ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 21:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo ni “nefeshi” (neʹphesh). Raba Inyongera ya 6.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 19:14

Abalewi 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:1; Yes 15:2; Ezk 44:20
  • +Lw 19:27; Yr 48:37
  • +Lw 19:28; 1Bm 18:28; Yr 16:6

Abalewi 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:44; Lw 10:3; Ezr 8:28
  • +Lw 18:21; 19:12; 22:32
  • +Lw 3:11; Mal 1:7
  • +Yes 52:11; 1Pt 1:16

Abalewi 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:29
  • +Ezk 44:22
  • +Gus 24:1; Mt 19:8

Abalewi 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:41; Lw 20:8; 1Kr 6:11; Heb 9:13
  • +Lw 11:44
  • +Kv 28:36; Lw 11:45; 20:7; Yes 43:15

Abalewi 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:24; Lw 20:14

Abalewi 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:12; Gh 35:25; Zb 133:2
  • +Kv 28:2; 29:29; Lw 16:32
  • +Lw 10:6
  • +It 37:34

Abalewi 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:7; 19:11, 14

Abalewi 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:7; 21:23
  • +Lw 8:12; Lk 4:18; Ivk 10:38

Abalewi 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 44:22; 2Kr 11:2; Ivh 14:4

Abalewi 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:2
  • +1Ts 5:23; 2Ts 2:13

Abalewi 21:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:21; Rm 12:1; Ef 5:27; Heb 7:26; Ivh 14:5
  • +Lw 3:11; Gh 16:5

Abalewi 21:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:23

Abalewi 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:24; Gus 23:1

Abalewi 21:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:2
  • +Lw 22:25

Abalewi 21:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:10; 6:16; 24:9; Gh 18:9
  • +Lw 22:10; Gh 18:19

Abalewi 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:6; Heb 10:20
  • +Kv 38:1
  • +Lw 21:17
  • +Kv 25:8; Lw 21:12
  • +Kv 28:41

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 21:1Gh 19:14
Lew. 21:5Gus 14:1; Yes 15:2; Ezk 44:20
Lew. 21:5Lw 19:27; Yr 48:37
Lew. 21:5Lw 19:28; 1Bm 18:28; Yr 16:6
Lew. 21:6Kv 29:44; Lw 10:3; Ezr 8:28
Lew. 21:6Lw 18:21; 19:12; 22:32
Lew. 21:6Lw 3:11; Mal 1:7
Lew. 21:6Yes 52:11; 1Pt 1:16
Lew. 21:7Lw 19:29
Lew. 21:7Ezk 44:22
Lew. 21:7Gus 24:1; Mt 19:8
Lew. 21:8Kv 28:41; Lw 20:8; 1Kr 6:11; Heb 9:13
Lew. 21:8Lw 11:44
Lew. 21:8Kv 28:36; Lw 11:45; 20:7; Yes 43:15
Lew. 21:9It 38:24; Lw 20:14
Lew. 21:10Lw 8:12; Gh 35:25; Zb 133:2
Lew. 21:10Kv 28:2; 29:29; Lw 16:32
Lew. 21:10Lw 10:6
Lew. 21:10It 37:34
Lew. 21:11Gh 6:7; 19:11, 14
Lew. 21:12Lw 10:7; 21:23
Lew. 21:12Lw 8:12; Lk 4:18; Ivk 10:38
Lew. 21:13Ezk 44:22; 2Kr 11:2; Ivh 14:4
Lew. 21:15Ezr 9:2
Lew. 21:151Ts 5:23; 2Ts 2:13
Lew. 21:17Lw 22:21; Rm 12:1; Ef 5:27; Heb 7:26; Ivh 14:5
Lew. 21:17Lw 3:11; Gh 16:5
Lew. 21:18Lw 22:23
Lew. 21:20Lw 22:24; Gus 23:1
Lew. 21:21Lw 2:2
Lew. 21:21Lw 22:25
Lew. 21:22Lw 2:10; 6:16; 24:9; Gh 18:9
Lew. 21:22Lw 22:10; Gh 18:19
Lew. 21:23Kv 30:6; Heb 10:20
Lew. 21:23Kv 38:1
Lew. 21:23Lw 21:17
Lew. 21:23Kv 25:8; Lw 21:12
Lew. 21:23Kv 28:41
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 21:1-24

Abalewi

21 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Vugana n’abaherezi, bene Aroni, ubabwire uti: ‘Ntihaze hagire uwihumanya mu gisata ciwe ku bw’umuntu* yapfuye+. 2 Mugabo ku bw’incuti yiwe y’amaraso ya hafi, ku bwa nyina no ku bwa se no ku bw’umuhungu wiwe no ku bw’umukobwa wiwe no ku bwa mwene wabo 3 no ku bwa mushikiwe, umwigeme w’isugi w’incuti yiwe ya hafi, atabiriwe, ku bw’uyo yoshobora kwihumanya. 4 Ntiyokwihumanya ku bw’umugore afiswe na inawe mu bantu b’iwabo ngo yiyanduze. 5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+. 6 Baze berekane ko ari beranda ku Mana yabo+, kandi ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo bashikiriza amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, umukate w’Imana yabo+; kandi bategerezwa kwerekana ko ari beranda+. 7 Ntibaze batware umumaraya+ canke umugore yononywe. Kandi ntibaze batware+ umugore yahukanye+ n’umugabo wiwe, kuko umuherezi ari mweranda ku Mana yiwe. 8 Utegerezwa rero kumweza+, kuko ari we ashikiriza umukate w’Imana yawe. Akwiye kuba mweranda kuri wewe+, kuko jewe Yehova uwuriko arabeza ndi mweranda+.

9 “‘Mu gihe na ho umukobwa w’umuherezi yokwihumanya mu gukora ubumaraya, aba ariko ahumanya se. Akwiye guturirwa mu muriro+.

10 “‘Nayo umuherezi mukuru wo muri bene wabo yasutswe ku mutwe amavuta yo kurobanuza+, n’ukuboko kwiwe kukaba kwujujwe ububasha ngo yambare za mpuzu+, ntakwiye kureka ngo umutwe wiwe ugume udatunganijwe+, kandi ntakwiye gutabura impuzu ziwe+. 11 Kandi ntakwiye kwegera umuvyimba n’umwe+. Ntiyokwihumanya ku bwa se na nyina. 12 Ntakwiye kandi gusohoka ngo ave aheranda canke ngo ahumanye aheranda h’Imana yiwe+, kuko ikimenyetso c’iyegurwa, ya mavuta yo kurobanuza y’Imana yiwe+, kiri kuri we. Ndi Yehova.

13 “‘Kandi we akwiye kwabira umwigeme w’isugi+. 14 Umupfakazi canke umugore yahukanye, uwononywe, umumaraya, muri abo nta n’umwe yotwara, ahubwo akwiye gutwara isugi yo mu bantu b’iwabo ngo imubere umugore. 15 Ntakwiye guhumanya uruvyaro rwiwe mu gisata ciwe+, kuko ndi Yehova uwuriko aramweza+.’”

16 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 17 “Bwira Aroni uti: ‘Nta mugabo wo mu ruvyaro rwawe mu mayaruka yabo yose abonetseko agahonzi+ akwiye kwegera hafi ngo ashikirize umukate w’Imana yiwe+. 18 Umugabo uwo ari we wese ari n’agahonzi, ntakwiye kwegera: umugabo ahumye, canke acumbagira, canke w’izuru risadutse, canke w’igihimba kirekire birenze+, 19 canke umugabo afise imvune y’ikirenge canke y’ukuboko, 20 canke inyonzo canke yonze canke arwaye amaso canke ari n’ibisekera canke afise ibihushi canke yamenetse amatengatwa+. 21 Umugabo wese wo mu ruvyaro rwa Aroni umuherezi ari n’agahonzi ntaze yegere ngo ashikirize amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro+. Ari n’agahonzi. Ntiyokwegera ngo ashikirize umukate w’Imana yiwe+. 22 Yoshobora kurya umukate w’Imana yiwe wo ku bintu vyeranda rwose+ no ku bintu vyeranda+. 23 Ariko ntiyokwinjira hafi y’irido+, kandi ntiyokwegera igicaniro+, kuko ari n’agahonzi+. Kandi ntakwiye guhumanya aheranda hanje+, kuko ndi Yehova uwuriko arabeza+.’”

24 Nuko Musa avugana na Aroni n’abahungu biwe, na bene Isirayeli bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika