ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:25; Img 15:22

1 Ngoma 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:7
  • +Kv 29:9
  • +Gh 3:6; 16:10; 1Ng 15:2
  • +Gh 35:2; 1Ng 6:54

1 Ngoma 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 7:2
  • +1Sm 14:18

1 Ngoma 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:36

1 Ngoma 13:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:3
  • +Gh 34:5; Yos 13:3
  • +Gh 34:8; Zk 9:2
  • +1Sm 6:21
  • +1Sm 7:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 10-11

1 Ngoma 13:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:9, 60
  • +Kv 25:22; Gh 7:89; 1Sm 4:4; 2Sm 6:2; 2Bm 19:15

1 Ngoma 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 37:5; 1Sm 6:7
  • +2Sm 6:3

1 Ngoma 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:5
  • +2Ng 23:18
  • +1Ng 25:1
  • +1Sm 10:5
  • +Kv 15:20
  • +2Ng 5:13

1 Ngoma 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:6
  • +Img 11:2; 13:10

1 Ngoma 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 4:15
  • +Lw 10:2; 2Sm 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2005, rup. 26-27

1 Ngoma 13:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “aturikiye kuri.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 11

1 Ngoma 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:20
  • +2Sm 6:9

1 Ngoma 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:10
  • +Yos 21:24

1 Ngoma 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:11
  • +It 30:27; 39:5; 1Ng 26:5; Img 3:10; 10:22; Mal 3:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 13:11Ng 15:25; Img 15:22
1 Ngo. 13:21Bm 12:7
1 Ngo. 13:2Kv 29:9
1 Ngo. 13:2Gh 3:6; 16:10; 1Ng 15:2
1 Ngo. 13:2Gh 35:2; 1Ng 6:54
1 Ngo. 13:31Sm 7:2
1 Ngo. 13:31Sm 14:18
1 Ngo. 13:42Sm 3:36
1 Ngo. 13:51Ng 15:3
1 Ngo. 13:5Gh 34:5; Yos 13:3
1 Ngo. 13:5Gh 34:8; Zk 9:2
1 Ngo. 13:51Sm 6:21
1 Ngo. 13:51Sm 7:1
1 Ngo. 13:6Yos 15:9, 60
1 Ngo. 13:6Kv 25:22; Gh 7:89; 1Sm 4:4; 2Sm 6:2; 2Bm 19:15
1 Ngo. 13:7Kv 37:5; 1Sm 6:7
1 Ngo. 13:72Sm 6:3
1 Ngo. 13:82Sm 6:5
1 Ngo. 13:82Ng 23:18
1 Ngo. 13:81Ng 25:1
1 Ngo. 13:81Sm 10:5
1 Ngo. 13:8Kv 15:20
1 Ngo. 13:82Ng 5:13
1 Ngo. 13:92Sm 6:6
1 Ngo. 13:9Img 11:2; 13:10
1 Ngo. 13:10Gh 4:15
1 Ngo. 13:10Lw 10:2; 2Sm 6:7
1 Ngo. 13:112Sm 6:8
1 Ngo. 13:12Zb 119:20
1 Ngo. 13:122Sm 6:9
1 Ngo. 13:132Sm 6:10
1 Ngo. 13:13Yos 21:24
1 Ngo. 13:142Sm 6:11
1 Ngo. 13:14It 30:27; 39:5; 1Ng 26:5; Img 3:10; 10:22; Mal 3:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 13:1-14

1 Ngoma

13 Nuko Dawidi aja inama n’abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana be n’indongozi+ zose; 2 hanyuma Dawidi abwira ishengero rya Isirayeli ryose ati: “Nimba bibabereye vyiza kandi bikaba vyemerwa kuri Yehova Imana yacu, dutume intumwa kuri bene wacu basigaye mu turere twose twa Isirayeli+ no ku baherezi+ be n’Abalewi+ bari mu bisagara vyabo+ bifise amatongo y’uburagiriro, kugira ngo bakoranire aho turi. 3 Maze tuzane hafi yacu isandugu+ y’Imana yacu.” Kuko batari barayitayeho mu misi ya Sauli+. 4 Nuko ishengero ryose rivuga ko bigirwa gutyo, kuko ico kintu caboneka ko kibereye mu maso y’abantu bose+. 5 Dawidi akoranya+ rero Isirayeli yose, kuva ku ruzi rwa Misiri+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, kugira ngo bazane isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye i Kiriyati-yeyarimu+.

6 Maze Dawidi na Isirayeli yose baduga i Bayala+, i Kiriyati-yeyarimu, ahegukira Yuda, kugira ngo bakureyo isandugu y’Imana y’ukuri, Yehova, uwicara ku bakerubi*+, iyitirirwa izina ryiwe. 7 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+ bayikuye mu nzu ya Abinadabu, Uza na Ahiyo+ bakaba ari bo bari bayoboye uwo mukogote. 8 Dawidi na Isirayeli yose bariko bahimbaza+ ico kintu imbere y’Imana y’ukuri n’inkomezi zose, n’indirimbo+, n’inanga+, n’ibicurarangisho vy’imirya+, n’utugoma+, n’ivyuma bisāma be n’inzumbete+. 9 Amaherezo bashika ku mbuga y’ikubitiro ya Kidoni+, maze Uza atuma ukuboko kugira ngo afate nya Sandugu+, kuko amashūri yari ahatswe kuyitembagaza. 10 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Uza ku buryo amugarika, kuko yari atumye ukuboko kuri nya Sandugu+, apfira ng’aho nyene imbere y’Imana+. 11 Maze Dawidi ashavuzwa+ n’uko Yehova yari arandamuye* Uza; aho hantu rero bahita Perezi-uza gushika n’uyu musi.

12 Nuko uwo musi Dawidi atinya Imana y’ukuri+, avuga ati: “Nzozana gute iwanje isandugu y’Imana y’ukuri+?” 13 Dawidi ntiyimurira nya Sandugu iwe, mu Gisagara ca Dawidi, mugabo ayikebereza mu nzu ya Obedi-edomu+ Umugiti+. 14 Nya sandugu y’Imana y’ukuri ibandanya kubana n’urugo rwa Obedi-edomu, mu nzu yiwe+, amezi atatu; kandi Yehova yaguma ahezagira+ urugo rwa Obedi-edomu n’ivyiwe vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika