ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:31

Ezekiyeli 4:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Cari igikoresho c’intambara cakoreshwa mu gusenyura amarembo n’impome vy’igisagara.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:11; Yr 39:1
  • +2Bm 25:1; Lk 19:43
  • +2Sm 20:15; Yr 6:6; 32:24; Ezk 26:8
  • +Ezk 21:22

Ezekiyeli 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:6; 24:24

Ezekiyeli 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:21

Ezekiyeli 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:34
  • +1Bm 12:19

Ezekiyeli 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:27
  • +Gh 14:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

Ezekiyeli 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:17; Yr 52:4

Ezekiyeli 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 3:25

Ezekiyeli 4:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Sayiri” ni igiterwa kimeze nk’ingano.

  • *

    Ni ubwoko bw’ingano bwarimwa mu Misiri ha kera.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:2
  • +2Sm 17:28
  • +It 25:34
  • +Kv 9:32
  • +Ezk 4:5

Ezekiyeli 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:26

Ezekiyeli 4:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ingero ya hini yangana n’amalitiro 3,67.

Ezekiyeli 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:42
  • +Gus 23:13

Ezekiyeli 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:19
  • +Hs 9:3

Ezekiyeli 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:14
  • +Kv 22:31; Lw 7:24; 11:40
  • +Lw 7:18; Gus 14:3; Yes 65:4; 66:17

Ezekiyeli 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:26; Zb 105:16; Yes 3:1; Ezk 5:16
  • +2Bm 25:3; Yr 37:21; Int 1:11; 4:9; 5:9; Ivh 6:6
  • +Ezk 12:18

Ezekiyeli 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:39; Ezk 24:23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 4:1Yr 32:31
Ezk. 4:22Bm 24:11; Yr 39:1
Ezk. 4:22Bm 25:1; Lk 19:43
Ezk. 4:22Sm 20:15; Yr 6:6; 32:24; Ezk 26:8
Ezk. 4:2Ezk 21:22
Ezk. 4:3Ezk 12:6; 24:24
Ezk. 4:42Bm 17:21
Ezk. 4:5Gh 14:34
Ezk. 4:51Bm 12:19
Ezk. 4:62Bm 23:27
Ezk. 4:6Gh 14:34
Ezk. 4:72Ng 36:17; Yr 52:4
Ezk. 4:8Ezk 3:25
Ezk. 4:9Kv 29:2
Ezk. 4:92Sm 17:28
Ezk. 4:9It 25:34
Ezk. 4:9Kv 9:32
Ezk. 4:9Ezk 4:5
Ezk. 4:10Lw 26:26
Ezk. 4:122Bm 4:42
Ezk. 4:12Gus 23:13
Ezk. 4:13Lw 19:19
Ezk. 4:13Hs 9:3
Ezk. 4:14Ivk 10:14
Ezk. 4:14Kv 22:31; Lw 7:24; 11:40
Ezk. 4:14Lw 7:18; Gus 14:3; Yes 65:4; 66:17
Ezk. 4:16Lw 26:26; Zb 105:16; Yes 3:1; Ezk 5:16
Ezk. 4:162Bm 25:3; Yr 37:21; Int 1:11; 4:9; 5:9; Ivh 6:6
Ezk. 4:16Ezk 12:18
Ezk. 4:17Lw 26:39; Ezk 24:23
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 4:1-17

Ezekiyeli

4 “Nawe ga mwana w’umuntu, niwitorere itafari, urishire imbere yawe, urisarureko igisagara, emwe, Yeruzalemu+. 2 Kandi uze ugisugereze+, wubake uruhome rwo kugisugereza+, uduze n’igikuta co kugisugereza+, ushinge amakambi yo kugitera wongere ugikikuze hose impfizi z’intama z’indwano* zo kugitera+. 3 Nayo wewe, niwitorere ikarayi y’icuma, uyishinge nk’uruhome rw’icuma hagati yawe n’igisagara, ugihange amaso, kibe igisugerejwe, ucugarize. Ni ikimenyetso ku nzu ya Isirayeli+.

4 “Nayo wewe, nuryamire urubavu rwawe rw’ibubamfu, ururemeke ikosa ry’inzu ya Isirayeli+. Igitigiri c’imisi uzomara ururyamiye ni co uzomara wikoreye ikosa ryabo. 5 Nanje nzoguha imyaka y’ikosa ryabo+, ingane n’igitigiri c’imisi amajana atatu na mirongo icenda+, kandi uzobwirizwa kwikorera ikosa ry’inzu ya Isirayeli. 6 Kandi uze uyirangize.

“Ubugira kabiri, uze uryamire urubavu rwawe rw’iburyo, wikorere ikosa ry’inzu ya Yuda imisi mirongo ine+. Ico nguhaye ni umusi uhwana n’umwaka, umusi uhwana n’umwaka+. 7 Uzohanga amaso ugusugerezwa kwa Yeruzalemu+, ubigire ukuboko kwawe gupfukuye, kandi uvuge koko ubuhanuzi buhagiriza.

8 “Ehe nzogushirako imigozi+ kugira ngo ntiwihindukize ngo uve ku rubavu rwawe rumwe uje ku rundi, gushika urangije imisi y’isugereza ryawe.

9 “Nayo wewe, niwitorere ingano+ na sayiri* n’ibiharo+ n’inkore+ n’amasaka na kusemeti*+, ubishire mu combo kimwe, uvyihinguriremwo umukate, ku bw’igitigiri c’imisi uzomara uryamiye urubavu rwawe; uzowurya imisi amajana atatu na mirongo icenda+. 10 Ibifungurwa vyawe uzorya bizoba biri ku gipimo: shekeli mirongo ibiri ku musi+. Uzoza uracishamwo ubirya.

11 “Kandi n’amazi, uzoyanywa ku ngero: ica gatandatu ca hini*. Uzoza uracishamwo uyanywa.

12 “Uzobirya nk’agatsima ka sayiri+; kandi uzovyotsa ku mwanda mukuru+ w’abantu wumye, mu maso yabo.” 13 Yehova abandanya kuvuga ati: “Ukwo nyene ni ko bene Isirayeli bazorya umukate wabo uhumanye+ hagati mu mahanga nzobashwiragizamwo+.”

14 Ndaheza mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Raba! Simpumanye+; eka kuva mu buto bwanje sinigeze ndya umuvyimba w’icamaze gupfa canke igikoko catabaguwe, gushika n’ubu+, kandi nta nyama ihumanye yigeze ija mu kanwa kanje+.”

15 Na we aca ambwira ati: “Raba, nguhaye ibisheshe vy’amase y’inka mu kibanza c’umwanda mukuru w’abantu wumye, abe ari vyo wotsako umukate wawe.” 16 Abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, ehe muri Yeruzalemu ngira mvune inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+; bazobwirizwa kurya umukate ku gipimo kandi bari mu maganya+, banywe amazi ku ngero kandi bari n’ikinya+, 17 kugira ngo babure umukate n’amazi, barabane bajorewe, baborere mw’ikosa ryabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika