ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Zb 51:4; 145:17; Zf 3:5
  • +Yb 12:6; 21:7; Zb 37:1; 73:3; Yr 5:28; Mal 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 118-119

Yeremiya 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:13; Mt 15:8; Mr 7:6

Yeremiya 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:2
  • +2Bm 20:3; 1Ng 29:17; Zb 17:3; 44:21; Yr 11:20
  • +Zb 44:22

Yeremiya 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:10
  • +Zb 107:34; Yr 14:6
  • +Yr 4:25; Hs 4:3; Zf 1:3

Yeremiya 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:13
  • +Yr 14:13
  • +Yr 49:19; 50:44; Zk 11:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2012, rup. 29

    15/3/2011, rup. 32

Yeremiya 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:4
  • +Img 26:25; Yr 23:17

Yeremiya 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:60; Hs 9:15; Lk 13:35
  • +Kv 19:5; Yes 47:6
  • +Int 2:1

Yeremiya 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 9:15; Am 6:8

Yeremiya 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:71
  • +2Bm 24:2; Ezk 16:37
  • +Yes 56:9; Yr 7:33; Ezk 39:17; Ivh 19:18

Yeremiya 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:3
  • +Zb 80:8; Yes 5:1
  • +Yes 63:18
  • +Yr 3:19

Yeremiya 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:11
  • +Yr 10:22; 14:2
  • +Yes 42:25; Mal 2:2

Yeremiya 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 15:2; Ezk 14:17

Yeremiya 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16; Mik 6:15; Hg 1:6
  • +Zb 127:1

Yeremiya 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:4; Yr 48:26; Ezk 25:3; Zf 2:8
  • +Yr 2:3; Zk 1:15; 2:8
  • +Yr 48:2; 49:2
  • +2Ng 7:20

Yeremiya 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Ezk 28:25
  • +Gus 3:20; Yr 32:37; Hs 1:11; Am 9:14; Zf 3:20

Yeremiya 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:22; Gus 6:13; 10:20; Abc 21:7; Yes 65:16; Yr 4:2
  • +Yos 23:7; Zf 1:5
  • +1Pt 2:5

Yeremiya 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 12:1It 18:25; Zb 51:4; 145:17; Zf 3:5
Yer. 12:1Yb 12:6; 21:7; Zb 37:1; 73:3; Yr 5:28; Mal 3:15
Yer. 12:2Yes 29:13; Mt 15:8; Mr 7:6
Yer. 12:3Zb 139:2
Yer. 12:32Bm 20:3; 1Ng 29:17; Zb 17:3; 44:21; Yr 11:20
Yer. 12:3Zb 44:22
Yer. 12:4Yr 23:10
Yer. 12:4Zb 107:34; Yr 14:6
Yer. 12:4Yr 4:25; Hs 4:3; Zf 1:3
Yer. 12:5Yr 4:13
Yer. 12:5Yr 14:13
Yer. 12:5Yr 49:19; 50:44; Zk 11:3
Yer. 12:6Yr 9:4
Yer. 12:6Img 26:25; Yr 23:17
Yer. 12:7Zb 78:60; Hs 9:15; Lk 13:35
Yer. 12:7Kv 19:5; Yes 47:6
Yer. 12:7Int 2:1
Yer. 12:8Hs 9:15; Am 6:8
Yer. 12:9Zb 78:71
Yer. 12:92Bm 24:2; Ezk 16:37
Yer. 12:9Yes 56:9; Yr 7:33; Ezk 39:17; Ivh 19:18
Yer. 12:10Yr 6:3
Yer. 12:10Zb 80:8; Yes 5:1
Yer. 12:10Yes 63:18
Yer. 12:10Yr 3:19
Yer. 12:11Yr 9:11
Yer. 12:11Yr 10:22; 14:2
Yer. 12:11Yes 42:25; Mal 2:2
Yer. 12:12Lw 26:33; Yr 15:2; Ezk 14:17
Yer. 12:13Lw 26:16; Mik 6:15; Hg 1:6
Yer. 12:13Zb 127:1
Yer. 12:14Zb 79:4; Yr 48:26; Ezk 25:3; Zf 2:8
Yer. 12:14Yr 2:3; Zk 1:15; 2:8
Yer. 12:14Yr 48:2; 49:2
Yer. 12:142Ng 7:20
Yer. 12:15Gus 30:3; Ezk 28:25
Yer. 12:15Gus 3:20; Yr 32:37; Hs 1:11; Am 9:14; Zf 3:20
Yer. 12:16It 14:22; Gus 6:13; 10:20; Abc 21:7; Yes 65:16; Yr 4:2
Yer. 12:16Yos 23:7; Zf 1:5
Yer. 12:161Pt 2:5
Yer. 12:17Yes 60:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 12:1-17

Yeremiya

12 Uragororotse+, ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje, egome, iyo mvuganye nawe ibijanye n’urubanza. Kubera iki inzira y’ababisha iroraniwe+, abakora ivy’ubuhemu bose bakaba batagira amaganya? 2 Warabateye; mbere barashoye imizi. Baguma batera imbere; mbere baramye ivyamwa. Uri hafi mu kanwa kabo, mugabo ukaba kure y’amafyigo yabo+. 3 Kandi wewe, ewe Yehova, uranzi neza+; urambona, kandi warasuzumye umutima wanje ngo umenye yuko uri kumwe nawe+. Bashire ku ruhande nk’intama zo gukererwa+, ubashire ukwabo ku bw’umusi wo kwicwa. 4 Igihugu kizogeza ryari gukabirana+, kandi ibimera vyo mu gahinga kose bizogeza ryari kwuma+? Kubera ububi bw’ababa muri co, ibikoko n’ibiremwa biguruka birazimanganijwe+. Kuko bavuze bati: “Ntabona kazoza kacu.”

5 Ko wirutse uri kumwe n’abagenda n’amaguru bakakuruhisha, none uzoshobora gute gusiganwa n’amafarasi+? Vyongeye, uritekaniye mu gihugu c’amahoro+? None uzobigenza gute muri vya bisaka vy’inzitane vyishima vyo ku nkengera ya Yorodani+? 6 Kuko na bene wanyu be n’urugo rwa so, na bo nyene baguhemukiye+. Na bo nyene barasemereye n’ijwi rirenga inyuma yawe. Ntubizere, ngo ni uko gusa bakubwira ibintu vyiza+.

7 “Narahevye inzu yanje+; narataye intoranwa yanje+; natanze uwo umutima wanje wikundira mu kiganza c’abansi biwe+. 8 Umwe ari intoranwa yanje yambereye nk’intambwe mu kibira. Arantontomeye. Ni co catumye ndamwanka+. 9 Intoranwa yanje+ kuri jewe ni nk’inyoni ihiga y’amabara menshi; inyoni zihiga ziyitonzeko irya n’ino+. Nimuze, mukoranire hamwe, mwese bikoko vyo mu gahinga; nimubizane birye+. 10 Abungere+ benshi bahoneje umurima wanje w’imizabibu+; bahonyanze umuturi wanje+. Umuturi wanje uhimbaye+ bawuhinduye agahinga k’igiharabuga. 11 Bawugize igiharabuga+; wakabiranye; wambereye umusaka+. Igihugu cose cagizwe umusaka, kuko ata wabishizeko umutima+. 12 Abanyazi bashitse mu minyuro inoze yose yo mu gahinga. Kuko inkota ya Yehova iriko irarotsa kuva ku mpera imwe y’igihugu gushika ku yindi+. Nta mahoro ariho ku gifise umubiri na kimwe. 13 Babivye ingano, mugabo bashwabura amahwa+. Barakoze baratama gushika n’aho barwara; nta co bazokwunguka+. Ntibazobura kumaramazwa n’imyimbu yanyu kubera ishavu rirurumba rya Yehova.”

14 Ibi ni vyo Yehova avuze ku babanyi banje bose babi+, abakora ku ntoranwa nagabiye abantu banje, egome Isirayeli+: “Ehe ngira ndabarandure ku butaka bwabo+; kandi inzu ya Yuda nzoyirandura hagati muri bo+. 15 Kandi ninamara kubarandura, emwe, nzokwongera kubagirira imbabazi+, ndabagarukane, umwe wese mu ntoranwa yiwe, n’umwe wese mu gihugu ciwe+.”

16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+. 17 Mugabo nibatagamburuka, nanje rero nzorandura iryo hanga, ndarirandure nongere ndarihonye+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika