ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 15
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 15:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; Gus 7:1

Guharura 15:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:2
  • +Lw 1:3
  • +Lw 7:16; 22:18, 21
  • +Lw 23:4; Gh 28:16; 29:1; Gus 16:13, 16
  • +It 8:21; Lw 1:9; Ef 5:2

Guharura 15:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ingero ya hini yangana n’amalitiro 3,67.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:40; Lw 2:1, 11

Guharura 15:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:7, 14; 2Tm 4:6

Guharura 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3
  • +Lw 7:16
  • +Lw 3:1, 3; 7:11

Guharura 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:14; 7:37; Gh 28:12; 29:6; 1Ng 21:23

Guharura 15:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:14

Guharura 15:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 8:21; Lw 1:9; 3:16; Ezk 20:41

Guharura 15:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49; Lw 22:18; 24:22; Gh 9:14

Guharura 15:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:29
  • +Lw 19:34; 20:2; 24:16; Rm 3:29

Guharura 15:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:29; 17:15; Gh 15:14

Guharura 15:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:10; Gus 7:1; 26:1

Guharura 15:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 5:11, 12

Guharura 15:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:19; Lw 2:14; Gh 18:12; Gus 26:2, 10; Neh 10:37; Img 3:9

Guharura 15:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:12; Yak 4:17

Guharura 15:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:8, 10
  • +Lw 4:23; Gh 28:15; 2Ng 29:21; Ezr 6:17; 8:35

Guharura 15:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:20; Heb 2:17; 1Yh 2:2
  • +Heb 10:17; Yak 4:17

Guharura 15:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:9; Lw 16:30

Guharura 15:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:12; Ivk 17:30
  • +Lw 4:28

Guharura 15:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:35

Guharura 15:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49; Lw 24:22; Gh 9:14; 15:15

Guharura 15:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:14; Gus 1:43; 17:12; Heb 10:26
  • +Lw 24:11; Yes 37:23
  • +Lw 24:14

Guharura 15:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:12; 1Ts 4:8
  • +Lw 26:15
  • +Gh 14:18; Heb 10:28
  • +Lw 5:1; Gh 27:3; Ezk 18:20

Guharura 15:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:10; 35:2; Gus 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2022, rup. 2-3

Guharura 15:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 24:12

Guharura 15:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 31:14
  • +Lw 24:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2022, rup. 2-3

Guharura 15:38

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ku bice vyo hepfo vy’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:12; Mt 23:5; Lk 8:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 12

    1/8/2004, rup. 26

    15/7/2003, rup. 13

Guharura 15:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:18
  • +Gus 29:19; Abc 17:6; Yb 31:7; Yr 9:14
  • +Kv 34:15; Zb 106:39; Yak 4:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 12-13

    15/7/2003, rup. 13

Guharura 15:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; Rm 12:1; 1Pt 1:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2003, rup. 13

Guharura 15:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:8; Kv 29:45; Lw 25:38
  • +Kv 3:15; 6:2; Lw 22:33

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 15:2It 15:18; Gus 7:1
Guh. 15:3Lw 1:2
Guh. 15:3Lw 1:3
Guh. 15:3Lw 7:16; 22:18, 21
Guh. 15:3Lw 23:4; Gh 28:16; 29:1; Gus 16:13, 16
Guh. 15:3It 8:21; Lw 1:9; Ef 5:2
Guh. 15:4Kv 29:40; Lw 2:1, 11
Guh. 15:5Gh 28:7, 14; 2Tm 4:6
Guh. 15:8Lw 1:3
Guh. 15:8Lw 7:16
Guh. 15:8Lw 3:1, 3; 7:11
Guh. 15:9Lw 6:14; 7:37; Gh 28:12; 29:6; 1Ng 21:23
Guh. 15:10Gh 28:14
Guh. 15:13It 8:21; Lw 1:9; 3:16; Ezk 20:41
Guh. 15:14Kv 12:49; Lw 22:18; 24:22; Gh 9:14
Guh. 15:15Gh 15:29
Guh. 15:15Lw 19:34; 20:2; 24:16; Rm 3:29
Guh. 15:16Lw 16:29; 17:15; Gh 15:14
Guh. 15:18Lw 23:10; Gus 7:1; 26:1
Guh. 15:19Yos 5:11, 12
Guh. 15:20Kv 23:19; Lw 2:14; Gh 18:12; Gus 26:2, 10; Neh 10:37; Img 3:9
Guh. 15:22Zb 19:12; Yak 4:17
Guh. 15:24Gh 15:8, 10
Guh. 15:24Lw 4:23; Gh 28:15; 2Ng 29:21; Ezr 6:17; 8:35
Guh. 15:25Lw 4:20; Heb 2:17; 1Yh 2:2
Guh. 15:25Heb 10:17; Yak 4:17
Guh. 15:26Kv 34:9; Lw 16:30
Guh. 15:27Zb 19:12; Ivk 17:30
Guh. 15:27Lw 4:28
Guh. 15:28Lw 4:35
Guh. 15:29Kv 12:49; Lw 24:22; Gh 9:14; 15:15
Guh. 15:30Kv 21:14; Gus 1:43; 17:12; Heb 10:26
Guh. 15:30Lw 24:11; Yes 37:23
Guh. 15:30Lw 24:14
Guh. 15:31Yes 30:12; 1Ts 4:8
Guh. 15:31Lw 26:15
Guh. 15:31Gh 14:18; Heb 10:28
Guh. 15:31Lw 5:1; Gh 27:3; Ezk 18:20
Guh. 15:32Kv 20:10; 35:2; Gus 5:14
Guh. 15:34Lw 24:12
Guh. 15:35Kv 31:14
Guh. 15:35Lw 24:14
Guh. 15:38Gus 22:12; Mt 23:5; Lk 8:44
Guh. 15:39Gus 11:18
Guh. 15:39Gus 29:19; Abc 17:6; Yb 31:7; Yr 9:14
Guh. 15:39Kv 34:15; Zb 106:39; Yak 4:4
Guh. 15:40Lw 11:44; Rm 12:1; 1Pt 1:15
Guh. 15:41It 17:8; Kv 29:45; Lw 25:38
Guh. 15:41Kv 3:15; 6:2; Lw 22:33
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 15:1-41

Guharura

15 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Amaherezo nimwinjira mu gihugu ngira ndabahe, mu bibanza muzobamwo+, 3 hanyuma mukabwirizwa guhereza ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+, ishikanwa riturirwa+ canke ikimazi ku bwo gushitsa indagano idasanzwe canke ku bushake+ canke mu gihe c’imisi mikuru y’ibiringo+ yanyu, kugira ngo bibe akamoto karuhura kuri Yehova+, ishikanwa rivuye mu busho canke mu mukuku; 4 uwushikiriza ishikanwa ryiwe aze ashikirize Yehova n’ishikanwa ry’intete ry’ifu inoze+, ic’icumi c’ingero ya efa, ribombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta. 5 Kandi uze uhereze umuvinyu bwa shikanwa ry’ikinyobwa+, ica kane ca hini, uri kumwe n’ishikanwa riturirwa canke ikimazi c’umwagazi w’intama w’isuguru umwe wose. 6 Canke ku bw’impfizi y’intama, uze uhereze ishikanwa ry’intete ry’ivy’icumi bibiri vy’ifu inoze, ribombekeshejwe ica gatatu ca hini y’amavuta. 7 Kandi uze ushikirize umuvinyu bwa shikanwa ry’ikinyobwa, ica gatatu ca hini, bwa kamoto karuhura kuri Yehova.

8 “‘Mugabo mu gihe wohereza ikigabo co mu busho bwa shikanwa riturirwa+ canke bwa kimazi, ku bwo gushitsa indagano idasanzwe+ canke bwa bimazi vy’ugusangira bihabwa Yehova+, 9 uze kandi ushikirize kumwe na nya kigabo co mu busho ishikanwa ry’intete+ ry’ivy’icumi bitatu vy’ifu inoze, ribombekeshejwe ica kabiri ca hini y’amavuta. 10 Kandi uze ushikirize umuvinyu bwa shikanwa ry’ikinyobwa+, ica kabiri ca hini, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova. 11 Ukwo ni ko bizogirwa kw’ishūri imwimwe yose, canke ku mpfizi y’intama imwimwe yose, canke ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose, canke ku mpene imwimwe yose. 12 Igitigiri mwohereza caba ikihe, ukwo ni ko muzokora kuri kimwekimwe cose nk’uko igitigiri cavyo kiri. 13 Ukwo ni ko imvukira yose izohereza ivyo, mu gushikiriza ishikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.

14 “‘Mu gihe hoba hari kavamahanga canke uwuri hagati muri mwebwe mu mayaruka yanyu abanye namwe ari kavamahanga, maze bikaba ngombwa ko ahereza ishikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova, uko muzogenza ni ko na we azogenza+. 15 Mwebwe abo mw’ishengero be na kavamahanga abayeho ari kavamahanga muzogira icagezwe kimwe+. Kizoba icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu. Kavamahanga azoba cokimwe namwe imbere ya Yehova+. 16 Hazoba itegeko rimwe n’ingingo y’ubutungane* imwe kuri mwebwe no kuri kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga+.’”

17 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 18 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwinjira mu gihugu ndabajanyemwo+, 19 haze rero habe ibi: nimwarya umukate uwo ari wo wose w’ico gihugu+, muze mutange intererano ihabwa Yehova. 20 Muze mutange intererano y’imishuzo+ y’ifu yanyu itanoze bwa dutsima tumeze nk’ikigōmbo. Muze muyitangeko intererano nka kurya kw’intererano ivuye ku mbuga y’ikubitiro. 21 Igihimba c’ifu yanyu itanoze y’ivyerano vya mbere muze mugihe Yehova bwa ntererano, mu mayaruka yanyu.

22 “‘Mu gihe na ho mwohuba ntimushitse aya mabwirizwa yose+ Yehova yabwiye Musa, 23 ivyo Yehova yabategetse vyose biciye kuri Musa guhera umusi Yehova yatanga amategeko no kubandanya ku bw’amayaruka yanyu, 24 ng’ibi rero ibizoba: nimba vyakorewe kure y’amaso y’ikoraniro bivuye ku kwihenda, ikoraniro ryose rize rihereze rero ikimasa kimwe bwa shikanwa riturirwa ku bw’akamoto karuhura kuri Yehova, n’ishikanwa ry’intete ryaryo be n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo, hisunzwe ukuntu bisanzwe bigirwa+, be n’umwagazi w’impene umwe bwa shikanwa ry’igicumuro+. 25 Umuherezi aze atangire impongano+ ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, na bo bazobabarirwa; kuko kwabaye ukwihenda+; na bo, ku ruhande rwabo, bakaba bazanye bwa shikanwa ryabo ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova n’ishikanwa ry’igicumuro ryabo imbere ya Yehova ku bw’ukwihenda kwabo. 26 Kandi ikoraniro ryose rya bene Isirayeli na kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri bo bazobabarirwa+, kuko bizoba vyabaye ku kwihenda kw’abantu bose.

27 “‘Kandi nihagira umuntu acumura bivuye ku kwihenda+, aze ashikirize rero ku bw’ishikanwa ry’igicumuro impene ivyara iri mu mwaka wayo wa mbere+. 28 Umuherezi aze atangire impongano uwo muntu yahuvye mu gukora igicumuro atabishaka imbere ya Yehova, kugira ngo gitangirwe impongano, na we azobabarirwa+. 29 Nayo ku mvukira muri bene Isirayeli no kuri kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri bo, muzogira itegeko rimwe ku bijanye n’ikintu gikozwe bitavuye ku gushaka+.

30 “‘Mugabo umuntu akora ikintu nkana+, yaba ari imvukira canke kavamahanga, gutyo akaba atutse Yehova+, uwo muntu rero ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+. 31 Kuko ari ijambo rya Yehova yasuzuguye+ n’ibwirizwa ryiwe yarenze+, uwo muntu aze arandurwe ata kabuza+. Ikosa ryiwe riri kuri we+.’”

32 Mu gihe bene Isirayeli bari bakiri mu gahinga, igihe kimwe babonye umuntu yariko atoragura udukwi ku musi w’isabato+. 33 Maze abamubonye ariko atoragura udukwi bamuzana kuri Musa na Aroni n’ikoraniro ryose. 34 Nuko bamushira aho acungirwa+, kuko hatari haravuzwe mu buryo butomoye ico akwiye kugirirwa.

35 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Uwo muntu akwiye kwicwa ata kabuza+: ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye hanze y’ikambi+.” 36 Nuko rero ikoraniro ryose rimusohora hanze y’ikambi maze rimutera amabuye ku buryo apfa, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

37 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 38 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire yuko bategerezwa kwihingurira imibari y’ubuyonga ku mpuzu* zabo mu mayaruka yabo yose, kandi baze bashire akagozi k’ubururu hejuru y’umubari w’ubuyonga w’impuzu+. 39 ‘Kaze kababere umubari w’ubuyonga, namwe muzokabona maze mwibuke amabwirizwa+ ya Yehova yose hanyuma muyashitse, kandi ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu+, ivyo muriko murakurikira mu bushurashuzi+. 40 Ni ukugira ngo mwibuke hanyuma mushitse koko amabwirizwa yanje yose kandi mwerekane vy’ukuri ko muri beranda ku Mana yanyu+. 41 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri kugira ngo nerekane ko ndi Imana yanyu+. Ndi Yehova Imana yanyu+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika