ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 27:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:32; 26:16; Lk 11:28

Gusubira mu vyagezwe 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:1; Yos 4:1

Gusubira mu vyagezwe 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:12
  • +Yos 8:32
  • +Lw 20:24; Gh 13:27; 14:8; Gus 26:9; Yr 11:5; 32:22

Gusubira mu vyagezwe 27:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:29; Yos 8:30
  • +Gus 27:2

Gusubira mu vyagezwe 27:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:25; Yos 8:31

Gusubira mu vyagezwe 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:9

Gusubira mu vyagezwe 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1
  • +Lw 7:15
  • +Gus 12:7; 16:11

Gusubira mu vyagezwe 27:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:12
  • +Hab 2:2

Gusubira mu vyagezwe 27:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Gus 26:18

Gusubira mu vyagezwe 27:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:6; 1Bm 2:3; Mt 19:17; 1Yh 5:3
  • +1Bm 8:61

Gusubira mu vyagezwe 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1996, rup. 6

Gusubira mu vyagezwe 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:11
  • +Yos 8:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1996, rup. 6

Gusubira mu vyagezwe 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:10; Neh 8:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1996, rup. 6

Gusubira mu vyagezwe 27:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:4; Gus 4:16; Yes 44:9
  • +Kv 34:17; Lw 19:4; Gh 33:52
  • +Gus 7:25; 29:17
  • +Hs 13:2
  • +Gh 5:22; Neh 5:13

Gusubira mu vyagezwe 27:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:12; Lw 19:3; Gus 21:18, 21; Img 20:20; 30:17; Mt 15:4

Gusubira mu vyagezwe 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:14; Img 22:28; 23:10

Gusubira mu vyagezwe 27:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:14

Gusubira mu vyagezwe 27:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “agahungu katagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:23; Mik 3:11
  • +Gus 16:20
  • +Kv 22:21
  • +Kv 22:22; Gus 10:18; 24:17; Mal 3:5; Yak 1:27

Gusubira mu vyagezwe 27:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “igice co hepfo c’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:8; 2Sm 16:22; 1Kr 5:1

Gusubira mu vyagezwe 27:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:19; Lw 18:23; 20:15

Gusubira mu vyagezwe 27:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:9; 20:17; 2Sm 13:14; Ezk 22:11

Gusubira mu vyagezwe 27:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:17; 20:14

Gusubira mu vyagezwe 27:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:13; 21:12; Lw 24:17; Gh 35:31

Gusubira mu vyagezwe 27:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:17; Ezk 22:12; Mt 27:4; Ivk 1:18

Gusubira mu vyagezwe 27:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15; Zb 119:21; Yr 11:3; Gl 3:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 27:1Gus 11:32; 26:16; Lk 11:28
Gus. 27:2Gus 6:1; Yos 4:1
Gus. 27:3Kv 24:12
Gus. 27:3Yos 8:32
Gus. 27:3Lw 20:24; Gh 13:27; 14:8; Gus 26:9; Yr 11:5; 32:22
Gus. 27:4Gus 11:29; Yos 8:30
Gus. 27:4Gus 27:2
Gus. 27:5Kv 20:25; Yos 8:31
Gus. 27:6Lw 1:9
Gus. 27:7Lw 3:1
Gus. 27:7Lw 7:15
Gus. 27:7Gus 12:7; 16:11
Gus. 27:8Kv 24:12
Gus. 27:8Hab 2:2
Gus. 27:9Kv 19:5; Gus 26:18
Gus. 27:10Kv 20:6; 1Bm 2:3; Mt 19:17; 1Yh 5:3
Gus. 27:101Bm 8:61
Gus. 27:12Gus 11:29
Gus. 27:13Dn 9:11
Gus. 27:13Yos 8:33
Gus. 27:14Gus 33:10; Neh 8:7
Gus. 27:15Kv 20:4; Gus 4:16; Yes 44:9
Gus. 27:15Kv 34:17; Lw 19:4; Gh 33:52
Gus. 27:15Gus 7:25; 29:17
Gus. 27:15Hs 13:2
Gus. 27:15Gh 5:22; Neh 5:13
Gus. 27:16Kv 20:12; Lw 19:3; Gus 21:18, 21; Img 20:20; 30:17; Mt 15:4
Gus. 27:17Gus 19:14; Img 22:28; 23:10
Gus. 27:18Lw 19:14
Gus. 27:19Img 17:23; Mik 3:11
Gus. 27:19Gus 16:20
Gus. 27:19Kv 22:21
Gus. 27:19Kv 22:22; Gus 10:18; 24:17; Mal 3:5; Yak 1:27
Gus. 27:20Lw 18:8; 2Sm 16:22; 1Kr 5:1
Gus. 27:21Kv 22:19; Lw 18:23; 20:15
Gus. 27:22Lw 18:9; 20:17; 2Sm 13:14; Ezk 22:11
Gus. 27:23Lw 18:17; 20:14
Gus. 27:24Kv 20:13; 21:12; Lw 24:17; Gh 35:31
Gus. 27:25Gus 10:17; Ezk 22:12; Mt 27:4; Ivk 1:18
Gus. 27:26Gus 28:15; Zb 119:21; Yr 11:3; Gl 3:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 27:1-26

Gusubira mu vyagezwe

27 Maze Musa, ari kumwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli, abandanya gutegeka abantu ati: “Haze hubahirizwe ibwirizwa ryose ndabategetse uno musi+. 2 Kandi umusi muzojabuka Yorodani+ mwinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, uze wishingire amabuye maninimanini, uyasige ishwagara. 3 Uze uyandikeko amajambo yose y’iri tegeko+ niwamara kujabuka+, kugira winjire mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, igihugu gitemba amata n’ubuki, wisunze ivyo Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe yakubwiye+. 4 Kandi nimwamara kujabuka Yorodani, muze mushinge ayo mabuye ku musozi Ebali+, nk’uko ndabategetse uno musi, uyasige ishwagara+. 5 Uze uhubakire igicaniro Yehova Imana yawe, igicaniro c’amabuye. Ntuze uyakozeko igikoresho c’icuma+. 6 Ico gicaniro ca Yehova Imana yawe uze ucubakishe amabuye ari uko yakabaye, uheze ugishikanireko Yehova Imana yawe amashikanwa aturirwa+. 7 Kandi utegerezwa gushikana ibimazi vy’ugusangira+, ubirire ng’aho+, kandi utegerezwa kunezerwa imbere ya Yehova Imana yawe+. 8 Utegerezwa kwandika kuri ayo mabuye amajambo yose y’iri tegeko+, ku buryo asomeka neza+.”

9 Maze Musa n’abaherezi, Abalewi, babwira Isirayeli yose bati: “Cereza wumvirize, ewe Isirayeli. Uyu musi ucitse igisata ca Yehova Imana yawe+. 10 Kandi utegerezwa kwumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe ugashitsa amabwirizwa yiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ ndagutegetse uno musi.”

11 Nuko kuri uwo musi Musa abandanya gutegeka abantu ati: 12 “Aba ni bo bazohagarara ngo bahezagire abantu ku musozi Gerizimu+ nimwamara kujabuka Yorodani: Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Yozefu na Benyamini. 13 Aba na bo ni bo bazohagarara ku bwo gutanga umuvumo+ ku musozi Ebali+: Rubeni, Gadi na Asheri na Zebuloni, Dani na Nafutali. 14 Kandi Abalewi baze bishure, babwire abantu bose bo muri Isirayeli n’ijwi rirenga+, bati:

15 “‘Aravumwe umuntu akora igishusho c’ikibazano+ canke igishushanyo mu cuma gishongeshejwe+, ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, ikintu gikozwe n’amaboko y’umuhinguzi w’ibiti n’ivyuma+, akagishira ahihishije.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen+!’)

16 “‘Aravumwe umuntu akengera se canke nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

17 “‘Aravumwe umuntu yigiza inyuma akarimbi ka mugenziwe+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

18 “‘Aravumwe umuntu azimiza impumyi mu nzira+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

19 “‘Aravumwe umuntu agoreka+ urubanza+ rwa kavamahanga+, rw’impfuvyi* n’urw’umupfakazi+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

20 “‘Aravumwe umuntu aryamana n’umugore wa se, kuko aba yambuye impuzu* se+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

21 “‘Aravumwe umuntu aryamana n’igikoko ico ari co cose+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

22 “‘Aravumwe umuntu aryamana na mushikiwe, umukobwa wa se canke wa nyina+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

23 “‘Aravumwe umuntu aryamana na inabukwe+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

24 “‘Aravumwe umuntu akubita mugenziwe agapfa yabanje kumwinyegeza+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

26 “‘Aravumwe umuntu atazoshira mu ngiro amajambo y’iri tegeko mu kuyashitsa+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika