Kuvayo 32:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba rero ubababarira igicumuro cabo+. . ., atari ukwo na ho, ndakwinginze umpanagure+ mu gitabu cawe+ wanditse.” Zaburi 69:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nibahanagurwe mu gitabu c’abazima+,Kandi ntibandikwemwo hamwe n’abagororotsi+. Yesaya 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: abasigaye i Siyoni n’abasigajwe i Yeruzalemu bazovugwa ko ari beranda kuri we+, uwo wese yanditswe ku bw’ubuzima i Yeruzalemu+. Daniyeli 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Muri ico gihe Mikaheli+ azohaguruka, wa muganwa ahambaye+ ahagaze+ arwanira abana b’igisata cawe+. Kandi hazoba koko igihe c’amarushwa atari bwigere abaho kuva habaho ihanga gushika ico gihe+. Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka+, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu+. Abafilipi 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Egome, ndagusaba nawe nyene uwo dusangiye ingǒgo*+ w’ukuri, ugume usahiriza abo bagore bafatanije nanje+ kurwanira inkuru nziza, hamwe na Kelementi be n’abandi bakozi bagenzanje+, amazina yabo+ akaba ari mu gitabu c’ubuzima+. Abaheburayo 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+, Ivyahishuwe 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwutsinda+ azokwambikwa rero impuzu zo hejuru zera+; kandi sinzogenda mpanaguye izina ryiwe mu gitabu c’ubuzima+, mugabo nzokwemanga izina ryiwe imbere ya Data+ n’imbere y’abamarayika biwe+. Ivyahishuwe 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ababa kw’isi bose bazogisenga; nta n’umwe muri abo izina ryiwe ryanditswe mu muzingo+ w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama yicwa+, uhereye kw’ishingwa ry’isi+.
32 Nimba rero ubababarira igicumuro cabo+. . ., atari ukwo na ho, ndakwinginze umpanagure+ mu gitabu cawe+ wanditse.”
3 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: abasigaye i Siyoni n’abasigajwe i Yeruzalemu bazovugwa ko ari beranda kuri we+, uwo wese yanditswe ku bw’ubuzima i Yeruzalemu+.
12 “Muri ico gihe Mikaheli+ azohaguruka, wa muganwa ahambaye+ ahagaze+ arwanira abana b’igisata cawe+. Kandi hazoba koko igihe c’amarushwa atari bwigere abaho kuva habaho ihanga gushika ico gihe+. Kandi muri ico gihe abantu bawe bazorokoka+, uwo wese azosangwa yanditswe muri ca gitabu+.
3 Egome, ndagusaba nawe nyene uwo dusangiye ingǒgo*+ w’ukuri, ugume usahiriza abo bagore bafatanije nanje+ kurwanira inkuru nziza, hamwe na Kelementi be n’abandi bakozi bagenzanje+, amazina yabo+ akaba ari mu gitabu c’ubuzima+.
23 mw’ikoraniro rya bose+, be n’ishengero ry’imfura+ zanditswe+ mw’ijuru, n’Imana yo Mucamanza wa bose+, n’ubuzima bw’impwemu+ bw’abagororotsi bagizwe abatagira akanenge+,
5 Uwutsinda+ azokwambikwa rero impuzu zo hejuru zera+; kandi sinzogenda mpanaguye izina ryiwe mu gitabu c’ubuzima+, mugabo nzokwemanga izina ryiwe imbere ya Data+ n’imbere y’abamarayika biwe+.
8 Kandi ababa kw’isi bose bazogisenga; nta n’umwe muri abo izina ryiwe ryanditswe mu muzingo+ w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama yicwa+, uhereye kw’ishingwa ry’isi+.