ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami: ibirimwo

      • Yehowahazi, umwami wa Isirayeli (1-9)

      • Yehowasi, umwami wa Isirayeli (10-13)

      • Elisha ageza umwete wa Yehowasi (14-19)

      • Elisha apfa, amagufa yiwe akazura umuntu (20, 21)

      • Ubuhanuzi bwa nyuma bwa Elisha buranguka (22-25)

2 Abami 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 11:2, 21
  • +2Bm 8:26; 9:27
  • +2Bm 10:30, 35

2 Abami 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:28-30; 13:33; 14:16

2 Abami 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:14, 17; Heb 12:29
  • +1Bm 19:17; 2Bm 8:12
  • +2Bm 13:24

2 Abami 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:7; Abc 10:16; 2Bm 14:26, 27

2 Abami 13:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bisobanura ko basubiye kuba mu mahoro no mu mutekano.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:27

2 Abami 13:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «yakigendeyemwo.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:29; 17:21
  • +Gus 7:5; 1Bm 14:15; 16:33

2 Abami 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 8:12; 10:32
  • +Am 1:3

2 Abami 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:35

2 Abami 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:1

2 Abami 13:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «yabigendeyemwo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:29

2 Abami 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:8, 13

2 Abami 13:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni Yerobowamu wa kabiri.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:28
  • +2Bm 10:35; 13:9

2 Abami 13:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Yehowasi ashobora kuba yariko asaba gutabarwa n’Imana canke abayiserukira.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:16
  • +2Bm 2:11, 12

2 Abami 13:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «w’ubukiriro.»

  • *

    Canke «wo kubakiza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 29:1; 1Bm 20:26

2 Abami 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 13:25

2 Abami 13:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umwaka uje.» Hashobora kuba hari mu kwezi kw’Abisirayeli kwitwa Abibu (Nisani). Raba Inyongera ya B15.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 1:1; 24:2

2 Abami 13:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:44; Heb 11:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2005, rup. 11

2 Abami 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:15
  • +2Bm 8:12; 10:32

2 Abami 13:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:26, 27
  • +It 13:14-16
  • +It 26:3
  • +It 28:13; Zb 105:8; Mik 7:20

2 Abami 13:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 13:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 13:12Bm 11:2, 21
2 Abm. 13:12Bm 8:26; 9:27
2 Abm. 13:12Bm 10:30, 35
2 Abm. 13:21Bm 12:28-30; 13:33; 14:16
2 Abm. 13:3Lw 26:14, 17; Heb 12:29
2 Abm. 13:31Bm 19:17; 2Bm 8:12
2 Abm. 13:32Bm 13:24
2 Abm. 13:4Kv 3:7; Abc 10:16; 2Bm 14:26, 27
2 Abm. 13:5Neh 9:27
2 Abm. 13:62Bm 10:29; 17:21
2 Abm. 13:6Gus 7:5; 1Bm 14:15; 16:33
2 Abm. 13:72Bm 8:12; 10:32
2 Abm. 13:7Am 1:3
2 Abm. 13:92Bm 10:35
2 Abm. 13:102Bm 14:1
2 Abm. 13:112Bm 10:29
2 Abm. 13:122Bm 14:8, 13
2 Abm. 13:132Bm 14:28
2 Abm. 13:132Bm 10:35; 13:9
2 Abm. 13:141Bm 19:16
2 Abm. 13:142Bm 2:11, 12
2 Abm. 13:171Sm 29:1; 1Bm 20:26
2 Abm. 13:192Bm 13:25
2 Abm. 13:202Bm 1:1; 24:2
2 Abm. 13:21Yoh 11:44; Heb 11:35
2 Abm. 13:221Bm 19:15
2 Abm. 13:222Bm 8:12; 10:32
2 Abm. 13:232Bm 14:26, 27
2 Abm. 13:23It 13:14-16
2 Abm. 13:23It 26:3
2 Abm. 13:23It 28:13; Zb 105:8; Mik 7:20
2 Abm. 13:252Bm 13:19
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
2 Abami 13:1-25

Abami ba kabiri

13 Mu mwaka ugira 23 Yehowasi+ mwene Ahaziya+ umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Yehowahazi mwene Yehu+ yaba umwami wa Isirayeli i Samariya. Yaganje imyaka 17. 2 Yagumye akora ivyo Yehova abona ko ari bibi, abandanya gukora na ca gicumuro Abisirayeli bakoze babitumwe na Yerobowamu mwene Nebati+. Ntiyagihevye. 3 Yehova aca ashavurira cane Abisirayeli+, maze atuma bamara imyaka myinshi batsindwa na Hazayeli+ umwami wa Siriya n’umuhungu wiwe Beni-Hadadi+.

4 Yehowahazi arateba atakambira Yehova, maze Yehova aramwumviriza kuko yabonye ingene umwami wa Siriya yacinyiza Abisirayeli+. 5 Nuko Yehova aha Abisirayeli uwubakiza+ agacinyizo k’Abasiriya, baraheza basubira kuba mu nzu zabo nka kera*. 6 (Ariko ntibahevye igicumuro c’abo mu muryango wa Yerobowamu, ico Yerobowamu yatumye Abisirayeli bakora+. Bagumye bagikora*, kandi na ya nkingi nyeranda y’igiti*+ yagumye ihagaze i Samariya.) 7 Yehowahazi yari asigaranye gusa ingabo zigizwe n’abasoda 50 barwanira ku mafarasi, imikogote 10 n’abasoda 10.000 barwanira hasi. Abandi bose umwami wa Siriya yari yarabahoneje+, abahonyanga nk’umukungugu bahonyanga igihe bakubita intete+.

8 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Yehowahazi, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose n’ububasha yerekanye, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami ba Isirayeli. 9 Maze Yehowahazi arapfa, bamuhamba i Samariya+. Umuhungu wiwe Yehowasi aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.

10 Yehowasi+ mwene Yehowahazi yabaye umwami wa Isirayeli i Samariya mu mwaka ugira 37 umwami Yehowasi w’Ubuyuda aganza. Yamaze imyaka 16 aganza. 11 Yagumye akora ivyo Yehova abona ko ari bibi, ntiyaheba vya bicumuro Abisirayeli bakoze babitumwe na Yerobowamu mwene Nebati+. Yagumye abikora*.

12 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Yehowasi, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, ububasha yerekanye n’intambara yarwanye na Amaziya umwami w’Ubuyuda+, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami ba Isirayeli. 13 Maze Yehowasi arapfa, Yerobowamu*+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe. Nayo Yehowasi bamuhamba i Samariya hamwe n’abami ba Isirayeli+.

14 Igihe Elisha+ yarwara indwara yahavuye imuhitana, Yehowasi umwami wa Isirayeli yaraje kumuraba, atangura kumuririra avuga ati: «Dawe, dawe, umukogote wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi ba Isirayeli*+!» 15 Elisha aca amubwira ati: «Zana umuheto n’imyampi.» Nuko arabizana. 16 Elisha yongera kubwira umwami wa Isirayeli ati: «Tora uwo muheto.» Nuko arawutora. Maze Elisha ashira amaboko yiwe ku maboko y’umwami. 17 Aca abwira umwami wa Isirayeli ati: «Ugurura idirisha riherereye mu buseruko.» Araryugurura. Maze Elisha amubwira ati: «Fora urase!» Nuko ararasa. Elisha aca avuga ati: «Uwo ni umwampi wa Yehova w’intsinzi*, umwampi wo gutsinda* Siriya! Uzotsindira Abasiriya i Afeki+, ubahonye.»

18 Yongerako ati: «Tora imyampi.» Arayitora. Elisha aca abwira umwami wa Isirayeli ati: «Kubita hasi.» Nuko akubita hasi incuro zitatu, aca arahagarika. 19 Uwo muntu w’Imana aca aramushavurira, amubwira ati: «Wari gukubita hasi incuro zitanu canke zitandatu! Ni ho wotsinze Abasiriya ukabahonya, none ehe raba, uzobatsinda gatatu gusa+.»

20 Inyuma y’ivyo, Elisha arapfa hanyuma baramuhamba. Mu ntango z’umwaka*, hari utugwi tw’abambuzi tw’Abanyamowabu+ twama dutera muri Isirayeli. 21 Umusi umwe abantu bariko barahamba umuntu, baja babona akagwi k’abambuzi. Ubwo nyene baca baterera ikiziga c’uwo muntu mu mva ya Elisha, bariruka. Ico kiziga gikoze ku magufa ya Elisha, uwo muntu aca asubira kuba muzima+, arahagarara.

22 Hazayeli+ umwami wa Siriya yagumye acinyiza Abisirayeli+ mu kiringo cose Yehowahazi yamaze aganza. 23 Ariko Yehova abagirira ubuntu n’imbabazi+, asubira kubitwararika kubera isezerano yagiranye na Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+. Ntiyashatse kubahonya, kandi gushika n’ubu ntiyabigije kure yiwe ngo abahebe. 24 Hazayeli umwami wa Siriya amaze gupfa, umuhungu wiwe Beni-Hadadi yaciye atangura kuganza mu kibanza ciwe. 25 Nuko Yehowasi mwene Yehowahazi yaka Beni-Hadadi ibisagara se Hazayeli yari yaratwaye Yehowahazi igihe barwana. Yehowasi yatsinze Beni-Hadadi incuro zitatu+, maze agaruza ivyo bisagara vya Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika