ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 28:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:28; Yos 23:2
  • +1Ng 27:16
  • +1Ng 27:1
  • +Kv 18:25; 1Sm 8:12
  • +Gus 1:15
  • +1Ng 27:25
  • +1Ng 27:29
  • +2Sm 3:2; 1Ng 3:5
  • +1Sm 8:15
  • +1Ng 11:10

1 Ngoma 28:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:17; Zb 132:5
  • +Zb 132:7
  • +1Ng 22:3

1 Ngoma 28:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:13; 1Bm 5:3; 1Ng 17:4
  • +1Ng 22:8

1 Ngoma 28:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:1
  • +1Sm 16:13; 2Sm 7:8; Zb 89:20
  • +It 49:10; 1Ng 5:2; Zb 60:7
  • +Rs 4:22
  • +1Sm 16:11
  • +1Sm 13:14; 16:12

1 Ngoma 28:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:2; 1Ng 3:5
  • +1Ng 22:9
  • +1Ng 17:14; 2Ng 1:8

1 Ngoma 28:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:13
  • +1Ng 17:13
  • +2Sm 7:14

1 Ngoma 28:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 17:14; Zb 72:8
  • +1Bm 6:12
  • +Gus 12:1

1 Ngoma 28:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 3:15
  • +1Tm 5:21
  • +Gus 6:3

1 Ngoma 28:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:10; Yr 9:24; Heb 8:11
  • +Gus 10:12
  • +1Bm 8:61; 2Bm 20:3; Zb 101:2
  • +Zb 37:4; 73:25
  • +1Sm 16:7; 1Ng 29:17; Img 17:3; Ivh 2:23
  • +It 6:5; Gus 31:21; Zb 139:2
  • +2Ng 15:2; Mt 7:7; Heb 11:6; Yak 4:8
  • +2Ng 15:2; Ezr 8:22
  • +Gus 31:17; Zb 73:27; Yes 1:28; Heb 10:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 58

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2015, rup. 14

    1/11/2010, rup. 30

    15/10/2008, rup. 7

    15/2/2005, rup. 19

    Niwiyegereze, rup. 242

1 Ngoma 28:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:16

1 Ngoma 28:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 8:5
  • +2Ng 3:4
  • +1Ng 26:24
  • +1Bm 6:5
  • +Lw 16:2; 1Bm 6:19

1 Ngoma 28:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:2; Heb 8:5
  • +1Bm 6:36; 7:12
  • +1Ng 9:26
  • +1Ng 26:20

1 Ngoma 28:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:1

1 Ngoma 28:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 9:29

1 Ngoma 28:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 4:7

1 Ngoma 28:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 4:8, 19

1 Ngoma 28:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:15
  • +1Bm 7:50

1 Ngoma 28:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:48
  • +Zb 18:10
  • +Kv 25:20; 1Sm 4:4; 1Bm 6:23; Zb 80:1

1 Ngoma 28:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:40
  • +1Ng 28:11

1 Ngoma 28:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 1:6; 2Kr 5:6
  • +Gus 31:6; 1Ng 22:13
  • +Yos 1:9
  • +Gus 31:8; Rm 8:31
  • +Yos 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 28-29, 32

1 Ngoma 28:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:1
  • +1Ng 24:20; 25:1
  • +Kv 35:26; 36:2; Zb 110:3
  • +Kv 36:1
  • +1Ng 22:17; 28:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 28:1Gus 31:28; Yos 23:2
1 Ngo. 28:11Ng 27:16
1 Ngo. 28:11Ng 27:1
1 Ngo. 28:1Kv 18:25; 1Sm 8:12
1 Ngo. 28:1Gus 1:15
1 Ngo. 28:11Ng 27:25
1 Ngo. 28:11Ng 27:29
1 Ngo. 28:12Sm 3:2; 1Ng 3:5
1 Ngo. 28:11Sm 8:15
1 Ngo. 28:11Ng 11:10
1 Ngo. 28:21Bm 8:17; Zb 132:5
1 Ngo. 28:2Zb 132:7
1 Ngo. 28:21Ng 22:3
1 Ngo. 28:32Sm 7:13; 1Bm 5:3; 1Ng 17:4
1 Ngo. 28:31Ng 22:8
1 Ngo. 28:41Sm 16:1
1 Ngo. 28:41Sm 16:13; 2Sm 7:8; Zb 89:20
1 Ngo. 28:4It 49:10; 1Ng 5:2; Zb 60:7
1 Ngo. 28:4Rs 4:22
1 Ngo. 28:41Sm 16:11
1 Ngo. 28:41Sm 13:14; 16:12
1 Ngo. 28:52Sm 3:2; 1Ng 3:5
1 Ngo. 28:51Ng 22:9
1 Ngo. 28:51Ng 17:14; 2Ng 1:8
1 Ngo. 28:62Sm 7:13
1 Ngo. 28:61Ng 17:13
1 Ngo. 28:62Sm 7:14
1 Ngo. 28:71Ng 17:14; Zb 72:8
1 Ngo. 28:71Bm 6:12
1 Ngo. 28:7Gus 12:1
1 Ngo. 28:81Tm 3:15
1 Ngo. 28:81Tm 5:21
1 Ngo. 28:8Gus 6:3
1 Ngo. 28:9Zb 9:10; Yr 9:24; Heb 8:11
1 Ngo. 28:9Gus 10:12
1 Ngo. 28:91Bm 8:61; 2Bm 20:3; Zb 101:2
1 Ngo. 28:9Zb 37:4; 73:25
1 Ngo. 28:91Sm 16:7; 1Ng 29:17; Img 17:3; Ivh 2:23
1 Ngo. 28:9It 6:5; Gus 31:21; Zb 139:2
1 Ngo. 28:92Ng 15:2; Mt 7:7; Heb 11:6; Yak 4:8
1 Ngo. 28:92Ng 15:2; Ezr 8:22
1 Ngo. 28:9Gus 31:17; Zb 73:27; Yes 1:28; Heb 10:38
1 Ngo. 28:101Ng 22:16
1 Ngo. 28:11Heb 8:5
1 Ngo. 28:112Ng 3:4
1 Ngo. 28:111Ng 26:24
1 Ngo. 28:111Bm 6:5
1 Ngo. 28:11Lw 16:2; 1Bm 6:19
1 Ngo. 28:122Sm 23:2; Heb 8:5
1 Ngo. 28:121Bm 6:36; 7:12
1 Ngo. 28:121Ng 9:26
1 Ngo. 28:121Ng 26:20
1 Ngo. 28:131Ng 24:1
1 Ngo. 28:141Ng 9:29
1 Ngo. 28:152Ng 4:7
1 Ngo. 28:162Ng 4:8, 19
1 Ngo. 28:172Bm 25:15
1 Ngo. 28:171Bm 7:50
1 Ngo. 28:181Bm 7:48
1 Ngo. 28:18Zb 18:10
1 Ngo. 28:18Kv 25:20; 1Sm 4:4; 1Bm 6:23; Zb 80:1
1 Ngo. 28:19Kv 25:40
1 Ngo. 28:191Ng 28:11
1 Ngo. 28:20Yos 1:6; 2Kr 5:6
1 Ngo. 28:20Gus 31:6; 1Ng 22:13
1 Ngo. 28:20Yos 1:9
1 Ngo. 28:20Gus 31:8; Rm 8:31
1 Ngo. 28:20Yos 1:5
1 Ngo. 28:211Ng 24:1
1 Ngo. 28:211Ng 24:20; 25:1
1 Ngo. 28:21Kv 35:26; 36:2; Zb 110:3
1 Ngo. 28:21Kv 36:1
1 Ngo. 28:211Ng 22:17; 28:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 28:1-21

1 Ngoma

28 Maze Dawidi akoranya abaganwa+ bose ba Isirayeli, abaganwa+ b’imiryango n’abaganwa+ b’imice y’abakorera umwami, n’abakuru b’ibihumbi+ n’abakuru b’amajana+, n’abakuru b’ibintu+ vyose n’ibitungwa+ vy’umwami, n’abakuru b’abahungu biwe+ hamwe n’abakozi bo ku kirimba+ n’abagabo b’abanyenkomezi+, egome, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi, abakoraniriza i Yeruzalemu. 2 Maze Dawidi umwami arahaguruka hanyuma avuga ati:

“Nimunyumve, bene wacu kandi bantu banje. Jewe naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira isandugu y’isezerano rya Yehova inzu y’uburuhukiro, ngo ibe intebe y’ibirenge+ vy’Imana yacu, kandi nari naragize imyiteguro yo kwubaka+. 3 Maze Imana y’ukuri ubwayo imbwira iti: ‘Ntuzokwubakira inzu izina ryanje+, kuko uri umurwanyi kandi ukaba waravishije amaraso+.’ 4 Yehova Imana ya Isirayeli yarantoye rero mu nzu yose ya dawe+ ngo mbe umwami+ wa Isirayeli gushika igihe kitagira urugero; kuko Yuda ari we yatoye ngo abe indongozi+, kandi mu nzu ya Yuda agatora inzu ya dawe+, kandi mu bahungu ba dawe+ akaba ari jewe yashimye+ ngo angire umwami wa Isirayeli yose; 5 mu bahungu banje bose na ho (kuko abahungu Yehova yampaye ari benshi+), yatoye rero Salomo+ umuhungu wanje ngo yicare ku ntebe y’ubwami+ y’ingoma ya Yehova kugira aganze Isirayeli.

6 “Vyongeye, yambwiye ati: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azokwubaka inzu yanje+ n’ibigo vyanje; kubera ko namutoye ngo abe umwana wanje+, nanje nzoba se+. 7 Nzoshimangira koko ingoma yiwe+ gushika igihe kitagira urugero niyiyemeza rwose gushitsa amabwirizwa yanje+ n’ingingo z’ubutungane zanje+, nk’uko biri uyu musi.’ 8 Ubu rero, mu maso ya Isirayeli yose, ari ryo shengero rya Yehova+, no mu matwi y’Imana yacu+, nimwitwararike mwongere murondere amabwirizwa yose ya Yehova Imana yanyu, kugira ngo mwigabire iki gihugu ciza+ kandi muze mukirage koko bwa ntoranwa abahungu banyu mu nyuma zanyu gushika igihe kitagira urugero.

9 “Nawe Salomo mwananje, umenye+ Imana ya so kandi uyikorere+ n’umutima ukwiye+ be n’umutima uhimbawe+; kuko Yehova asesa imitima yose+ kandi akamenya impengamiro yose y’ivyiyumviro+. Niwamurondera, azoreka umuronke+; mugabo niwamuheba+, azogushibura ibihe bidahera+. 10 Nubirabe rero, kuko Yehova ubwiwe yagutoye ngo wubake inzu kugira ngo ibe aheranda. Gira umutima rugabo, ukore+.”

11 Nuko Dawidi aha Salomo umuhungu wiwe umugero w’ubwubatsi+ w’ibaraza+, n’uw’amazu y’iryo baraza n’ivyumba vy’ubushinguro+ vyarwo n’ivyumba vyo hejuru+ vyarwo n’ivyumba vyarwo vy’imbere vyijimye n’inzu ya wa murumyo w’impongano*+; 12 egome, umugero w’ubwubatsi w’ikintu cose yari yarahishuriwe biciye ku guhumekerwa+, ku bijanye n’ibigo+ vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’ivyumba vy’uburiro+ vyose vyari irya n’ino, ku bijanye n’amatunga y’inzu y’Imana y’ukuri no ku bijanye n’amatunga y’ibintu vyagizwe vyeranda+; 13 amuha n’ubuyobozi ku bijanye n’imice+ y’abaherezi n’iy’Abalewi no ku bijanye n’umurimo wose w’igikorwa c’inzu ya Yehova no ku bijanye n’ibikoresho vyose vy’igikorwa c’inzu ya Yehova; 14 amubwira n’uburemere bw’inzahabu, inzahabu y’ibikoresho vyose bigenewe ibikorwa bitandukanye, n’uburemere bw’ifeza y’ibikoresho vyose vy’ifeza, ibikoresho+ vyose bigenewe ibikorwa bitandukanye; 15 n’uburemere bw’inzahabu y’ibitereko vy’amatara+ vy’inzahabu n’amatara yavyo y’inzahabu, nk’uko uburemere bw’ibitereko vy’amatara bitandukanye be n’amatara yavyo buri; ku bijanye n’ibitereko vy’amatara vy’ifeza, amubwira uburemere bw’ifeza y’igitereko c’amatara n’amatara yaco, nk’uko igikorwa c’ibitereko vy’amatara bitandukanye kiri; 16 amubwira n’uburemere bw’inzahabu igenewe imeza z’imikate igerekeranye+, ku bw’imeza zitandukanye, n’uburemere bw’ifeza igenewe imeza z’ifeza; 17 n’amakanya n’amabakure+ n’amakarabo vy’inzahabu itavanze, amubwira n’uburemere bw’inzahabu igenewe amabakure+ matomato y’inzahabu, ku bw’amabakure matomato atandukanye, amubwira n’uburemere bw’ifeza igenewe amabakure matomato y’ifeza, ku bw’amabakure matomato atandukanye; 18 n’uburemere bw’inzahabu ityoroye igenewe igicaniro c’imibavu+, amuha n’ishusho y’umukogote+, ari wo bakerubi+ b’inzahabu bo gusanza amababa bagakīngīra isandugu y’isezerano rya Yehova. 19 Nuko Dawidi avuga ati: “Yarampaye mu nyandiko+ ugutahura kwimbitse ku bijanye n’ico kintu cose, bivuye mu kuboko kwa Yehova kwari kuri jewe, egome, ugutahura kwimbitse ku bijanye n’ibikorwa vyose vy’uwo mugero w’ubwubatsi+.”

20 Dawidi abandanya kubwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Gira umutima rugabo+ kandi ukomere, ukore. Ntutinye+ canke ngo utekerwe n’ubwoba+, kuko Yehova Imana, Imana yanje, ari kumwe nawe+. Ntazoguta+ canke ngo aguhebe, gushika umurimo wose w’igikorwa c’inzu ya Yehova urangiye. 21 Kandi ng’iyi imice y’abaherezi+ n’iy’Abalewi+ ku bw’igikorwa cose co ku nzu y’Imana y’ukuri; kandi muri ico gikorwa cose uri kumwe n’umuntu wese w’umutima ukunze+ afise ubuhanga bukenewe ku bw’igikorwa+ cose, hamwe n’abaganwa+ be n’abantu bose bazoshitsa ivyo uzovuga vyose.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika