 16:18; 1Kr 3:11; Ef 2:20
  • +Rm 9:33; 10:11; 1Pt 2:6

Yesaya 28:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:13
  • +Zb 9:8; 35:24; Yr 11:20
  • +Yes 28:2
  • +2Bm 18:21; Yes 31:1, 3; Yr 43:11
  • +Yr 42:14; 43:7; Ezk 17:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 3, 6-7

Yesaya 28:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 5:14
  • +Yes 28:15
  • +Yes 8:8; Yr 47:2
  • +2Bm 18:13

Yesaya 28:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:1
  • +2Bm 21:12; Yr 19:3; Hab 3:16

Yesaya 28:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:20; 1Ng 14:11
  • +Yos 10:10; 1Ng 14:16
  • +Int 2:15; Hab 1:5

Yesaya 28:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 30:10; 36:16; Yr 20:7
  • +Yes 10:23
  • +Yes 24:1

Yesaya 28:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:5; 103:9; Mik 7:18
  • +Yr 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2001, rup. 22

Yesaya 28:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Sayiri” ni igiterwa kimeze nk’ingano.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:23
  • +Ezk 4:9
  • +Lw 19:19
  • +Kv 9:32; Ezk 4:9
  • +Lw 19:9, 10; 23:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2001, rup. 22

Yesaya 28:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:24; Heb 12:6, 11
  • +Zb 119:71

Yesaya 28:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:15; Am 1:3
  • +Yes 10:5

Yesaya 28:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:10; 1Kr 9:9
  • +Zb 103:9; Mik 7:18
  • +Lw 26:44; Yes 10:20

Yesaya 28:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 12:9
  • +Zb 40:5; Yr 32:19; Rm 11:33

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 28:1Yes 7:2; Hs 7:11
Yes. 28:2Yes 7:17, 20
Yes. 28:2Yb 38:22; Yes 28:17; Ezk 13:11
Yes. 28:2Yes 29:6; Nah 1:8
Yes. 28:3Yes 25:10; Int 1:15
Yes. 28:4Yak 1:10
Yes. 28:4Yr 24:2; Nah 3:12; Ivh 6:13
Yes. 28:5Yes 24:15, 23; 62:3
Yes. 28:5Yes 35:2
Yes. 28:5Yes 11:16; Rm 11:5
Yes. 28:6Gh 11:17; 1Bm 3:28; Zb 72:1; Yes 11:2
Yes. 28:6Zb 18:34; 68:35; Fp 4:13
Yes. 28:7Yr 5:31; 23:13
Yes. 28:72Bm 16:10
Yes. 28:8Yr 48:26
Yes. 28:9Heb 5:14
Yes. 28:9Yes 6:10
Yes. 28:9Hs 4:6; Mt 15:8, 9
Yes. 28:102Bm 21:13; Yes 28:17; Int 2:8
Yes. 28:111Kr 14:21
Yes. 28:11Gus 28:49; Yr 5:15
Yes. 28:11Dn 1:4
Yes. 28:12Zb 81:11; Yr 44:16
Yes. 28:132Bm 21:13; Yes 28:17; Int 2:8
Yes. 28:132Ng 36:16; Yes 8:15
Yes. 28:14Hab 1:10
Yes. 28:15Yes 28:18
Yes. 28:15Ezk 13:16
Yes. 28:15Yes 31:1, 3
Yes. 28:15Yes 30:10
Yes. 28:16Heb 12:22; Ivh 14:1
Yes. 28:16Zb 118:22; Rm 9:33; 1Pt 2:6
Yes. 28:16Heb 2:10; 5:9
Yes. 28:16Mt 21:42; Mr 12:10; Lk 20:17; Ivk 4:11
Yes. 28:16Yes 51:16; Mt 16:18; 1Kr 3:11; Ef 2:20
Yes. 28:16Rm 9:33; 10:11; 1Pt 2:6
Yes. 28:172Bm 21:13
Yes. 28:17Zb 9:8; 35:24; Yr 11:20
Yes. 28:17Yes 28:2
Yes. 28:172Bm 18:21; Yes 31:1, 3; Yr 43:11
Yes. 28:17Yr 42:14; 43:7; Ezk 17:15
Yes. 28:18Rm 5:14
Yes. 28:18Yes 28:15
Yes. 28:18Yes 8:8; Yr 47:2
Yes. 28:182Bm 18:13
Yes. 28:19Yes 24:1
Yes. 28:192Bm 21:12; Yr 19:3; Hab 3:16
Yes. 28:212Sm 5:20; 1Ng 14:11
Yes. 28:21Yos 10:10; 1Ng 14:16
Yes. 28:21Int 2:15; Hab 1:5
Yes. 28:222Ng 30:10; 36:16; Yr 20:7
Yes. 28:22Yes 10:23
Yes. 28:22Yes 24:1
Yes. 28:24Zb 30:5; 103:9; Mik 7:18
Yes. 28:24Yr 4:3
Yes. 28:25Mt 23:23
Yes. 28:25Ezk 4:9
Yes. 28:25Lw 19:19
Yes. 28:25Kv 9:32; Ezk 4:9
Yes. 28:25Lw 19:9, 10; 23:22
Yes. 28:26Yr 10:24; Heb 12:6, 11
Yes. 28:26Zb 119:71
Yes. 28:27Yes 41:15; Am 1:3
Yes. 28:27Yes 10:5
Yes. 28:28Yes 21:10; 1Kr 9:9
Yes. 28:28Zb 103:9; Mik 7:18
Yes. 28:28Lw 26:44; Yes 10:20
Yes. 28:29Heb 12:9
Yes. 28:29Zb 40:5; Yr 32:19; Rm 11:33
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 28:1-29

Yesaya

28 Ruragowe urugori ruminuje rw’imborerwa za Efurayimu+, be n’ishurwe rikabiranye ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera w’abatsindwa n’umuvinyu! 2 Raba! Yehova arafise umuntu akomeye kandi yuzuye ingoga+. Nka kurya kw’ikirura gituragara c’urubura+, ikirura gitema kigatongora, nka kurya kw’ikirura gituragara c’amazi akomeye+, asegenyuka, ntazobura guta hasi n’inguvu. 3 Ingori ziminuje z’imborerwa za Efurayimu zizokandagirwa+ n’ibirenge. 4 Kandi ishurwe rikabirana+ ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera ritegerezwa gucika nk’insukoni ya kare+ imbere y’ici, iyo umubonyi abona, mu gihe ikiri mu kiganza ciwe, akayimira miyonzwa.

5 Kuri uwo musi Yehova nyen’ingabo azocika nk’urugori rw’ugushaza+, nk’igitsibo c’amashurwe+ ku basigaye+ b’igisata ciwe, 6 nk’impwemu y’ubutungane ku wicaye mu rubanza+, nk’ubushobozi ku bigizayo urugamba rukava mw’irembo+.

7 Kandi abo na bo nyene—kubera umuvinyu barazimiye, kandi kubera inzoga iboreza barayerereye. Umuherezi be n’umuhanuzi+—barazimiye kubera inzoga iboreza, baravurunganye bivuye ku muvinyu, barayerereye+ bivuye ku nzoga iboreza; barazimiye mu kubona kwabo, barazungazunze ku bijanye n’ingingo. 8 Kuko imeza zose zuzuye ibidahwe vy’umucafu+—nta ho bitari.

9 Ni nde bazokwigisha ubumenyi+, kandi ni nde bazotuma ategera ivyumviswe+? Mbega ni abacukijwe bagakurwa ku maberebere, abakuwe kw’ibere+? 10 Kuko ari “ibwirizwa kw’ibwirizwa, ibwirizwa kw’ibwirizwa, ikamba yo gupimisha kw’ikamba yo gupimisha, ikamba yo gupimisha kw’ikamba yo gupimisha, aha dukeyi, harya dukeyi+.” 11 Kuko azobwira iki gisata+ biciye ku bagigimiza n’iminwa yabo+ no ku rurimi rumeze ukundi+, 12 abo yabwiye ati: “Aha ni ho hantu h’ukuruhukira. Nimuhe akaruhuko uwurushe. Kandi aha ni ho hantu ho kumerererwa neza,” mugabo ntibashake kwumva+. 13 Kandi kuri bo ijambo rya Yehova ntirizobura gucika “ibwirizwa kw’ibwirizwa, ibwirizwa kw’ibwirizwa, ikamba yo gupimisha kw’ikamba yo gupimisha, ikamba yo gupimisha kw’ikamba yo gupimisha+, aha dukeyi, harya dukeyi,” kugira ngo bagende, batsitare koko amasubiranyuma, bavunwe koko, bafatwe n’umutego, bacakirwe+.

14 Nimwumve rero ijambo rya Yehova, mwa bantu b’abirasi, mwa batware+ b’aba bantu bari i Yeruzalemu: 15 Kubera ko mwavuze muti: “Twaragiranye isezerano na Rupfu+; kandi twe na Kuzimu twaragize ico tubona+; isegenya rikukumura ry’umwuzure niryaramuka rirenganye, ntirizodushikīra, kuko twagize ikinyoma ubuhungiro bwacu+, twihisha mu bubeshi+”; 16 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndiko nshira i Siyoni+ ibuye+ ryo kuba umushinge, ibuye ryageragejwe+, imfuruka y’agaciro+ y’umushinge udakekeranywa+. Nta n’umwe aryizera azota umutwe+. 17 Kandi nzogira ubutungane ikamba yo gupimisha+, ubugororotsi+ ndabugire ikiringanisho; emwe, urubura+ ruzokukumura ubuhungiro bw’ikinyoma+, kandi amazi azosegenyukira mu bwihisho+. 18 Isezerano mwasezeranye na Rupfu rizozimanganywa+, kandi ico mwaboneye hamwe na Kuzimu ntikizorama+. Rya segenya rikukumura kandi risesekaye niryarengana+—muzotegerezwa kandi kuribera aho guhonyanga+. 19 Igihe cose rizorengana, rizobatwara+, kuko rizorengana uko bukeye, ku murango no mw’ijoro; kandi nta kindi rizocika atari imvo y’uguhinda agashitsi+ kugira ngo abandi bategere ivyumviswe.”

20 Kuko uburiri bubaye bugufi cane ntibishoboke ko umuntu abwirambikako, n’ishuka y’injishano iraga cane igihe umuntu ayizingīramwo. 21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+. 22 None rero, ntimube abashinyūzi+, kugira ngo imizana yanyu ntikomere, kuko hariho agatikizo, mbere ikintu capfunditswe, ico numvise ku Mukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, kiraba igihugu cose+.

23 Nimutege ugutwi, mwumvirize ijwi ryanje; nimutege yompi, mwumvirize ijambo ryanje. 24 Mbega umurimyi arima umusi wose+ kugira ngo atere imbuto, akavyura akongera agasiza ubutaka bwiwe+? 25 Mbega, iyo yaringanije uburinganire bwabwo, ntaca asanzaza kumino yirabura akamijagira kumino+? Mbega ntategerezwa gushira ingano, amasaka+ na sayiri* ahantu hashinzwe+, agashiraho na kusemeti+ bwa rubibe rwiwe+? 26 Kandi umuntu amukosora+ hisunzwe ibigororotse. Imana yiwe ni yo imwigisha+. 27 Kuko kumino yirabura idahonyangishwa igisekuzo+; kandi nta kurudumu y’umukogote izungurukirizwa kuri kumino. Kuko mu bisanzwe kumino yirabura ikubitishwa inkoni+, kumino na yo ikibando. 28 Mbega mu bisanzwe ibivamwo umukate birajanjagurwa? Kuko umuntu ataguma abihonyanga+ ubudahengeshanya+. Kandi ategerezwa kuzungurutsa igihini c’umukogote wiwe, n’amafarasi yiwe y’imbangutsi, mugabo ntazobijanjagura+. 29 Ibi na vyo nyene ni ivyaje biva kuri Yehova nyen’ingabo ubwiwe+, uwabaye agatangaza mu mpanuro, uwakoze ibihambaye mu gikorwa kiri n’ico kivamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika