ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hoseya 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:22
  • +Hs 8:7
  • +2Bm 17:4
  • +2Bm 15:19

Hoseya 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:19; Yr 2:35; Hs 4:1; Mik 6:2
  • +Zb 62:12; Yr 17:10
  • +Yes 3:11; 59:18

Hoseya 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:26
  • +It 32:28

Hoseya 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:25
  • +It 32:26
  • +It 28:19
  • +It 28:13

Hoseya 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:16; 32:30
  • +Kv 3:15; Zb 135:13; Yes 42:8

Hoseya 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 31:6; Yr 3:14; Hs 14:1; Yw 2:13; Zk 1:3
  • +Mik 6:8
  • +Gus 16:20
  • +Zb 27:14; Int 3:25

Hoseya 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:35; Img 11:1; Am 8:5
  • +Ezk 22:29; Mik 2:1

Hoseya 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:20; Yr 9:23; Zk 11:5; Ivh 3:17
  • +Gus 8:17
  • +Img 30:12; Mal 2:17

Hoseya 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:2; Hs 13:4

Hoseya 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:1; 2Bm 17:13; Am 7:15
  • +Yes 5:1; Yr 13:1

Hoseya 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 6:8
  • +Ezk 13:8
  • +Am 4:4
  • +2Bm 17:10; Hs 8:11

Hoseya 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:5; Gus 26:5
  • +It 32:28
  • +It 29:18
  • +It 31:38

Hoseya 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:51; Zb 77:20; Yes 63:11; Mik 6:4
  • +Yos 24:17; 1Sm 12:8

Hoseya 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:11; Ezk 23:5
  • +Ezk 22:13
  • +Gus 28:37; Rm 2:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hos. 12:1Yr 22:22
Hos. 12:1Hs 8:7
Hos. 12:12Bm 17:4
Hos. 12:12Bm 15:19
Hos. 12:22Bm 17:19; Yr 2:35; Hs 4:1; Mik 6:2
Hos. 12:2Zb 62:12; Yr 17:10
Hos. 12:2Yes 3:11; 59:18
Hos. 12:3It 25:26
Hos. 12:3It 32:28
Hos. 12:4It 32:25
Hos. 12:4It 32:26
Hos. 12:4It 28:19
Hos. 12:4It 28:13
Hos. 12:5It 28:16; 32:30
Hos. 12:5Kv 3:15; Zb 135:13; Yes 42:8
Hos. 12:6Yes 31:6; Yr 3:14; Hs 14:1; Yw 2:13; Zk 1:3
Hos. 12:6Mik 6:8
Hos. 12:6Gus 16:20
Hos. 12:6Zb 27:14; Int 3:25
Hos. 12:7Lw 19:35; Img 11:1; Am 8:5
Hos. 12:7Ezk 22:29; Mik 2:1
Hos. 12:8Img 28:20; Yr 9:23; Zk 11:5; Ivh 3:17
Hos. 12:8Gus 8:17
Hos. 12:8Img 30:12; Mal 2:17
Hos. 12:9Kv 20:2; Hs 13:4
Hos. 12:101Bm 17:1; 2Bm 17:13; Am 7:15
Hos. 12:10Yes 5:1; Yr 13:1
Hos. 12:11Hs 6:8
Hos. 12:11Ezk 13:8
Hos. 12:11Am 4:4
Hos. 12:112Bm 17:10; Hs 8:11
Hos. 12:12It 28:5; Gus 26:5
Hos. 12:12It 32:28
Hos. 12:12It 29:18
Hos. 12:12It 31:38
Hos. 12:13Kv 12:51; Zb 77:20; Yes 63:11; Mik 6:4
Hos. 12:13Yos 24:17; 1Sm 12:8
Hos. 12:142Bm 17:11; Ezk 23:5
Hos. 12:14Ezk 22:13
Hos. 12:14Gus 28:37; Rm 2:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Hoseya 12:1-14

Hoseya

12 “Efurayimu arya umuyaga+ kandi yoma inyuma umuyaga wo mu buseruko bukarinda bwira+. Agwiza ukubesha n’ukunyaga+. Bagirana isezerano na Ashuri+, bakajana amavuta mu Misiri.

2 “Yehova arafitaniye imburano na Yuda+, egome, kugira ngo agire ico abaza Yakobo nk’uko inzira ziwe ziri+; azomwishura nk’uko ibikorwa vyiwe biri+. 3 Yafashe mwene wabo igitsintsiri bari mu nda+, kandi yanyinyanye n’Imana akoresheje inguvu ziwe zose+. 4 Yagumye anyinyana n’umumarayika, amaherezo aranesha+. Yararize, kugira ngo yisabire ubutoni+.”

Imana yamusanze i Beteli+, maze ivuganira na we ng’aho+. 5 Yehova Imana nyen’ingabo+, Yehova ni ryo zina yibukirwako+.

6 “Nayo wewe, ubwirizwa kugaruka ku Mana yawe+, ukagumya ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubutungane+; niwame witeze Imana yawe+. 7 Nayo umucuruza, mu kuboko kwiwe hari umunzane w’ubuhendanyi+; yakunze ukugunga+. 8 Efurayimu aguma avuga ati: ‘Ni ukuri narabaye umutunzi+; narironkeye ibintu vy’agaciro+. Ku bijanye n’ubucumukure bwanje bwose, ntibazombonako ikosa ryokwitwa igicumuro+.’

9 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+. Nzosubira gutuma uba mu mahema nko mu gihe c’imisi mikuru yashinzwe. 10 Navuganye n’abahanuzi+, nagwije ukwerekwa, kandi biciye ku kuboko kw’abahanuzi nagumye ntanga ibigereranyo+.

11 “I Gileyadi habonetse ivy’amageza+ be n’ivy’ububeshi+. I Gilugali bashikanye amashūri+. Vyongeye, ibicaniro vyabo bimeze nk’ibirundo vy’amabuye mu mirongo y’ubusizi yo mu mirima+. 12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+. 13 Yehova yaraduganye Isirayeli amukura mu Misiri biciye ku muhanuzi+, kandi yarinzwe biciye ku muhanuzi+. 14 Efurayimu yarababaje+ Imana bimwe bibi, kandi ibikorwa vyiwe vy’ugusesa amaraso abirekera kuri we+; iceyi ciwe, Shebuja wiwe Ahambaye azokimwishura+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika