ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 14
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 14:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:24

Yeremiya 14:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:28; Int 1:4; Hs 4:3; Yw 1:10
  • +Yes 3:26; 24:4
  • +Int 2:9
  • +1Sm 5:12

Yeremiya 14:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:5
  • +1Bm 17:7
  • +Zb 40:14; 109:29; Yes 45:16
  • +2Sm 15:30; Est 6:12

Yeremiya 14:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:20; Gus 28:23
  • +2Sm 19:4

Yeremiya 14:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 6:5
  • +Gus 29:23; Yes 42:15; Yr 12:4; Yw 1:18

Yeremiya 14:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:9; Zb 25:11; 115:1
  • +Ezr 9:6; Neh 9:33; Yr 5:6; Dn 9:5
  • +Dn 9:8

Yeremiya 14:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 17:13; 50:7
  • +Zb 106:8, 21; Yes 45:15; Tt 1:3
  • +Zb 46:1
  • +Abc 19:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    22/4/2004, rup. 10

Yeremiya 14:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:23; Yes 59:1
  • +Kv 29:45; Lw 26:11; Gus 23:14; Zb 46:5; Yes 12:6; 2Kr 6:16
  • +Yr 15:16; Dn 9:19

Yeremiya 14:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:23
  • +Zb 119:101; Yr 2:25
  • +Yr 6:20; Am 5:22
  • +Zb 109:14; Hs 8:13; 9:9

Yeremiya 14:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:16; 11:14

Yeremiya 14:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:28; Yes 1:15; 58:3; Yr 11:11; Ezk 8:18; Zk 7:13
  • +Img 15:8; Yes 1:11; Yr 7:22
  • +Yr 9:16; Ezk 5:12; 14:21

Yeremiya 14:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:10; 5:31; 6:14; 23:17; 27:9; Ezk 13:10; Mik 3:11

Yeremiya 14:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:15; Yr 23:25; 27:10; 29:8, 21
  • +Yr 23:21; 27:15
  • +Int 2:14; Ezk 12:24; Zk 10:2
  • +Yr 23:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 5

Yeremiya 14:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:13; 23:15; Ezk 13:9

Yeremiya 14:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:3; Yr 9:22
  • +Img 1:31; Yr 4:18

Yeremiya 14:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:18; 9:1; Int 1:16; 2:18
  • +Yr 8:21; Int 1:15
  • +Yr 30:12

Yeremiya 14:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 7:15
  • +Int 5:10
  • +Gus 28:36

Yeremiya 14:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:38; Int 5:22
  • +Yr 12:8
  • +2Ng 36:16; Yr 8:22; 15:18; Int 2:13
  • +Yr 8:15

Yeremiya 14:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:40; Ezr 9:7; Neh 9:2; Zb 106:6
  • +2Sm 12:13; Zb 51:4; Dn 9:5, 8; 1Yh 1:9

Yeremiya 14:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 36:22; Dn 9:15
  • +Yr 17:12
  • +Kv 32:13; Lw 26:42; Zb 106:45; Lk 1:72

Yeremiya 14:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:21
  • +Zk 10:1
  • +Gus 28:12; Zb 135:7; 147:8; Yes 30:23; Yw 2:23
  • +Zb 25:3; 130:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 14:1Gus 28:24
Yer. 14:2Yr 4:28; Int 1:4; Hs 4:3; Yw 1:10
Yer. 14:2Yes 3:26; 24:4
Yer. 14:2Int 2:9
Yer. 14:21Sm 5:12
Yer. 14:31Bm 18:5
Yer. 14:31Bm 17:7
Yer. 14:3Zb 40:14; 109:29; Yes 45:16
Yer. 14:32Sm 15:30; Est 6:12
Yer. 14:4Lw 26:20; Gus 28:23
Yer. 14:42Sm 19:4
Yer. 14:6Yb 6:5
Yer. 14:6Gus 29:23; Yes 42:15; Yr 12:4; Yw 1:18
Yer. 14:7Yos 7:9; Zb 25:11; 115:1
Yer. 14:7Ezr 9:6; Neh 9:33; Yr 5:6; Dn 9:5
Yer. 14:7Dn 9:8
Yer. 14:8Yr 17:13; 50:7
Yer. 14:8Zb 106:8, 21; Yes 45:15; Tt 1:3
Yer. 14:8Zb 46:1
Yer. 14:8Abc 19:7
Yer. 14:9Zb 44:23; Yes 59:1
Yer. 14:9Kv 29:45; Lw 26:11; Gus 23:14; Zb 46:5; Yes 12:6; 2Kr 6:16
Yer. 14:9Yr 15:16; Dn 9:19
Yer. 14:10Yr 2:23
Yer. 14:10Zb 119:101; Yr 2:25
Yer. 14:10Yr 6:20; Am 5:22
Yer. 14:10Zb 109:14; Hs 8:13; 9:9
Yer. 14:11Yr 7:16; 11:14
Yer. 14:12Img 1:28; Yes 1:15; 58:3; Yr 11:11; Ezk 8:18; Zk 7:13
Yer. 14:12Img 15:8; Yes 1:11; Yr 7:22
Yer. 14:12Yr 9:16; Ezk 5:12; 14:21
Yer. 14:13Yr 4:10; 5:31; 6:14; 23:17; 27:9; Ezk 13:10; Mik 3:11
Yer. 14:14Yes 9:15; Yr 23:25; 27:10; 29:8, 21
Yer. 14:14Yr 23:21; 27:15
Yer. 14:14Int 2:14; Ezk 12:24; Zk 10:2
Yer. 14:14Yr 23:26
Yer. 14:15Yr 5:13; 23:15; Ezk 13:9
Yer. 14:16Zb 79:3; Yr 9:22
Yer. 14:16Img 1:31; Yr 4:18
Yer. 14:17Yr 8:18; 9:1; Int 1:16; 2:18
Yer. 14:17Yr 8:21; Int 1:15
Yer. 14:17Yr 30:12
Yer. 14:18Ezk 7:15
Yer. 14:18Int 5:10
Yer. 14:18Gus 28:36
Yer. 14:19Zb 89:38; Int 5:22
Yer. 14:19Yr 12:8
Yer. 14:192Ng 36:16; Yr 8:22; 15:18; Int 2:13
Yer. 14:19Yr 8:15
Yer. 14:20Lw 26:40; Ezr 9:7; Neh 9:2; Zb 106:6
Yer. 14:202Sm 12:13; Zb 51:4; Dn 9:5, 8; 1Yh 1:9
Yer. 14:21Ezk 36:22; Dn 9:15
Yer. 14:21Yr 17:12
Yer. 14:21Kv 32:13; Lw 26:42; Zb 106:45; Lk 1:72
Yer. 14:22Gus 32:21
Yer. 14:22Zk 10:1
Yer. 14:22Gus 28:12; Zb 135:7; 147:8; Yes 30:23; Yw 2:23
Yer. 14:22Zb 25:3; 130:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 14:1-22

Yeremiya

14 Iri ni ryo jambo rya Yehova ryaje kuri Yeremiya ku vyerekeye uruzuba+: 2 Yuda iragandaye+, kandi amarembo yayo arayamye+. Ayo marembo yajonjogoye gushika hasi+, kandi ukuboroga kwa Yeruzalemu kuraduze+. 3 Abakomakomeye baho batumye ba nyarucari babo kurondera amazi+. Bashitse ku mifurege. Nta mazi baronse+. Bagarukanye ivyombo bigaragara. Bamaramaye+, batashe zirayoye, kandi bitwikiriye umutwe+. 4 Kubera ubutaka busataguritse bivanye n’uko ata mvura y’isegenya yaguye mu gihugu+, abarimyi bamaramaye; bitwikiriye umutwe+. 5 Kuko n’impongokazi yo mw’ishamba yavyaye, mugabo igata umwana, kubera ata vyatsi biremvye vyariho. 6 Imparage+ zahagaze ku mirambi igaragara; zamotēreye umuyaga nk’imbwebwe; amaso yazo yayamye kubera ata bimera biriho+. 7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.

8 Ewe cizigiro ca Isirayeli+, Umukiza wiwe+ mu gihe c’amarushwa+, kubera iki uba nka kavamahanga mu gihugu, nk’ingenzi yakebeje kugira ngo irare ahantu+? 9 Kubera iki uba nk’umuntu ajorewe, nk’umuntu w’umunyenkomezi adashoboye gukiza+? Yamara wewe uri hagati muri twebwe+, ewe Yehova, kandi twitiriwe izina ryawe+. Ntuduhebe.

10 Ibi ni vyo Yehova avuze kuri aba bantu: “Gutyo bakunze kuyerera+; ntibacungereye ibirenge vyabo+. Ni co catumye Yehova adahimbarwa na bo+. Ubu rero azokwibuka ikosa ryabo, yiteho ibicumuro vyabo+.”

11 Nuko Yehova ambwira ati: “Ntusengere aba bantu ubaronderera iciza+. 12 Igihe bisonzesha, sinumviriza akamo kabo k’ukwinginga+; kandi igihe bashikana ishikanwa riturirwa uko ryakabaye n’ishikanwa ry’intete, ntibimpimbara+; kuko ngira ndabamarishe inkota n’ikigoyi n’ikiza+.”

13 Nca mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe abahanuzi bababwira ngo: ‘Nta nkota muzobona, kandi nta kigoyi kizobazako, mugabo amahoro nyakuri ni yo nzobaha aha hantu+.’”

14 Yehova yongera kumbwira ati: “Ubuhanuzi bw’ibinyoma ni bwo abo bahanuzi bavuga mw’izina ryanje+. Sinabatumye, eka kandi nta co nabategetse canke ngo ndababwire+. Bababwira mu buryo bw’ubuhanuzi ukwerekwa kw’ikinyoma, ukuragura, ikintu ata co kimaze+, n’amayeri yo mu mutima wabo+. 15 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: Ku bijanye n’abo bahanuzi bavuga ubuhanuzi mw’izina ryanje kandi jewe ntabatumye, bakavuga yuko ata nkota canke ikigoyi bizoza muri iki gihugu, ‘abo bahanuzi bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+. 16 Kandi abantu babwira ubuhanuzi bazoshiburirwa mu mabarabara ya Yeruzalemu kubera ikigoyi n’inkota, ntihagire uwubahamba, bo ubwabo n’abagore babo n’abahungu babo n’abakobwa babo+. Nzobasukako ivyago vyabo+.’

17 “Uze ubabwire iri jambo uti: ‘Amaso yanje natembe amosozi ijoro n’umurango, ntahagarike+, kuko umukobwa w’isugi w’abantu banje avunitse agasenyuka bimwe bikomeye+, akagira uruguma rusesereza cane+. 18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga, ndahasanga abagandaguwe n’inkota+! Ninjira mu gisagara na ho, nkahasanga indwara ziturutse ku kigoyi+! Kuko umuhanuzi n’umuherezi banyuragiye mu gihugu batazi+.’”

19 Mbega warataye Yuda buhere+, canke umutima wawe warazinutswe Siyoni+? Kubera iki none wadukubise, ku buryo tudashobora gukira+? Twari twiteze amahoro, mugabo nta ciza caje; twari twiteze igihe c’ugukira, none ehe, haje ivutu+! 20 Ewe Yehova, turemeye icese koko ububisha bwacu, ikosa rya ba sogokuruza bacu+, kuko twagucumuyeko+. 21 Ntutugaye ku bw’izina ryawe+; ntusuzugure intebe y’ubwami yawe ininahaye+. Niwibuke; nturenge kw’isezerano wagiranye natwe+. 22 Mbega mu bigirwamana bitagira mvura+ vy’amahanga hari icoshobora kugwisha imvura, canke amajuru ubwayo yoshobora gutanga imvura nyinshi+? None si wewe, ga Yehova Mana yacu+? Kandi turakwizigiye, kuko ari wewe wakoze ivyo bintu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika