ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 18
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:7; Kv 6:7; Lw 11:44; Mr 12:29

Abalewi 18:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:35; Ezk 20:7; Yak 4:4
  • +Kv 23:24; Lw 20:23; Gus 12:30; Yr 10:2

Abalewi 18:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:37; 20:22; Gus 4:1
  • +Gus 6:2; Zb 119:16; Ezk 20:19; 1Yh 5:3
  • +Lk 1:6

Abalewi 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:11; Lk 10:28; Rm 10:5; Gl 3:12
  • +Kv 6:2; Mal 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 6

Abalewi 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:17; Gl 5:19

Abalewi 18:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:22; Ezk 22:10

Abalewi 18:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:22; Lw 20:11; Gus 22:30; 27:20; 2Sm 16:21; 1Kr 5:1

Abalewi 18:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:17; Gus 27:22; 2Sm 13:12; Ezk 22:11

Abalewi 18:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:19

Abalewi 18:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:20

Abalewi 18:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:26; Lw 20:12; Ezk 22:11

Abalewi 18:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:21; Gus 25:5; Mr 6:17; 12:19

Abalewi 18:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:14; Gus 27:23
  • +Gl 5:19

Abalewi 18:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:15; 1Sm 1:6

Abalewi 18:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:18
  • +Lw 15:19, 24; 20:18; Ezk 22:10

Abalewi 18:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:14; Lw 20:10; Gus 22:22; 2Sm 11:4; Img 6:29; Mt 5:27; 1Kr 6:9; Heb 13:4

Abalewi 18:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:10
  • +Lw 20:2; 1Bm 11:7; 2Bm 23:10; Ivk 7:43
  • +Kv 20:7; Lw 19:12; 20:3; Ezk 36:20
  • +Yes 42:8

Abalewi 18:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:9; 1Tm 1:10; Yud 7
  • +It 19:5; Lw 20:13; Abc 19:22; Rm 1:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    4/2012, rup. 28

Abalewi 18:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:19; Lw 20:15
  • +Lw 20:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2003, rup. 27

Abalewi 18:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:23; Gus 18:12

Abalewi 18:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:16

Abalewi 18:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:22; Gus 4:1, 40; Rm 2:12
  • +Kv 12:49

Abalewi 18:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:18; 2Bm 16:3; 21:2

Abalewi 18:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:22

Abalewi 18:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:15

Abalewi 18:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3; 20:23; Gus 18:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 18:2It 17:7; Kv 6:7; Lw 11:44; Mr 12:29
Lew. 18:3Zb 106:35; Ezk 20:7; Yak 4:4
Lew. 18:3Kv 23:24; Lw 20:23; Gus 12:30; Yr 10:2
Lew. 18:4Lw 19:37; 20:22; Gus 4:1
Lew. 18:4Gus 6:2; Zb 119:16; Ezk 20:19; 1Yh 5:3
Lew. 18:4Lk 1:6
Lew. 18:5Ezk 20:11; Lk 10:28; Rm 10:5; Gl 3:12
Lew. 18:5Kv 6:2; Mal 3:6
Lew. 18:6Lw 20:17; Gl 5:19
Lew. 18:7It 9:22; Ezk 22:10
Lew. 18:8It 35:22; Lw 20:11; Gus 22:30; 27:20; 2Sm 16:21; 1Kr 5:1
Lew. 18:9Lw 20:17; Gus 27:22; 2Sm 13:12; Ezk 22:11
Lew. 18:12Lw 20:19
Lew. 18:14Lw 20:20
Lew. 18:15It 38:26; Lw 20:12; Ezk 22:11
Lew. 18:16Lw 20:21; Gus 25:5; Mr 6:17; 12:19
Lew. 18:17Lw 20:14; Gus 27:23
Lew. 18:17Gl 5:19
Lew. 18:18It 30:15; 1Sm 1:6
Lew. 18:19Lw 20:18
Lew. 18:19Lw 15:19, 24; 20:18; Ezk 22:10
Lew. 18:20Kv 20:14; Lw 20:10; Gus 22:22; 2Sm 11:4; Img 6:29; Mt 5:27; 1Kr 6:9; Heb 13:4
Lew. 18:21Gus 18:10
Lew. 18:21Lw 20:2; 1Bm 11:7; 2Bm 23:10; Ivk 7:43
Lew. 18:21Kv 20:7; Lw 19:12; 20:3; Ezk 36:20
Lew. 18:21Yes 42:8
Lew. 18:221Kr 6:9; 1Tm 1:10; Yud 7
Lew. 18:22It 19:5; Lw 20:13; Abc 19:22; Rm 1:27
Lew. 18:23Kv 22:19; Lw 20:15
Lew. 18:23Lw 20:16
Lew. 18:24Lw 20:23; Gus 18:12
Lew. 18:25It 15:16
Lew. 18:26Lw 20:22; Gus 4:1, 40; Rm 2:12
Lew. 18:26Kv 12:49
Lew. 18:27Gus 20:18; 2Bm 16:3; 21:2
Lew. 18:28Lw 20:22
Lew. 18:29Lw 20:15
Lew. 18:30Lw 18:3; 20:23; Gus 18:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 18:1-30

Abalewi

18 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Ndi Yehova Imana yanyu+. 3 Ntimuze mukore nk’uko igihugu ca Misiri gikora, ico mwabayemwo+. Ntimuze mukore nk’uko igihugu ca Kanani gikora, ico ndiko ndabazanamwo+. Ntimuze mugendere mu vyagezwe vyabo. 4 Ingingo zanje z’ubutungane*+ mukwiye kuzishitsa, n’ivyagezwe vyanje+ mukwiye kubigumya kugira mugendere muri vyo+. Ndi Yehova Imana yanyu. 5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+.

6 “‘Ntihaze hagire umugabo n’umwe wo muri mwebwe yegera incuti yiwe n’imwe y’umubiri ya hafi ngo apfukure ubwambure bwiwe+. Ndi Yehova. 7 Ubwambure bwa so+ n’ubwambure bwa nyoko wawe ntuze ubupfukure. Ni nyoko wawe. Ntuze upfukure ubwambure bwiwe.

8 “‘Ubwambure bw’umugore wa so ntuze ubupfukure+. Ni ubwambure bwa so.

9 “‘Ubwambure bwa mushikawe, umukobwa wa so canke wa nyoko wawe, yaba uwo mwavutse mu rugo rumwe canke uwavutse hanze, ubwambure bwabo ntuze ubupfukure+.

10 “‘Ubwambure bw’umukobwa w’umuhungu wawe canke bw’umukobwa w’umukobwa wawe, ntuze ubupfukure, kuko abo ari ubwambure bwawe.

11 “‘Ubwambure bw’umukobwa w’umugore wa so, uruvyaro rwa so, uyo akaba ari mushikawe, ntuze ubupfukure.

12 “‘Ubwambure bwa mushiki wa so ntuze ubupfukure. Ni incuti ya so y’amaraso+.

13 “‘Ubwambure bwa mwene wabo na nyoko wawe ntuze ubupfukure, kuko ari incuti ya nyoko wawe y’amaraso.

14 “‘Ubwambure bwa mwene wabo na so ntuze ubupfukure. Ntuze wegere umugore wiwe. Ni mukasowanyu+.

15 “‘Ubwambure bw’umukazana+ wawe ntuze ubupfukure. Ni umugore w’umuhungu wawe. Ntuze upfukure ubwambure bwiwe.

16 “‘Ubwambure bw’umugore wa mwene wanyu+ ntuze ubupfukure. Ni ubwambure bwa mwene wanyu.

17 “‘Ubwambure bw’umugore n’umukobwa wiwe ntuze ubupfukure+. Umukobwa w’umuhungu wiwe be n’umukobwa w’umukobwa wiwe ntuze umutware ngo upfukure ubwambure bwiwe. Abo ni incuti z’amaraso. Ivyo ni ubushirasoni*+.

18 “‘Ntuze uzane umugore wongera kuri mwene wabo ngo amubere umukeba+, kugira upfukure ubwambure bwiwe, ukamumuzanako akiri muzima.

19 “‘Ntuze wegere umugore mu gihe c’ubutinyanka+ bw’ubuhumane bwiwe ngo upfukure ubwambure bwiwe+.

20 “‘Ntuze usohorere intanga mu mugore wa mugenzawe, ngo bitume uhumana+.

21 “‘Ntuze ureke ngo hagire n’umwe mu ruvyaro rwawe yegurirwa+ Moleki+. Ntuze uhumanye+ izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo. Ndi Yehova+.

22 “‘Ntuze uryamane n’umugabo+ nk’uko uryamana n’umugore+. Ni ikintu giteye ishishi.

23 “‘Ntuze usohorere intanga mu gikoko na kimwe+ ngo bitume uhumana, kandi umugore ntakwiye guhagarara imbere y’igikoko kugira ahuze umubiri na co+. Ukwo ni ukugira ibitagirwa.

24 “‘Ntimwihumanishe na kimwe muri ivyo, kuko ivyo bintu vyose ari vyo amahanga ndiko ndirukana ngo ave imbere yanyu yihumanishije+. 25 Ni co gituma igihugu gihumanye, kandi nzogihanira ikosa ryaco, kandi kizodahwa abakibamwo+. 26 Mwebwe mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane+, kandi ntimuze mukore na kimwe muri ivyo bintu vyose biteye ishishi, yaba imvukira canke kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe+. 27 Kuko ivyo bintu vyose biteye ishishi ari vyo abo muri ico gihugu b’imbere yanyu bakoze+, ku buryo ico gihugu gihumanye. 28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+. 29 Nihagira uwo muri mwebwe akora na kimwe muri ivyo bintu vyose biteye ishishi, ababikora rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+. 30 Mutegerezwa kugumya ibwirizwa ryanje: ntimuze mukore n’umwe mu migenzo iteye ishishi yakozwe imbere yanyu+, kugira ntimuvyihumanishe. Ndi Yehova Imana yanyu.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika