ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 51
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 51:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 11:3

Zaburi 51:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:18; Zb 25:7; 32:10; 41:4; 90:14; 103:11
  • +Zb 39:8; 103:13; Img 28:13; Yes 43:25; 44:22

Zaburi 51:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:18; 1Kr 6:11
  • +Heb 9:14; 1Yh 1:7

Zaburi 51:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:5
  • +Zb 40:12

Zaburi 51:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:6; 39:9; Lw 5:19; 2Sm 12:13; Lk 15:21
  • +2Sm 12:9; Zb 38:18
  • +Zb 50:6; Rm 3:4
  • +Lk 7:29; Ivh 19:2

Zaburi 51:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:16; Yb 14:4; Rm 5:12
  • +Rm 3:23; Ef 2:3

Zaburi 51:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:3; 1Ng 29:17
  • +1Sm 16:7; 1Pt 3:4

Zaburi 51:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Shelegi” ni ibintu vyera cane vy’ibivunjivunji bigwa nk’imvura.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 14:4; Gh 19:18; Heb 9:14
  • +Yes 1:18

Zaburi 51:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:11
  • +Zb 6:2; 38:3; Yes 57:15

Zaburi 51:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:12; Yes 38:17; Yr 16:17
  • +Mik 7:19

Zaburi 51:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:39; Ivk 15:9; Ef 2:10
  • +Ezk 11:19; Ef 4:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 14

    15/5/2007, rup. 17

Zaburi 51:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:14; 2Bm 13:23; Zb 102:10
  • +Lk 11:13; Rm 8:9; Ef 4:30

Zaburi 51:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:1; Lk 1:47
  • +Zb 110:3; Mt 26:41

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 9

Zaburi 51:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:38
  • +Ivk 3:19

Zaburi 51:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:6; 1Sm 25:34; Zb 26:9; Ezk 33:8; Ivk 18:6; 20:26
  • +Zb 38:22; 88:1; Yes 12:2; Ivh 7:10
  • +Neh 9:33; Zb 20:5; 35:28; 59:16; Dn 9:7; Rm 10:3

Zaburi 51:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 3:27
  • +Zb 34:1; 71:8; 109:30; 145:21; Heb 13:15

Zaburi 51:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 15:22; Img 21:3; Hs 6:6
  • +Zb 40:6; 50:8; Yes 1:11; Yr 7:22; Am 5:22

Zaburi 51:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:19; Zb 34:18; Yes 57:15; Lk 18:13
  • +2Ng 33:13; Zb 22:24; 119:58; Img 28:13; Lk 15:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 261-262

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1997, rup. 21

Zaburi 51:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:16; Yes 62:1
  • +Dn 9:25; Mik 7:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 11

Zaburi 51:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 3:3
  • +Zb 4:5; Rm 12:1
  • +Hs 14:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 51:akajambo k’intangamarara2Sm 11:3
Zab. 51:1Gh 14:18; Zb 25:7; 32:10; 41:4; 90:14; 103:11
Zab. 51:1Zb 39:8; 103:13; Img 28:13; Yes 43:25; 44:22
Zab. 51:2Yes 1:18; 1Kr 6:11
Zab. 51:2Heb 9:14; 1Yh 1:7
Zab. 51:3Zb 32:5
Zab. 51:3Zb 40:12
Zab. 51:4It 20:6; 39:9; Lw 5:19; 2Sm 12:13; Lk 15:21
Zab. 51:42Sm 12:9; Zb 38:18
Zab. 51:4Zb 50:6; Rm 3:4
Zab. 51:4Lk 7:29; Ivh 19:2
Zab. 51:5It 3:16; Yb 14:4; Rm 5:12
Zab. 51:5Rm 3:23; Ef 2:3
Zab. 51:62Bm 20:3; 1Ng 29:17
Zab. 51:61Sm 16:7; 1Pt 3:4
Zab. 51:7Lw 14:4; Gh 19:18; Heb 9:14
Zab. 51:7Yes 1:18
Zab. 51:8Zb 30:11
Zab. 51:8Zb 6:2; 38:3; Yes 57:15
Zab. 51:9Zb 103:12; Yes 38:17; Yr 16:17
Zab. 51:9Mik 7:19
Zab. 51:10Yr 32:39; Ivk 15:9; Ef 2:10
Zab. 51:10Ezk 11:19; Ef 4:23
Zab. 51:11It 4:14; 2Bm 13:23; Zb 102:10
Zab. 51:11Lk 11:13; Rm 8:9; Ef 4:30
Zab. 51:12Zb 21:1; Lk 1:47
Zab. 51:12Zb 110:3; Mt 26:41
Zab. 51:13Ivk 2:38
Zab. 51:13Ivk 3:19
Zab. 51:14It 9:6; 1Sm 25:34; Zb 26:9; Ezk 33:8; Ivk 18:6; 20:26
Zab. 51:14Zb 38:22; 88:1; Yes 12:2; Ivh 7:10
Zab. 51:14Neh 9:33; Zb 20:5; 35:28; 59:16; Dn 9:7; Rm 10:3
Zab. 51:15Ezk 3:27
Zab. 51:15Zb 34:1; 71:8; 109:30; 145:21; Heb 13:15
Zab. 51:161Sm 15:22; Img 21:3; Hs 6:6
Zab. 51:16Zb 40:6; 50:8; Yes 1:11; Yr 7:22; Am 5:22
Zab. 51:172Bm 22:19; Zb 34:18; Yes 57:15; Lk 18:13
Zab. 51:172Ng 33:13; Zb 22:24; 119:58; Img 28:13; Lk 15:22
Zab. 51:18Zb 102:16; Yes 62:1
Zab. 51:18Dn 9:25; Mik 7:11
Zab. 51:19Mal 3:3
Zab. 51:19Zb 4:5; Rm 12:1
Zab. 51:19Hs 14:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 51:1-19

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi. Igihe Natani umuhanuzi yinjira iwe inyuma y’aho aryamaniye na Bati-sheba+.

51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.

Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+.

 2 Nunyoze rwose unkureko ikosa ryanje+,

Umpumanure igicumuro canje+.

 3 Kuko ibigabitanyo vyanje jewe ndabizi+,

Kandi igicumuro canje cama imbere yanje+.

 4 Ni wewe nacumuyeko, wewe wenyene+,

Kandi nakoze ibibi mu maso yawe+,

Kugira ngo uboneke ko ugororotse igihe uvuga+,

Kugira ngo uboneke ko wera igihe uca urubanza+.

 5 Raba! Navyariwe mw’ikosa mu bubabare bwo kwibaruka+,

Kandi mawe yansamiye inda mu gicumuro+.

 6 Raba! Wahimbawe n’ukuri imbere mu muntu+;

Kandi imbere muri jewe, umenyeshe ubukerebutsi+.

 7 Ese wontyorora igicumuro ukoresheje ezobu, nkaba uwudahumanye+;

Ese wonyoza, nkera mbere kurusha shelegi*+.

 8 Ese wonyumvisha ijwi ry’umwigino n’umunezero+,

Kugira ngo amagufa wajanjaguye agire akanyamuneza+.

 9 Hisha mu maso hawe ibicumuro vyanje+,

Uhanagure mbere amakosa yanje yose+.

10 Nureme muri jewe umutima utyoroye, ewe Mana+,

Ushire muri jewe impwemu nshasha, ihamye+.

11 Ntunshibure ngo mve imbere y’amaso yawe+;

Kandi impwemu nyeranda yawe, yoo! ntuyinkureko+!

12 Nunsubize umwigino w’ubukiriro bwawe+,

Kandi unshigikize umutima ukunze+.

13 Nzokwigisha inzira zawe abagabitanya+,

Kugira ngo abacumuzi bagaruke koko kuri wewe+.

14 Nundokore unkize ukwagirwa n’amaraso+, ewe Mana, Mana y’ubukiriro bwanje+,

Kugira ngo ururimi rwanje ruvugane umunezero ubugororotsi bwawe+.

15 Ewe Yehova, ese woteranura iyi minwa yanje+,

Kugira ngo akanwa kanje kamenyeshe ishemezo ryawe+.

16 Kuko udahimbarwa n’ikimazi, ahandiho nari kugitanga+;

Ntuhimbarwa n’ishikanwa riturirwa uko ryakabaye+.

17 Ibimazi bihabwa Imana ni umutima umenaguritse+;

Umutima umenaguritse kandi ujanjaguritse, ewe Mana, ntuzowusuzugura+.

18 Mu butoni bwawe, girira neza Siyoni+;

Ese wokwubaka impome za Yeruzalemu+.

19 Ni ho uzohimbarwa n’ibimazi vy’ubugororotsi+,

N’ikimazi giturirwa, be n’ishikanwa ritangwa uko ryakabaye+;

Ni ho amashūri azoshikanirwa ku gicaniro cawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika