ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gucura intimba 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gucura intimba 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 6:22
  • +1Bm 5:17; 7:9
  • +Yr 52:13

Gucura intimba 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:18
  • +Yes 30:14; Yr 19:11; 22:28; Int 5:12

Gucura intimba 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:29; Gus 28:53; Yr 19:9; Int 4:10
  • +Yb 39:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 10-11

Gucura intimba 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:15; Int 2:11
  • +Int 1:11; 2:12
  • +Yr 52:6

Gucura intimba 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 6:4, 7
  • +Yr 6:2
  • +Yb 2:8

Gucura intimba 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:24; Ezk 16:48
  • +It 19:25; Dn 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 106-108

Gucura intimba 4:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

  • *

    “Shelegi” ni ibintu vy’ibivunjivunji vyera cane bigwa nk’imvura.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:2; Abc 13:5
  • +Zb 51:7
  • +1Sm 16:12; Ind 5:10
  • +Yb 28:16

Gucura intimba 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:12
  • +Yb 19:20; 33:21; Zb 102:5

Gucura intimba 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 38:2
  • +Yr 29:17

Gucura intimba 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:29; Gus 28:55; Int 2:20; 4:3
  • +Gus 28:57; Yes 49:15; Int 3:48

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 154-155

Gucura intimba 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:20; 2Ng 36:16; Yr 6:11; 9:11; Ezk 22:31; Dn 9:12; Zk 1:6
  • +Lw 26:28; Yr 7:20
  • +Gus 32:22; 2Bm 25:9

Gucura intimba 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:24; 1Bm 9:8
  • +2Bm 25:10; Yr 52:13

Gucura intimba 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:31; 6:13; 14:14; 23:11; Int 2:14; Mik 3:11; Zf 3:4
  • +Yr 26:8; Mt 23:31; Lk 11:47; Ivk 7:52

Gucura intimba 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:10; Zf 1:17
  • +Gus 28:28; Yes 56:10; Mt 15:14
  • +Gh 35:33; Yes 1:15; Yr 2:34; Ezk 33:25; Hs 4:2
  • +Gh 19:16

Gucura intimba 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 13:45
  • +2Kr 6:17
  • +Lw 26:33; Int 1:7
  • +Gus 28:65
  • +Gus 28:25, 68

Gucura intimba 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:64; Yr 24:9
  • +Yb 34:29; Zb 34:16; Yes 59:2; Yr 18:17; Heb 8:9
  • +2Bm 25:18
  • +Int 5:12; Ezk 9:6

Gucura intimba 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:7; Yes 20:5; Int 1:19
  • +Yes 30:3; 31:3; Yr 37:7; Ezk 29:6

Gucura intimba 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:5; Yr 39:4; Int 3:52
  • +Ezk 7:2; 12:23; Am 8:2

Gucura intimba 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49; Yes 5:26; Yr 4:13; Hs 8:1; Hab 1:8
  • +2Bm 25:5; Am 2:14
  • +Int 3:10

Gucura intimba 4:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:7
  • +Zb 89:20; Yr 37:1
  • +2Bm 25:6; Yr 39:5; 52:8; Ezk 12:13
  • +Abc 9:15; Dn 4:12
  • +1Sm 9:16

Gucura intimba 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 2:14; 1Kr 13:6
  • +Zb 137:7; Ob 12
  • +Yr 25:20
  • +Yr 25:15; 49:12; Ob 16
  • +Yr 49:10

Gucura intimba 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:43; Yes 40:2; Yr 50:20
  • +Lw 26:44; Yes 52:1; 60:18
  • +Zb 137:7; Yes 34:5; Ezk 25:13; 35:15; Am 1:11; Ob 13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Int. 4:11Bm 6:22
Int. 4:11Bm 5:17; 7:9
Int. 4:1Yr 52:13
Int. 4:2Yes 51:18
Int. 4:2Yes 30:14; Yr 19:11; 22:28; Int 5:12
Int. 4:3Lw 26:29; Gus 28:53; Yr 19:9; Int 4:10
Int. 4:3Yb 39:16
Int. 4:4Zb 22:15; Int 2:11
Int. 4:4Int 1:11; 2:12
Int. 4:4Yr 52:6
Int. 4:5Am 6:4, 7
Int. 4:5Yr 6:2
Int. 4:5Yb 2:8
Int. 4:6It 19:24; Ezk 16:48
Int. 4:6It 19:25; Dn 9:12
Int. 4:7Gh 6:2; Abc 13:5
Int. 4:7Zb 51:7
Int. 4:71Sm 16:12; Ind 5:10
Int. 4:7Yb 28:16
Int. 4:8Yb 2:12
Int. 4:8Yb 19:20; 33:21; Zb 102:5
Int. 4:9Yr 38:2
Int. 4:9Yr 29:17
Int. 4:10Lw 26:29; Gus 28:55; Int 2:20; 4:3
Int. 4:10Gus 28:57; Yes 49:15; Int 3:48
Int. 4:11Gus 28:20; 2Ng 36:16; Yr 6:11; 9:11; Ezk 22:31; Dn 9:12; Zk 1:6
Int. 4:11Lw 26:28; Yr 7:20
Int. 4:11Gus 32:22; 2Bm 25:9
Int. 4:12Gus 29:24; 1Bm 9:8
Int. 4:122Bm 25:10; Yr 52:13
Int. 4:13Yr 5:31; 6:13; 14:14; 23:11; Int 2:14; Mik 3:11; Zf 3:4
Int. 4:13Yr 26:8; Mt 23:31; Lk 11:47; Ivk 7:52
Int. 4:14Yes 59:10; Zf 1:17
Int. 4:14Gus 28:28; Yes 56:10; Mt 15:14
Int. 4:14Gh 35:33; Yes 1:15; Yr 2:34; Ezk 33:25; Hs 4:2
Int. 4:14Gh 19:16
Int. 4:15Lw 13:45
Int. 4:152Kr 6:17
Int. 4:15Lw 26:33; Int 1:7
Int. 4:15Gus 28:65
Int. 4:15Gus 28:25, 68
Int. 4:16Lw 26:33; Gus 28:64; Yr 24:9
Int. 4:16Yb 34:29; Zb 34:16; Yes 59:2; Yr 18:17; Heb 8:9
Int. 4:162Bm 25:18
Int. 4:16Int 5:12; Ezk 9:6
Int. 4:172Bm 24:7; Yes 20:5; Int 1:19
Int. 4:17Yes 30:3; 31:3; Yr 37:7; Ezk 29:6
Int. 4:182Bm 25:5; Yr 39:4; Int 3:52
Int. 4:18Ezk 7:2; 12:23; Am 8:2
Int. 4:19Gus 28:49; Yes 5:26; Yr 4:13; Hs 8:1; Hab 1:8
Int. 4:192Bm 25:5; Am 2:14
Int. 4:19Int 3:10
Int. 4:20It 2:7
Int. 4:20Zb 89:20; Yr 37:1
Int. 4:202Bm 25:6; Yr 39:5; 52:8; Ezk 12:13
Int. 4:20Abc 9:15; Dn 4:12
Int. 4:201Sm 9:16
Int. 4:21Img 2:14; 1Kr 13:6
Int. 4:21Zb 137:7; Ob 12
Int. 4:21Yr 25:20
Int. 4:21Yr 25:15; 49:12; Ob 16
Int. 4:21Yr 49:10
Int. 4:22Lw 26:43; Yes 40:2; Yr 50:20
Int. 4:22Lw 26:44; Yes 52:1; 60:18
Int. 4:22Zb 137:7; Yes 34:5; Ezk 25:13; 35:15; Am 1:11; Ob 13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Gucura intimba 4:1-22

Gucura intimba

א [ʼAlefu]

4 Ewe kuntu ya nzahabu ikayangana ibaye iyifyirifyitiye, ya nzahabu nziza+!

Ewe kuntu ya mabuye meranda+ yandagajwe mw’ihuriro ry’amabarabara yose+!

ב [Beti]

 2 Nayo abahungu b’agaciro ba Siyoni+, abari baringaniye n’inzahabu ityoroye,

Ewe kuntu bafashwe nk’imibindi mininiminini y’imibumbano, igikorwa c’amaboko y’umubumvyi+!

ג [Gimelu]

 3 Mbere n’imbwebwe zahereje ivyana vyazo amabere. Zonkeje ivyana vyazo.

Umukobwa w’abantu banje asigaye ari ruburakigongwe+, nk’ibinyoni vyitwa imbuni mu gahinga+.

ד [Daleti]

 4 Ururimi rw’umwana yonka rwamase ku magage yiwe kubera inyota+.

Abana basavye umukate+. Nta n’umwe awubaha+.

ה [Heʼ]

 5 Abahora barya ibiryoshe bajorewe mu mabarabara+.

Abahora barererwa mu mpuzu z’agahama+ babwirijwe kugumbira ibirundo vy’umunyota+.

ו [Vau]

 6 Igihano c’ikosa ry’umukobwa w’abantu banje kibaye kinini kuruta igihano c’igicumuro ca Sodomu+,

Iyaranduwe mu kanya gato, ntihagire amaboko ahindukira kuyitabara+.

ז [Zayini]

 7 Abanaziri*+ biwe bari batyoroye kurusha shelegi*+; bari bera kuruta amata.

Emwe, bari inzobe+ kurusha amabuye y’agaciro yitwa korali; bari basenye nka safiro+.

ח [Heti]

 8 Basigaye birabura kurusha ubwirabure ubwabwo. Nta wabamenye mu mabarabara+.

Urukoba rwabo rwakabiraniye ku magufa yabo+. Rusigaye rwumye nk’igiti.

ט [Teti]

 9 Abagandaguwe n’inkota+ bobo vyopfuma kurusha abagandaguwe n’ikigoyi+,

Kuko bano bagwabira, batobekeranijwe n’ukubura ivyimburwa vyo mu murima.

י [Yodi]

10 Amaboko y’abagore b’abanyempuhwe yatetse abana babo+.

Babereye abantu nk’umukate w’uruhoza mu gihe c’ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+.

כ [Kafu]

11 Yehova yimaze ishavu+. Yasutse ubushangashirwe bwiwe bururumba+.

Adomeka umuriro muri Siyoni, ukarigata imishinge yaho+.

ל [Lamedi]

12 Abami bo mw’isi n’ababa ku butaka bwimbuka bose ntibemeye+

Yuko umurwanizi n’umwansi bokwinjiye mu marembo ya Yeruzalemu+.

מ [Memu]

13 Kubera ibicumuro vy’abahanuzi biwe, amakosa y’abaherezi biwe+,

Hagati muri we hǎri abasesa amaraso y’abagororotsi+.

נ [Nuni]

14 Bayerereye nk’impumyi+ mu mabarabara+. Biyandurishije amaraso+,

Ku buryo ata n’umwe ashobora gukora ku mpuzu zabo+.

ס [Sameki]

15 Basemereye bababwira ngo: “Nimwigireyo! Mwa bihumane mwe+! Nimwigireyo! Nimwigireyo! Ntimudukoreko+!”

Kuko basigaye ari abantu batagira aho baba+. Kandi barayerereye irya n’ino+. Mu mahanga abantu bavuze ngo: “Ntibazosubira kubaho ari ba kavamahanga+.

פ [Peʼ]

16 Mu maso ha Yehova harabashwiragije+. Ntazosubira kubaraba+.

Ni ukuri abantu ntibazokwubaha abaherezi+. Emwe, ntibazogirira ubutoni abatama+.”

ע [ʽAyini]

17 Mu gihe tukiriho, amaso yacu aguma agwabirira ubusa areretse imfashanyo tworonka+.

Mu gihe twari tureretse, twareretse ihanga ridashobora kuzana ubukiriro+.

צ [Tsade]

18 Bahize intambuko zacu+ bituma tutagendagenda mu bibanza vya bose vyacu.

Iherezo ryacu riregereje. Imisi yacu yakwiye, kuko iherezo ryacu rishitse+.

ק [Kofu]

19 Abadukurikirana banyarutse kurusha inkona zo mu kirere+.

Badukurikiranye ku misozi barakaye+. Batubundiye+ mu gahinga.

ר [Reshi]

20 Uwari impemu zo mu mazuru yacu+, uwo Yehova yarobanuje amavuta*+, yafatiwe mu cobo cabo kinini+,

Uwo twavugako duti: “Tuzoba mu gitutu ciwe+ mu mahanga+.”

ש [Sini]

21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.

Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+.

ת [Tau]

22 Ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Siyoni, rirarangiye+. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.

Yitayeho ivy’ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Edomu. Yapfukuye ibicumuro vyawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika