ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:8; Gus 1:22
  • +Kv 18:25; Gus 1:15

Guharura 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:16; Gus 1:19

Guharura 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:30; 14:30, 38; 34:19; 1Ng 4:15

Guharura 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:28; 13:16; 14:30; 34:17

Guharura 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:5
  • +It 48:19

Guharura 13:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “Yehoshuwa,” bisobanura ngo “Yehova ni ubukiriro.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 17:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2002, rup. 11

Guharura 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:1
  • +Gus 1:7; Abc 1:9

Guharura 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:8; Gus 8:7

Guharura 13:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “kinuze canke conze.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:25, 35; Ezk 20:6
  • +Gus 31:6; Yos 1:6
  • +Gh 13:23

Guharura 13:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 34:3; Yos 15:1
  • +2Sm 10:6, 8
  • +Gh 34:8; Yos 13:5; Am 6:2

Guharura 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:17
  • +It 13:18
  • +Abc 1:10
  • +Gus 9:2; Yos 11:21; 15:13
  • +Yos 21:11
  • +Zb 78:12; Yes 19:11

Guharura 13:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:9
  • +Gus 1:25
  • +Gus 8:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 16

Guharura 13:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 16

Guharura 13:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:34

Guharura 13:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:19; Yos 14:6; Zb 29:8

Guharura 13:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:8; Lw 20:24
  • +Gus 1:25

Guharura 13:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:28
  • +Gh 13:22, 33

Guharura 13:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:12; Kv 17:8; 1Sm 15:3
  • +Gh 13:17
  • +It 10:16; Kv 23:23; Gus 7:1; Abc 1:21; 2Sm 5:8
  • +Yos 3:10
  • +It 10:19; Gus 20:17

Guharura 13:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:6
  • +Yos 14:7; Zb 60:12

Guharura 13:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:9; Gus 1:28; Yos 14:8

Guharura 13:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:36; 32:9
  • +Am 2:9

Guharura 13:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:28; 9:2
  • +Gus 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 10-11

    1/10/2006, rup. 16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 13:2Gh 32:8; Gus 1:22
Guh. 13:2Kv 18:25; Gus 1:15
Guh. 13:3Gh 12:16; Gus 1:19
Guh. 13:6Gh 13:30; 14:30, 38; 34:19; 1Ng 4:15
Guh. 13:8Gh 11:28; 13:16; 14:30; 34:17
Guh. 13:11It 48:5
Guh. 13:11It 48:19
Guh. 13:16Kv 17:9
Guh. 13:17It 20:1
Guh. 13:17Gus 1:7; Abc 1:9
Guh. 13:18Kv 3:8; Gus 8:7
Guh. 13:20Neh 9:25, 35; Ezk 20:6
Guh. 13:20Gus 31:6; Yos 1:6
Guh. 13:20Gh 13:23
Guh. 13:21Gh 34:3; Yos 15:1
Guh. 13:212Sm 10:6, 8
Guh. 13:21Gh 34:8; Yos 13:5; Am 6:2
Guh. 13:22Gh 13:17
Guh. 13:22It 13:18
Guh. 13:22Abc 1:10
Guh. 13:22Gus 9:2; Yos 11:21; 15:13
Guh. 13:22Yos 21:11
Guh. 13:22Zb 78:12; Yes 19:11
Guh. 13:23Gh 32:9
Guh. 13:23Gus 1:25
Guh. 13:23Gus 8:8
Guh. 13:24Gus 1:24
Guh. 13:25Gh 14:34
Guh. 13:26Gus 1:19; Yos 14:6; Zb 29:8
Guh. 13:27Kv 3:8; Lw 20:24
Guh. 13:27Gus 1:25
Guh. 13:28Gus 1:28
Guh. 13:28Gh 13:22, 33
Guh. 13:29It 36:12; Kv 17:8; 1Sm 15:3
Guh. 13:29Gh 13:17
Guh. 13:29It 10:16; Kv 23:23; Gus 7:1; Abc 1:21; 2Sm 5:8
Guh. 13:29Yos 3:10
Guh. 13:29It 10:19; Gus 20:17
Guh. 13:30Gh 14:6
Guh. 13:30Yos 14:7; Zb 60:12
Guh. 13:31Gh 32:9; Gus 1:28; Yos 14:8
Guh. 13:32Gh 14:36; 32:9
Guh. 13:32Am 2:9
Guh. 13:33Gus 1:28; 9:2
Guh. 13:33Gus 2:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 13:1-33

Guharura

13 Nuko Yehova abwira Musa ati: 2 “Niwirungikire abagabo kugira ngo batate igihugu ca Kanani, ico ngira mpe bene Isirayeli+. Muzorungika umugabo umwe ku muryango umwumwe wose wa ba se, umwe wese abe ari umukuru+ muri bo.”

3 Musa arabarungika rero bavuye mu gahinga ka Parani+ kw’itegeko rya Yehova. Nya bagabo bose bari abakuru ba bene Isirayeli. 4 Aya ni yo mazina yabo: Ku muryango wa Rubeni: Shamuwa mwene Zakuri; 5 ku muryango wa Simeyoni: Shafati mwene Hori; 6 ku muryango wa Yuda: Kalebu+ mwene Yefune; 7 ku muryango wa Isakari: Igali mwene Yozefu; 8 ku muryango wa Efurayimu: Hosheya+ mwene Nuni; 9 ku muryango wa Benyamini: Paliti mwene Rafu; 10 ku muryango wa Zebuloni: Gadiyeli mwene Sodi; 11 ku muryango wa Yozefu+, ku bw’umuryango wa Manase+: Gadi mwene Susi; 12 ku muryango wa Dani: Amiyeli mwene Gemali; 13 ku muryango wa Asheri: Seturi mwene Mikaheli; 14 ku muryango wa Nafutali: Nahibi mwene Vofusi; 15 ku muryango wa Gadi: Geyuweli mwene Maki. 16 Ayo ni yo mazina y’abagabo Musa yarungitse gutata igihugu. Kandi Hosheya mwene Nuni, Musa amwita Yosuwa*+.

17 Igihe Musa yariko abatuma gutata igihugu ca Kanani, ababwira ati: “Dugane aha muje muri Negebu+, maze muduge mu karere k’imisozi+. 18 Muheze murabe ingene nya gihugu kimeze+ be n’abantu baba muri co, ko bakomeye canke ari ba goyigoyi, ko ari bake canke benshi; 19 n’ingene igihugu babamwo kimeze, ko ari ciza canke kibi, n’ingene ibisagara babamwo bimeze, ko baba mu makambi canke mu bibanza bizitijwe ibihome; 20 be n’ingene nya gihugu kimeze, ko cimbuka canke kitimbuka*+, ko muri co hari ibiti canke ata biriyo. Muze mugire umutima rugabo+, mutore bimwe mu vyamwa vy’ico gihugu.” Kandi iyo misi yari imisi y’ivyamwa vya mbere vyeze vy’inzabibu+.

21 Nuko baraduga, batata ico gihugu kuva mu gahinga ka Zini+ gushika i Rehobu+ ku bwinjiriro bwa Hamati+. 22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri. 23 Bashitse mu mwonga wa Eshikoli+, bacayo agashami kariko umusoko umwe w’inzabibu+. Nuko babiri muri nya bagabo bagatwara ku mwamba, batwara n’amakomamanga+ makeyi n’insukoni nkeyi. 24 Bita aho hantu umwonga wa Eshikoli+, kubera nya musoko bene Isirayeli baciyeyo.

25 Amaherezo, hashize imisi mirongo ine+ baragaruka bavuye gutata nya gihugu. 26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu. 27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+. 28 Yamara rero, ico twabonye co ni uko abantu baba muri ico gihugu bakomeye, kandi ibisagara bikingijwe ibihome ni binini cane+; bisubiye, twahabonye abavutse kuri Anaki+. 29 Abamaleki+ ni bo baba mu gihugu ca Negebu+; Abaheti n’Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu karere k’imisozi; Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga no ku nkengera ya Yorodani.”

30 Maze Kalebu+ agerageza gutururuza abantu kugira ngo bumvirize Musa, hanyuma avuga ati: “Tuduge ubu nyene, kandi ntituzobura kwigarurira ico gihugu, kuko dushobora vy’ukuri kukinesha+.” 31 Mugabo abagabo baduganye na we bavuga bati: “Ntidushobora kuduga kurwanya abo bantu, kuko bakomeye kuturusha+.” 32 Kandi baguma bashikiriza bene Isirayeli inkuru mbi+ ku bijanye n’ico gihugu bari batase, ngo: “Ico gihugu, ico twaciyemwo kugira tugitate, ni igihugu kimiragura abakibamwo; kandi abantu bose twabonye muri co ni abagabo b’igihagararo c’akataraboneka+. 33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika