ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 39
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 39:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:17; Ivk 7:9
  • +It 37:36
  • +It 17:20; 37:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 12-13

Itanguriro 39:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:3; Rm 8:31; Heb 13:6

Itanguriro 39:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 14:35; Lk 12:44; 1Kr 4:2

Itanguriro 39:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:27; Gus 28:3; 2Sm 6:11

Itanguriro 39:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 16:10; 19:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 13

Itanguriro 39:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:28; 2Pt 2:14
  • +Lw 20:10; Img 2:16; 1Kr 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 13-14

Itanguriro 39:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:10; 5:20; 22:6
  • +Lk 16:12; 1Kr 4:2

Itanguriro 39:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:29; Mr 10:8
  • +It 2:24; 20:6; Zb 51:4; Gl 5:19; Heb 13:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 25-26

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 4-5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 14

    1/11/2013, rup. 9

    15/2/2013, rup. 4

    15/10/2007, rup. 23

    15/6/2006, rup. 28-29

    15/1/2004, rup. 29

    1/12/2003, rup. 20

    1/11/2000, rup. 21-22

    1/9/1998, rup. 5

Itanguriro 39:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 5:3; 22:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 16

    1/11/2014, rup. 14

Itanguriro 39:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 24:15; Yr 23:24

Itanguriro 39:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:26; Yak 1:14
  • +2Sm 13:11
  • +Img 6:32; 1Kr 6:18; 2Tm 2:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 14

Itanguriro 39:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:20; Img 6:19; 12:17

Itanguriro 39:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:12

Itanguriro 39:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:16; Img 12:22; 19:5

Itanguriro 39:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:15; Img 6:34; 29:12

Itanguriro 39:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:18; 1Pt 2:20; 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 14-15

Itanguriro 39:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 40:3; Zb 105:19; Img 16:7; Dn 1:9; Ivk 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2015, rup. 12

    1/11/2014, rup. 15

    1/6/2002, rup. 11-14

Itanguriro 39:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 39:6

Itanguriro 39:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:22; Zb 1:3; Ivk 7:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 39:1Zb 105:17; Ivk 7:9
Ita. 39:1It 37:36
Ita. 39:1It 17:20; 37:25
Ita. 39:2Zb 1:3; Rm 8:31; Heb 13:6
Ita. 39:4Img 14:35; Lk 12:44; 1Kr 4:2
Ita. 39:5It 30:27; Gus 28:3; 2Sm 6:11
Ita. 39:6Lk 16:10; 19:17
Ita. 39:7Mt 5:28; 2Pt 2:14
Ita. 39:7Lw 20:10; Img 2:16; 1Kr 6:9
Ita. 39:8Img 1:10; 5:20; 22:6
Ita. 39:8Lk 16:12; 1Kr 4:2
Ita. 39:9Img 6:29; Mr 10:8
Ita. 39:9It 2:24; 20:6; Zb 51:4; Gl 5:19; Heb 13:4
Ita. 39:10Img 5:3; 22:14
Ita. 39:11Yb 24:15; Yr 23:24
Ita. 39:12Ums 7:26; Yak 1:14
Ita. 39:122Sm 13:11
Ita. 39:12Img 6:32; 1Kr 6:18; 2Tm 2:22
Ita. 39:14Zb 35:20; Img 6:19; 12:17
Ita. 39:16Zb 37:12
Ita. 39:18Kv 20:16; Img 12:22; 19:5
Ita. 39:19Gus 19:15; Img 6:34; 29:12
Ita. 39:20Zb 105:18; 1Pt 2:20; 3:14
Ita. 39:21It 40:3; Zb 105:19; Img 16:7; Dn 1:9; Ivk 7:9
Ita. 39:22It 39:6
Ita. 39:23It 49:22; Zb 1:3; Ivk 7:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 39:1-23

Itanguriro

39 Nayo Yozefu amanukanwa mu Misiri+, maze Potifari+ umukozi wo ku kirimba ca Farawo, umukuru w’abacungera ubuzima, Umunyamisiri, amugura n’Abishimayeli+ bari bamumanukanye ng’aho. 2 Mugabo Yehova abana na Yozefu, ku buryo aba umuntu aroranirwa+, arahava ashirwa hejuru y’inzu ya shebuja, Umunyamisiri. 3 Nuko shebuja abona ko Yehova yari kumwe na we kandi ko Yehova yatuma aroranirwa mu kintu cose yakora.

4 Yozefu aguma agira ubutoni mu maso yiwe kandi amukorera ubudahengeshanya, ku buryo amushinga kugaba inzu yiwe+, ivyiwe vyose abishira mu kuboko kwiwe. 5 Nuko kuva igihe amushingiye kugaba inzu yiwe no kuganza ivyiwe vyose, Yehova aguma ahezagira inzu y’uwo Munyamisiri kubera Yozefu, kandi umuhezagiro wa Yehova uba ku vyo yari afise vyose mu nzu no mu murima+. 6 Amaherezo arekera ikintu ciwe cose mu kuboko kwa Yozefu+; kandi nta co yinona na gato ku vyiwe kiretse umukate yarya. Vyongeye, Yozefu aba mwiza ku mubiri, aba na mwiza mu kuntu asa.

7 Inyuma y’ivyo, umugore wa shebuja atangura kuraramurira amaso+ kuri Yozefu, avuga ati: “Ingo turyamane+.” 8 Mugabo Yozefu yaranka+, akabwira nya mugore wa shebuja ati: “Ehe databuja nta co yinona ku vyo njejwe mu nzu, kandi ivyo afise vyose yabishize mu kuboko kwanje+. 9 Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe+. None noshobora nte gukora ico kibi gikomeye ngacumura koko ku Mana+?”

10 Uko yabibwira Yozefu ku musi ku musi, Yozefu ntiyigera amwumviriza ngo aryame iruhande yiwe, ngo agumane na we+. 11 Mugabo umusi uri izina Yozefu yinjira mu nzu gukora igikorwa ciwe nko ku yindi misi, kandi nta n’umwe mu bagabo bo muri iyo nzu yari ng’aho mu nzu+. 12 Maze nya mugore amucakira impuzu+, avuga ati: “Ingo turyamane+!” Mugabo Yozefu amutana impuzu yiwe mu kuboko, arahunga, aja hanze+. 13 Nya mugore abonye ko asize impuzu yiwe mu kuboko kwiwe kugira ahungire hanze, 14 aca atangura gusemerera atabaza abagabo bo mu nzu yiwe, ababwira ati: “Ehe yatuzaniye umugabo, Umuheburayo, kugira atugire akamenyo. Yaje iyo ndi ngo turyamane, mugabo nca nkoma induru n’ijwi ryanje ryose+. 15 Aho yumviye ko nshize ijwi hejuru ngakoma induru, yaciye ata impuzu yiwe iruhande yanje arahunga, aja hanze.” 16 Aca agumiza impuzu ya Yozefu irambitse iruhande yiwe gushika shebuja agarutse i muhira+.

17 Maze amubwira nk’uko ano majambo ari, ati: “Wa musuku w’Umuheburayo watuzanira yaje iyo ndi ngo angire akamenyo. 18 Mugabo ngipfa gushira ijwi hejuru ngakoma induru, yaciye ata impuzu yiwe iruhande yanje ahungira hanze+.” 19 Shebuja ngo yumve amajambo umugore wiwe amubwiye, ngo: “Umusuku wawe yangiriye ibi n’ibi,” ishavu rica rirarurumba+. 20 Shebuja wa Yozefu aca aramufata, amushira mu nzu y’ibohero, ahantu imbohe z’umwami zapfungirwa, aguma ng’aho muri iyo nzu y’ibohero+.

21 Ariko Yehova agumana na Yozefu kandi aguma amugirira ubuntu bwuzuye urukundo, yongera amuha kugira ubutoni mu maso y’umukozi mukuru w’inzu y’ibohero+. 22 Uwo mukozi mukuru w’inzu y’ibohero ashira mu kuboko kwa Yozefu imbohe zose zari muri nya nzu; kandi ikintu cose bakora ng’aho ni we yagikoresha+. 23 Uwo mukozi mukuru w’inzu y’ibohero nta kintu na kimwe cari mu kuboko kwa Yozefu yasuzuma, kuko Yehova yari kumwe na Yozefu kandi ico yakora Yehova agatuma kiroranirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika