ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:16; 2Bm 10:30
  • +2Bm 11:2; 1Ng 3:11; 2Ng 24:1

2 Abami 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:3; 2Ng 24:2

2 Abami 12:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:52; Yr 2:20

2 Abami 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:1; 2Ng 35:2
  • +1Bm 7:51
  • +1Ng 18:11; 2Ng 31:12
  • +Kv 30:13; 2Ng 24:9
  • +Lw 27:2, 12
  • +Kv 25:2; 35:21; Neh 10:39; 2Kr 9:11

2 Abami 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:8, 28
  • +2Ng 24:7

2 Abami 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 24:5; Rm 12:11; Kl 3:23

2 Abami 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 11:4; 2Ng 23:1; 24:15
  • +2Ng 24:6

2 Abami 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 24:8; Mr 12:41; Lk 21:1
  • +2Bm 11:6; Zb 84:10
  • +2Ng 24:10; Mt 6:4; 2Kr 9:7

2 Abami 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 20:25; 2Bm 18:18
  • +2Ng 24:11

2 Abami 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:5; 2Ng 24:12; 34:10

2 Abami 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 5:17; Ezr 5:8

2 Abami 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:50
  • +2Ng 4:22
  • +Gh 10:2; 2Ng 5:12
  • +2Ng 24:14

2 Abami 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 24:13

2 Abami 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 34:12
  • +2Bm 22:7
  • +1Kr 4:2

2 Abami 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:15; 7:7
  • +Gh 18:8

2 Abami 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:15; 2Bm 8:13; 10:32; Am 1:4
  • +1Ng 18:1
  • +Yr 42:15; Lk 9:51
  • +2Ng 24:23

2 Abami 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 15:18
  • +2Bm 16:8; 18:15

2 Abami 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:29; 2Bm 8:23

2 Abami 12:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:5
  • +2Ng 24:25; 25:27
  • +1Bm 9:15
  • +2Sm 5:9; 1Bm 9:24; 11:27; 2Ng 32:5

2 Abami 12:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 24:26
  • +2Ng 24:27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 12:11Bm 19:16; 2Bm 10:30
2 Abm. 12:12Bm 11:2; 1Ng 3:11; 2Ng 24:1
2 Abm. 12:22Bm 14:3; 2Ng 24:2
2 Abm. 12:3Gh 33:52; Yr 2:20
2 Abm. 12:4Kv 28:1; 2Ng 35:2
2 Abm. 12:41Bm 7:51
2 Abm. 12:41Ng 18:11; 2Ng 31:12
2 Abm. 12:4Kv 30:13; 2Ng 24:9
2 Abm. 12:4Lw 27:2, 12
2 Abm. 12:4Kv 25:2; 35:21; Neh 10:39; 2Kr 9:11
2 Abm. 12:5Gh 18:8, 28
2 Abm. 12:52Ng 24:7
2 Abm. 12:62Ng 24:5; Rm 12:11; Kl 3:23
2 Abm. 12:72Bm 11:4; 2Ng 23:1; 24:15
2 Abm. 12:72Ng 24:6
2 Abm. 12:92Ng 24:8; Mr 12:41; Lk 21:1
2 Abm. 12:92Bm 11:6; Zb 84:10
2 Abm. 12:92Ng 24:10; Mt 6:4; 2Kr 9:7
2 Abm. 12:102Sm 20:25; 2Bm 18:18
2 Abm. 12:102Ng 24:11
2 Abm. 12:112Bm 22:5; 2Ng 24:12; 34:10
2 Abm. 12:121Bm 5:17; Ezr 5:8
2 Abm. 12:131Bm 7:50
2 Abm. 12:132Ng 4:22
2 Abm. 12:13Gh 10:2; 2Ng 5:12
2 Abm. 12:132Ng 24:14
2 Abm. 12:142Ng 24:13
2 Abm. 12:152Ng 34:12
2 Abm. 12:152Bm 22:7
2 Abm. 12:151Kr 4:2
2 Abm. 12:16Lw 5:15; 7:7
2 Abm. 12:16Gh 18:8
2 Abm. 12:171Bm 19:15; 2Bm 8:13; 10:32; Am 1:4
2 Abm. 12:171Ng 18:1
2 Abm. 12:17Yr 42:15; Lk 9:51
2 Abm. 12:172Ng 24:23
2 Abm. 12:181Bm 15:18
2 Abm. 12:182Bm 16:8; 18:15
2 Abm. 12:191Bm 14:29; 2Bm 8:23
2 Abm. 12:202Bm 14:5
2 Abm. 12:202Ng 24:25; 25:27
2 Abm. 12:201Bm 9:15
2 Abm. 12:202Sm 5:9; 1Bm 9:24; 11:27; 2Ng 32:5
2 Abm. 12:212Ng 24:26
2 Abm. 12:212Ng 24:27
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abami 12:1-21

2 Abami

12 Mu mwaka ugira indwi wa Yehu+, Yehowasi+ aba umwami, maze amara imyaka mirongo ine aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Zibiya w’i Beyeri-sheba. 2 Yehowasi abandanya gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova imisi yose yamaze yigishwa na Yehoyada umuherezi+. 3 Ibibanza bikirurutse ni vyo gusa bitazimanganye+. Abantu bari bagishikanira ibimazi bakongera bagafumbishiriza umwotsi w’ibimazi ku bibanza bikirurutse*.

4 Nuko Yehowasi abwira abaherezi+ ati: “Amahera yose azanwa ku nzu ya Yehova+ ku bw’amashikanwa meranda+, amahera umwe wese atangishwa+, amahera atangirwa abantu hisunzwe agaciro k’umwumwe wese+, amahera yose umwumwe wese avyurirwa n’umutima wiwe kuzana ku nzu ya Yehova+, 5 abaherezi bayitorere, umwe wese ku wo bazinanyi+; baheze basanasane imigaga y’iyo nzu, ahari umugaga hose+.”

6 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatatu w’Umwami Yehowasi, abaherezi ntibari bwasanasane imigaga ya nya nzu+. 7 Nuko Umwami Yehowasi ahamagara Yehoyada+ umuherezi n’abandi baherezi, ababwira ati: “Kubera iki mudasanasana imigaga y’iyo nzu? Ubu rero, ntimuze musubire gutora amahera ku bo muzinanyi, mugabo muze muyahe abakora igikorwa co gusanasana imigaga y’iyo nzu+.” 8 Nuko nya baherezi bemera kudasubira gutora amahera mu bantu no kudasanasana imigaga ya nya nzu.

9 Yehoyada umuherezi atora rero isandugu+, atobora intoboro ku mufuniko wayo araheza ayishira iruhande y’igicaniro, iburyo winjiye mu nzu ya Yehova, maze abaherezi, abarinzi b’imiryango+, bakaza barashirayo amahera yose+ yazanwa mu nzu ya Yehova. 10 Igihe baba babonye yuko muri iyo sandugu hariyo amahera menshi, umunyamabanga+ w’umwami n’umuherezi mukuru baraduga, bakayatekera hanyuma bagaharura amahera yaba ari mu nzu ya Yehova+. 11 Amahera yaba yaharuwe bayashira mu maboko y’abakora+ ico gikorwa bari baragenywe gukorera ku nzu ya Yehova. Bano na bo bayahemba abakora mu vy’ibiti n’abubatsi bakorera ku nzu ya Yehova, 12 n’abafundi n’ababaji b’amabuye+, agakoreshwa no mu kugura ibiti n’amabuye abajwe vyo gusanasana imigaga y’inzu ya Yehova be no mu kuriha ivyakoreshwa vyose kuri nya nzu kugira ngo isanasanwe.

13 Ariko ku bijanye n’inzu ya Yehova, ntihakorwa amabesani y’ifeza, ibizimisho+, amabakure+, inzumbete+, n’ubwoko na bumwe bw’ikintu c’inzahabu n’ikintu c’ifeza, mu mahera yazanwa ku nzu ya Yehova+; 14 kuko bayaha abakora ico gikorwa, na bo bakayasanurisha inzu ya Yehova+. 15 Abagabo bazezwa nya mahera kugira bayahe abakora ico gikorwa+ ntibayasuzumirwa+, kuko bakorana ubwizigirwa+. 16 Amahera yatangwa ku bw’amashikanwa y’ukwagirwa n’icaha+ be n’amahera yatangwa ku bw’amashikanwa y’igicumuro, ntiyajanwa mu nzu ya Yehova. Yaba ay’abaherezi+.

17 Ico gihe ni ho Hazayeli+ umwami wa Siriya yatangura kuduga kurwanya Gati+ maze akahafata; hanyuma Hazayeli yiyemeza+ kuduga ngo atere Yeruzalemu+. 18 Yehowasi umwami wa Yuda aca atora amashikanwa meranda yose+ Yehoshafati na Yehoramu na Ahaziya ba sekuruza biwe, abami ba Yuda, bari bejeje be n’amashikanwa meranda yiwe n’inzahabu zose zari mu matunga y’inzu ya Yehova no mu nzu y’umwami, ayarungikira+ Hazayeli umwami wa Siriya. Nuko uno asubira inyuma areka gutera Yeruzalemu.

19 Nayo ibisigaye mu vya Yehowasi n’ivyo yakoze vyose, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Yuda? 20 Ariko abasuku biwe+ barahaguruka baja hamwe mu mugambi mubi+ maze bagarikira Yehowasi ku nzu+ y’Ikidunduri+, ku nzira imanuka i Sila. 21 Yozakari mwene Shimeyati na Yehozabadi+ mwene Shomeri, abasuku biwe, ni bo bamugaritse, arapfa. Bamuhamba rero hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi; nuko Amaziya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika