ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:24; 25:9
  • +Zb 81:3; Yw 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 30

Guharura 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:18; Gus 29:10; Yr 4:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 30-31

Guharura 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21; Gh 1:16; 7:2; Gus 1:15; 5:23; 31:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 31

Guharura 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 31

Guharura 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:10

Guharura 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:3; Yw 2:15

Guharura 10:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:6; 1Ng 15:24; 16:6; 2Ng 29:26; Neh 12:35, 41

Guharura 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:18; 6:9
  • +Abc 3:27; 7:20; 2Ng 13:12; 1Kr 14:8
  • +Zb 106:4

Guharura 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:28; 2Ng 5:12; 7:6; Ezr 3:10
  • +Lw 23:24; Gh 29:1
  • +Zb 81:3
  • +Gh 28:11
  • +Lw 3:1; Gh 29:39
  • +Kv 6:7; Lw 11:45

Guharura 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:1
  • +Gh 9:17; Zb 78:14

Guharura 10:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:36; Gh 2:9, 16, 17, 24, 31
  • +It 21:21; Gh 12:16; 13:26; Gus 1:2

Guharura 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:34; 9:23

Guharura 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:3
  • +Gh 1:7

Guharura 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:8; 2:5

Guharura 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:7

Guharura 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:51
  • +Gh 3:25
  • +Gh 3:36

Guharura 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:10
  • +Gh 1:5

Guharura 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:12
  • +Gh 1:6

Guharura 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:14; 2:14

Guharura 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:31; 4:4, 15; 7:9

Guharura 10:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:24
  • +Gh 1:10; 2:18

Guharura 10:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:20
  • +Gh 1:10

Guharura 10:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:22
  • +Gh 1:11

Guharura 10:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:25, 31
  • +Yos 6:9
  • +Gh 1:12

Guharura 10:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:27
  • +Gh 1:13

Guharura 10:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:29
  • +Gh 1:15

Guharura 10:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:34

Guharura 10:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:18; 3:1; 18:1, 27
  • +It 12:7; 13:15; 15:18; Ivk 7:5
  • +Abc 1:16; 4:11; 1Sm 15:6
  • +It 32:12; Kv 3:8; 6:7; Gh 23:19

Guharura 10:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:1

Guharura 10:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 1:16; 4:11

Guharura 10:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:1; 19:3; 24:16; Gus 5:2; 1Bm 19:8; Mal 4:4
  • +Kv 25:10, 17
  • +Gus 1:33; Yos 3:3, 4

Guharura 10:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:21; Neh 9:12; Zb 78:14; 105:39

Guharura 10:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:13; 132:8
  • +Zb 68:1

Guharura 10:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 10:2Lw 23:24; 25:9
Guh. 10:2Zb 81:3; Yw 1:14
Guh. 10:3Gh 1:18; Gus 29:10; Yr 4:5
Guh. 10:4Kv 18:21; Gh 1:16; 7:2; Gus 1:15; 5:23; 31:9
Guh. 10:5Gh 2:3
Guh. 10:6Gh 2:10
Guh. 10:7Gh 10:3; Yw 2:15
Guh. 10:8Gh 31:6; 1Ng 15:24; 16:6; 2Ng 29:26; Neh 12:35, 41
Guh. 10:9Abc 2:18; 6:9
Guh. 10:9Abc 3:27; 7:20; 2Ng 13:12; 1Kr 14:8
Guh. 10:9Zb 106:4
Guh. 10:101Ng 15:28; 2Ng 5:12; 7:6; Ezr 3:10
Guh. 10:10Lw 23:24; Gh 29:1
Guh. 10:10Zb 81:3
Guh. 10:10Gh 28:11
Guh. 10:10Lw 3:1; Gh 29:39
Guh. 10:10Kv 6:7; Lw 11:45
Guh. 10:11Gh 1:1
Guh. 10:11Gh 9:17; Zb 78:14
Guh. 10:12Kv 40:36; Gh 2:9, 16, 17, 24, 31
Guh. 10:12It 21:21; Gh 12:16; 13:26; Gus 1:2
Guh. 10:13Gh 2:34; 9:23
Guh. 10:14Gh 2:3
Guh. 10:14Gh 1:7
Guh. 10:15Gh 1:8; 2:5
Guh. 10:16Gh 2:7
Guh. 10:17Gh 1:51
Guh. 10:17Gh 3:25
Guh. 10:17Gh 3:36
Guh. 10:18Gh 2:10
Guh. 10:18Gh 1:5
Guh. 10:19Gh 2:12
Guh. 10:19Gh 1:6
Guh. 10:20Gh 1:14; 2:14
Guh. 10:21Gh 3:31; 4:4, 15; 7:9
Guh. 10:22Gh 2:24
Guh. 10:22Gh 1:10; 2:18
Guh. 10:23Gh 2:20
Guh. 10:23Gh 1:10
Guh. 10:24Gh 2:22
Guh. 10:24Gh 1:11
Guh. 10:25Gh 2:25, 31
Guh. 10:25Yos 6:9
Guh. 10:25Gh 1:12
Guh. 10:26Gh 2:27
Guh. 10:26Gh 1:13
Guh. 10:27Gh 2:29
Guh. 10:27Gh 1:15
Guh. 10:28Gh 2:34
Guh. 10:29Kv 2:18; 3:1; 18:1, 27
Guh. 10:29It 12:7; 13:15; 15:18; Ivk 7:5
Guh. 10:29Abc 1:16; 4:11; 1Sm 15:6
Guh. 10:29It 32:12; Kv 3:8; 6:7; Gh 23:19
Guh. 10:30Kv 3:1
Guh. 10:32Abc 1:16; 4:11
Guh. 10:33Kv 3:1; 19:3; 24:16; Gus 5:2; 1Bm 19:8; Mal 4:4
Guh. 10:33Kv 25:10, 17
Guh. 10:33Gus 1:33; Yos 3:3, 4
Guh. 10:34Kv 13:21; Neh 9:12; Zb 78:14; 105:39
Guh. 10:35Zb 17:13; 132:8
Guh. 10:35Zb 68:1
Guh. 10:36Gus 1:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 10:1-36

Guharura

10 Nuko Yehova abwira Musa ati: 2 “Niwihingurire inzumbete+ zibiri z’ifeza. Uzozihingura mu kuzicurisha inyundo, zize zibe izo ukoresha mu guhamagaza+ ikoraniro no mu guhagurutsa amakambi. 3 Baze bazivuze zompi, maze ikoraniro ryose rikoranire aho uri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, nk’uko mwahanye isango+. 4 Nibavuza rumwe gusa, abakuru, ni ukuvuga abakuru b’ibihumbi muri Isirayeli, baze bakoranire aho uri, nk’uko mwahanye isango+.

5 “Muze muvuze ijwi rihindagurika, hanyuma amakambi y’abakambitse mu buseruko+ agende. 6 Muze muvuze ijwi rihindagurika ubugira kabiri, hanyuma amakambi y’abakambitse mu bumanuko+ agende. Haze havuzwe ijwi rihindagurika igihe cose imwe muri ayo makambi igiye.

7 “Igihe na ho mugira mukoranye ishengero, muze muvuze+, mugabo ntihaze humvikane ijwi rihindagurika. 8 Bene Aroni, abaherezi, ni bo bazovuza inzumbete+, kandi ikoreshwa ryazo rize ribabere icagezwe gushika igihe kitagira urugero* mu mayaruka yanyu.

9 “Mu gihugu canyu, nimwinjira mu ntambara yo kurwanya uwubahahaza ariko arabatoteza+, muze mwumvikanishe akamo k’intambara mukoresheje inzumbete+, maze ntimuzobura kwibukwa imbere ya Yehova Imana yanyu, mukizwe abansi banyu+.

10 “Ku musi w’ukunezerwa+ kwanyu no mu biringo vy’imisi mikuru yanyu+ no ku ntango z’amezi yanyu+, muze muvugirize inzumbete hejuru y’amashikanwa yanyu aturirwa+ no hejuru y’ibimazi vyanyu vy’ugusangira+; kandi ikoreshwa ryazo rize ribabere icibutso imbere y’Imana yanyu. Ndi Yehova Imana yanyu+.”

11 Nuko mu mwaka ugira kabiri, mu kwezi kugira kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri muri ukwo kwezi+, ca gicu kiraduga kivuye hejuru y’itaberenakulo+ y’Igishingantahe. 12 Bene Isirayeli baragenda bavuye mu gahinga ka Sinayi, hisunzwe urutonde rw’ukugenda kwabo+, maze ca gicu kiba mu gahinga ka Parani+. 13 Nuko baragenda ari bwo bwa mbere, nk’uko Yehova yari yategetse biciye kuri Musa+.

14 Hatangura rero kugenda umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Yuda hisunzwe ingabo zabo+, Nahashoni+ mwene Aminadabu akaba ari we yagaba ingabo zabo. 15 Ingabo z’umuryango wa bene Isakari zagabwa na Netaneli+ mwene Zuwari. 16 Ingabo z’umuryango wa bene Zebuloni na zo zagabwa na Eliyabu mwene Heloni+.

17 Itaberenakulo irasamburwa+, maze bene Gerishoni+ na bene Merari+, abatwara itaberenakulo, baragenda.

18 Hanyuma umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Rubeni+ uragenda hisunzwe ingabo zabo, Elizuri+ mwene Shedewuri akaba ari we yagaba ingabo zabo. 19 Ingabo z’umuryango wa bene Simeyoni+ zagabwa na Shelumiyeli+ mwene Zurishadayi. 20 Ingabo z’umuryango wa bene Gadi na zo zagabwa na Eliyasafu+ mwene Deyuweli.

21 Nuko Abakohati, abatwara ivy’aheranda+, baragenda, kuko bari gushika itaberenakulo yamaze gushingwa.

22 Hanyuma umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Efurayimu+ uragenda hisunzwe ingabo zabo, Elishama+ mwene Amihudi akaba ari we yagaba ingabo zabo. 23 Ingabo z’umuryango wa bene Manase+ zagabwa na Gamaliyeli+ mwene Pedahazuri. 24 Ingabo z’umuryango wa bene Benyamini+ na zo zagabwa na Abidani+ mwene Gideyoni.

25 Hanyuma ab’umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya bene Dani+ baragenda bagize umugwi w’abacunzi b’inyuma+ b’amakambi yose, hisunzwe ingabo zabo, Ahiyezeri+ mwene Amishadayi akaba ari we yagaba ingabo zabo. 26 Ingabo z’umuryango wa bene Asheri+ zagabwa na Pagiyeli+ mwene Okarani. 27 Ingabo z’umuryango wa bene Nafutali+ na zo zagabwa na Ahira+ mwene Enani. 28 Ukwo ni ko bene Isirayeli bagenda, hisunzwe ingabo zabo, igihe baba bagiye+.

29 Maze Musa abwira Hobabu mwene Reyuweli+ Umumidiyani, sebukwe wa Musa, ati: “Tugiye ahantu Yehova yavuze ku biherekeye ati: ‘Nzohabaha+.’ Enda nuze tujane, natwe ntituzobura kukugirira ineza+, kuko Yehova yavuze ineza ku vyerekeye Isirayeli+.” 30 Mugabo amubwira ati: “Ntitujana, ahubwo nzoja mu gihugu canje+ no ku ncuti zanje.” 31 Musa na we ati: “Ndakwinginze ntudute, kuko uzotubera amaso, kubera yuko uzi neza aho twokambika mu gahinga. 32 Kandi mu gihe woza tukajana+, emwe, ineza Yehova azotugirira bivuye ku kumera neza kwiwe, ni yo natwe tuzokugirira ata gukeka.”

33 Nuko baragenda bavuye ku musozi wa Yehova+ ku bw’urugendo rw’imisi itatu, kandi isandugu y’isezerano+ rya Yehova yagendera imbere yabo muri iyo misi itatu y’urugendo ku bwo kubaronderera ahantu h’ukuruhukira+. 34 Kandi igicu+ ca Yehova cari hejuru yabo ku murango igihe bagenda bavuye aho bari bakambitse.

35 Igihe Isandugu igiye, Musa yavuga ati: “Haguruka, Yehova we, abansi bawe bashwiragire+, abakwanka urunuka na bo bahunge bave imbere yawe+.” 36 Iruhutse na ho, yavuga ati: “Garuka, Yehova we, ku bihumbi mirongo vy’ibihumbi vya Isirayeli+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika