ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 48
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 48:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 47:15
  • +Gh 34:8
  • +Ezk 47:17
  • +It 30:6

Ezekiyeli 48:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:13; Yos 19:24

Ezekiyeli 48:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:8; Yos 19:32

Ezekiyeli 48:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:51; 48:14; Yos 13:29

Ezekiyeli 48:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:5; Yos 16:5; 17:17

Ezekiyeli 48:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:3

Ezekiyeli 48:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 29:35; Yos 15:1; 19:9

Ezekiyeli 48:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 45:1
  • +Ivh 21:3

Ezekiyeli 48:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 35:2; Yos 21:3; Ezk 45:4
  • +Ezk 48:8

Ezekiyeli 48:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:46; 43:19; 44:15
  • +Yr 23:11; Ezk 22:26; 44:10

Ezekiyeli 48:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 45:4

Ezekiyeli 48:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:19
  • +Ezk 45:3

Ezekiyeli 48:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 27:21

Ezekiyeli 48:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 45:6
  • +Ezk 48:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 11

    1/3/1999, rup. 27, 32

Ezekiyeli 48:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 45:2

Ezekiyeli 48:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 45:1
  • +2Bm 25:3

Ezekiyeli 48:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 45:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 27

Ezekiyeli 48:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:16; Yes 32:1
  • +Ezk 45:7
  • +Ezk 48:8

Ezekiyeli 48:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 48:8

Ezekiyeli 48:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:18; Yos 18:21

Ezekiyeli 48:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:5; Yos 19:1

Ezekiyeli 48:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:14; Yos 19:17

Ezekiyeli 48:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:13; Yos 19:10

Ezekiyeli 48:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 30:11; 49:19

Ezekiyeli 48:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 47:19
  • +Gh 20:13
  • +It 15:18
  • +Ezk 47:15

Ezekiyeli 48:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 34:2, 13; Yos 14:2
  • +Ezk 47:13

Ezekiyeli 48:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 48:16

Ezekiyeli 48:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 27

Ezekiyeli 48:35

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “Yehova-Shama.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:17; Yw 3:21; Zk 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 11

    1/3/1999, rup. 32

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 48:1Ezk 47:15
Ezk. 48:1Gh 34:8
Ezk. 48:1Ezk 47:17
Ezk. 48:1It 30:6
Ezk. 48:2It 30:13; Yos 19:24
Ezk. 48:3It 30:8; Yos 19:32
Ezk. 48:4It 41:51; 48:14; Yos 13:29
Ezk. 48:5It 48:5; Yos 16:5; 17:17
Ezk. 48:6It 49:3
Ezk. 48:7It 29:35; Yos 15:1; 19:9
Ezk. 48:8Ezk 45:1
Ezk. 48:8Ivh 21:3
Ezk. 48:10Gh 35:2; Yos 21:3; Ezk 45:4
Ezk. 48:10Ezk 48:8
Ezk. 48:11Ezk 40:46; 43:19; 44:15
Ezk. 48:11Yr 23:11; Ezk 22:26; 44:10
Ezk. 48:12Ezk 45:4
Ezk. 48:13Gus 12:19
Ezk. 48:13Ezk 45:3
Ezk. 48:14Lw 27:21
Ezk. 48:15Ezk 45:6
Ezk. 48:15Ezk 48:35
Ezk. 48:17Ezk 45:2
Ezk. 48:18Ezk 45:1
Ezk. 48:182Bm 25:3
Ezk. 48:19Ezk 45:6
Ezk. 48:21Zb 45:16; Yes 32:1
Ezk. 48:21Ezk 45:7
Ezk. 48:21Ezk 48:8
Ezk. 48:22Ezk 48:8
Ezk. 48:23It 35:18; Yos 18:21
Ezk. 48:24It 49:5; Yos 19:1
Ezk. 48:25It 49:14; Yos 19:17
Ezk. 48:26It 49:13; Yos 19:10
Ezk. 48:27It 30:11; 49:19
Ezk. 48:28Ezk 47:19
Ezk. 48:28Gh 20:13
Ezk. 48:28It 15:18
Ezk. 48:28Ezk 47:15
Ezk. 48:29Gh 34:2, 13; Yos 14:2
Ezk. 48:29Ezk 47:13
Ezk. 48:30Ezk 48:16
Ezk. 48:35Yr 3:17; Yw 3:21; Zk 2:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 48:1-35

Ezekiyeli

48 “Kandi aya ni yo mazina y’imiryango. Kuva ku mupaka wo mu buraruko, ku ruhande rwo hambavu y’inzira y’i Hetiloni+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+, Hazari-enani+, urubibe rwa Damasiko amaja mu buraruko, ku ruhande rwa Hamati; kandi haze hagire umupaka wo mu buseruko n’uwo mu burengero; aho ni Dani+: umugabane umwe. 2 Ku rubibe rwa Dani, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Asheri+: umugabane umwe. 3 Ku rubibe rwa Asheri, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika no ku mupaka wo mu burengero, ni Nafutali+: umugabane umwe. 4 Ku rubibe rwa Nafutali, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Manase+: umugabane umwe. 5 Ku rubibe rwa Manase, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Efurayimu+: umugabane umwe. 6 Ku rubibe rwa Efurayimu, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika no ku mupaka wo mu burengero, ni Rubeni+: umugabane umwe. 7 Ku rubibe rwa Rubeni, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Yuda+: umugabane umwe. 8 Ku rubibe rwa Yuda, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, intererano muzoterēra ize ibe amatambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu mu bwaguke+, uburebure na bwo bwisunge ubw’umwe mu migabane kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero. Kandi ikibanza c’aheranda kize kibe hagati yaho+.

9 “Ku bijanye n’intererano muzoterēra Yehova, uburebure buzoba amatambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu, ubwaguke na bwo ibihumbi cumi. 10 Kandi kuri ivyo haze habe intererano nyeranda igenewe abaherezi+: mu buraruko amatambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu, mu burengero ubwaguke bw’ibihumbi cumi, mu buseruko ubwaguke bw’ibihumbi cumi, mu bumanuko na ho uburebure bw’ibihumbi mirongo ibiri na bitanu. Kandi ikibanza c’aheranda ca Yehova kize kibe hagati yaho+. 11 Hazoba ah’abaherezi, abejejwe muri bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa nabajeje, batataye inzira ngo bayerere ca gihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera, nk’uko Abalewi bataye inzira bakayerera+. 12 Kandi baze baronke intererano ivuye ku ntererano y’igihugu bwa kintu ceranda rwose, ku rubibe rw’Abalewi+.

13 “Abalewi na bo baze baronke+ amatambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu mu burebure, mu bwaguke na ho ibihumbi cumi, iruhande nyene y’akarere k’abaherezi; uburebure bwose bube ibihumbi mirongo ibiri na bitanu, ubwaguke na bwo bube ibihumbi cumi+. 14 Kandi ntibaze bahagurisheko namba, canke ngo hakabwe, canke ngo hagire uwutuma ahantu heza kuruta ahandi h’ico gihugu hava mu minwe yabo; kuko ari ikintu ceranda kuri Yehova+.

15 “Nayo amatambwe ibihumbi bitanu asigaye mu bwaguke iruhande ya vya bihumbi mirongo ibiri na bitanu, ni ikintu kitari ceranda kigenewe igisagara+, aho kuba no kuragira. Kandi igisagara kize kibe hagati yaho+. 16 Izi ni zo ngero z’ico gisagara: umupaka wo mu buraruko ni amatambwe ibihumbi bine n’amajana atanu; umupaka wo mu bumanuko, ibihumbi bine n’amajana atanu; umupaka wo mu buseruko, ibihumbi bine n’amajana atanu; umupaka wo mu burengero na wo, ibihumbi bine n’amajana atanu. 17 Kandi ico gisagara kize kigire itongo ry’uburagiriro+: mu buraruko, amatambwe amajana abiri na mirongo itanu; mu bumanuko, amajana abiri na mirongo itanu; mu buseruko, amajana abiri na mirongo itanu; mu burengero na ho, amajana abiri na mirongo itanu.

18 “Ahasigaye mu burebure hazoba neza na neza nka ya ntererano nyeranda+: amatambwe ibihumbi cumi mu buseruko, n’amatambwe ibihumbi cumi mu burengero; haze habe neza na neza nka ya ntererano nyeranda, kandi umwimbu waho uze ube uw’umukate w’abakorera ico gisagara+. 19 Kandi hazorimwa n’abakorera ico gisagara bo mu miryango yose ya Isirayeli+.

20 “Intererano yose ni amatambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu ku bihumbi mirongo ibiri na bitanu. Muze muterere ahantu h’ikwadarato bwa ntererano nyeranda, harimwo n’ahegukira igisagara.

21 “Ahasigaye hazokwegukira umukuru+, hino no hirya y’iyo ntererano nyeranda na hamwe hegukira igisagara+, ahahereranye na ya matambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu vy’iyo ntererano, ugana urubibe rwo mu buseruko; no mu burengero, ahahereranye na ya matambwe ibihumbi mirongo ibiri na bitanu, ugana urubibe rwo mu burengero+. Hazoba ah’umukuru, hahuye neza na neza na ya migabane. Kandi iyo ntererano nyeranda be n’aheranda ha ya Nzu bize bibe hagati yaho.

22 “Nayo ahegukira Abalewi be n’ahegukira igisagara, haze habe hagati y’ahegukira umukuru. Hagati y’urubibe rwa Yuda+ n’urubibe rwa Benyamini, aho hazokwegukira umukuru.

23 “Ku bijanye n’imiryango isigaye, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Benyamini+: umugabane umwe. 24 Ku rubibe rwa Benyamini, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Simeyoni+: umugabane umwe. 25 Ku rubibe rwa Simeyoni, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Isakari+: umugabane umwe. 26 Ku rubibe rwa Isakari, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Zebuloni+: umugabane umwe. 27 Ku rubibe rwa Zebuloni, kuva ku mupaka wo mu buseruko gushika ku mupaka wo mu burengero, ni Gadi+: umugabane umwe. 28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.

29 “Ico ni co gihugu muzoha imiryango ya Isirayeli+ bwa ntoranwa biciye ku bupfindo, kandi iyo ni yo izoba imituri yabo+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

30 “Kandi aya ni yo masohokero y’igisagara: ku mupaka wo mu buraruko, ingero izoba amatambwe ibihumbi bine n’amajana atanu+.

31 “Amarembo y’igisagara azohura n’amazina y’imiryango ya Isirayeli, mu buraruko habe amarembo atatu: irembo rya Rubeni, rimwe; irembo rya Yuda, rimwe; irembo rya Lewi, rimwe.

32 “Ku mupaka wo mu buseruko hazoba amatambwe ibihumbi bine n’amajana atanu, be n’amarembo atatu, egome, irembo rya Yozefu, rimwe; irembo rya Benyamini, rimwe; irembo rya Dani, rimwe.

33 “Umupaka wo mu bumanuko uzoba ingero y’amatambwe ibihumbi bine n’amajana atanu, habe amarembo atatu: irembo rya Simeyoni, rimwe; irembo rya Isakari, rimwe; irembo rya Zebuloni, rimwe.

34 “Umupaka wo mu burengero uzoba amatambwe ibihumbi bine n’amajana atanu, habe amarembo atatu: irembo rya Gadi, rimwe; irembo rya Asheri, rimwe; irembo rya Nafutali, rimwe.

35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika