ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 24
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 24:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:12; Est 2:6; Ezk 19:9
  • +2Bm 24:6; 1Ng 3:16; Yr 22:24
  • +2Bm 24:16
  • +Yr 29:2

Yeremiya 24:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:4; Hs 9:10

Yeremiya 24:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 24:8

Yeremiya 24:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:10
  • +Yr 25:11

Yeremiya 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 16:9; 1Pt 3:12
  • +Ezr 1:3; Yr 12:15; 23:3; 29:10; Ezk 36:24
  • +Yr 1:10; 30:18; 32:41; 33:7

Yeremiya 24:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:6; Yr 31:33; Ezk 11:19
  • +Yr 30:22; 32:38; Ezk 14:11; Zk 8:8; Heb 8:10
  • +1Bm 8:48; Yr 29:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 8-9

Yeremiya 24:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:17
  • +2Bm 25:7; Ezk 12:13
  • +Lw 26:39
  • +Yr 43:7; 44:1; 46:13

Yeremiya 24:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:4; 34:17
  • +Gus 28:37; 1Bm 9:7; 2Ng 7:20; Zb 44:13
  • +Gus 28:15; 29:27; Yr 26:6; 29:22
  • +Gus 28:64; Yr 29:18

Yeremiya 24:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 9:16
  • +Yr 14:15; 15:2
  • +Gus 28:59; Ezk 7:15
  • +Gus 28:63

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 24:12Bm 24:12; Est 2:6; Ezk 19:9
Yer. 24:12Bm 24:6; 1Ng 3:16; Yr 22:24
Yer. 24:12Bm 24:16
Yer. 24:1Yr 29:2
Yer. 24:2Yes 28:4; Hs 9:10
Yer. 24:3Yr 24:8
Yer. 24:5Yr 29:10
Yer. 24:5Yr 25:11
Yer. 24:62Ng 16:9; 1Pt 3:12
Yer. 24:6Ezr 1:3; Yr 12:15; 23:3; 29:10; Ezk 36:24
Yer. 24:6Yr 1:10; 30:18; 32:41; 33:7
Yer. 24:7Gus 30:6; Yr 31:33; Ezk 11:19
Yer. 24:7Yr 30:22; 32:38; Ezk 14:11; Zk 8:8; Heb 8:10
Yer. 24:71Bm 8:48; Yr 29:13
Yer. 24:8Yr 29:17
Yer. 24:82Bm 25:7; Ezk 12:13
Yer. 24:8Lw 26:39
Yer. 24:8Yr 43:7; 44:1; 46:13
Yer. 24:9Yr 15:4; 34:17
Yer. 24:9Gus 28:37; 1Bm 9:7; 2Ng 7:20; Zb 44:13
Yer. 24:9Gus 28:15; 29:27; Yr 26:6; 29:22
Yer. 24:9Gus 28:64; Yr 29:18
Yer. 24:10Lw 26:33; Yr 9:16
Yer. 24:10Yr 14:15; 15:2
Yer. 24:10Gus 28:59; Ezk 7:15
Yer. 24:10Gus 28:63
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 24:1-10

Yeremiya

24 Nuko Yehova aranyereka, maze mbona ibisimbo bibiri vy’insukoni biteretse imbere y’urusengero rwa Yehova, inyuma y’aho Nebukadirezari umwami wa Babiloni ajaniye mu bunyagano Yekoniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, n’abaganwa ba Yuda n’abahinguzi b’utugenegene+ n’abubatsi b’ibibambazi, abakuye i Yeruzalemu kugira ngo abajane i Babiloni+. 2 Igisimbo kimwe carimwo insukoni nziza cane, nk’insukoni za kare+; ikindi gisimbo na co carimwo insukoni mbi cane, ku buryo zitashobora kuribwa kubera ububi bwazo.

3 Nuko Yehova ambwira ati: “Ubona iki ga Yeremiya?” Nanje nti: “Insukoni, insukoni nziza zikaba ari nziza cane, insukoni mbi na zo zikaba ari mbi cane, ku buryo zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+.”

4 Maze ijambo rya Yehova rinzako riti: 5 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Nk’izo nsukoni nziza, ni ko nzobona neza+ abagizwe inyagano ba Yuda, abo nzokwirukana aha hantu bakaja mu gihugu c’Abakaludaya+. 6 Nzobashinga ijisho ngo ndabagirire neza+, kandi nzobagarukana koko muri iki gihugu+. Nzobubaka, sinzobasambura; nzobateragira, sinzobarandura+. 7 Nzobaha umutima kugira bamenye jewe+, bamenye yuko jewe ndi Yehova; kandi bazoba koko abantu banje+, nanje mbe Imana yabo, kuko bazongarukako n’umutima wabo wose+.

8 “‘Kandi nk’izo nsukoni mbi zidashobora kuribwa kubera ububi bwazo+, ibi ni vyo mu vy’ukuri Yehova avuze: “Ukwo ni ko nzotanga Zedekiya+ umwami wa Yuda n’abaganwa biwe n’amasigarira ya Yeruzalemu asigaye muri iki gihugu+ n’ababa mu gihugu ca Misiri+— 9 egome, nzobatanga babe akajugumiza, bashikirwe n’ivyago, mu bwami bwose bwo mw’isi+, babe iceyi n’iciro ry’umugani, babe akamenyo+ n’umuvumo+, ahantu hose nzobashwiragiriza+. 10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika