ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:4
  • +Zk 7:9

Gusubira mu vyagezwe 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 24:12; Mt 7:12

Gusubira mu vyagezwe 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:5; Lw 19:18; Lk 10:27; Gl 6:10

Gusubira mu vyagezwe 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 52

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 18

Gusubira mu vyagezwe 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:6
  • +Lw 22:28; Zb 36:6; 145:9; Img 12:10; Mt 10:29

Gusubira mu vyagezwe 22:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urehure imisi yawe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:40; Img 3:2

Gusubira mu vyagezwe 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 11:2; Ivk 10:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 10

    1/2/2001, rup. 3

Gusubira mu vyagezwe 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:19

Gusubira mu vyagezwe 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2003, rup. 32

Gusubira mu vyagezwe 22:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:19

Gusubira mu vyagezwe 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:38; Mt 23:5

Gusubira mu vyagezwe 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:28, 33

Gusubira mu vyagezwe 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 22:1; Ums 7:1
  • +Kv 20:16; 23:1; Img 18:21

Gusubira mu vyagezwe 22:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:18

Gusubira mu vyagezwe 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:17; Gus 22:13

Gusubira mu vyagezwe 22:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:24; Gus 22:21; Zb 141:4; Hs 1:2
  • +Gus 22:20

Gusubira mu vyagezwe 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21; Gus 1:13; 16:18; 21:19
  • +Gus 25:2; Img 10:13; 19:29; 20:30

Gusubira mu vyagezwe 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 2:16

Gusubira mu vyagezwe 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 22:14, 17

Gusubira mu vyagezwe 22:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 20:6, 10; 2Sm 13:12; Heb 13:4
  • +Lw 21:9
  • +Lw 11:45; Gus 17:7; Ums 8:13; 1Kr 5:13

Gusubira mu vyagezwe 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:3; Kv 21:3; Yes 62:5
  • +Kv 20:14; Lw 20:10; Mal 3:5; 1Kr 6:9, 18
  • +Gus 22:24

Gusubira mu vyagezwe 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:7; Mt 1:18
  • +Gus 5:18

Gusubira mu vyagezwe 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:10; 1Ts 4:6; Heb 13:4
  • +1Kr 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:8; Gh 35:20; Yak 2:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 14

Gusubira mu vyagezwe 22:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:2; 2Sm 13:14
  • +It 34:5; Kv 22:16

Gusubira mu vyagezwe 22:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:11
  • +Gus 22:19

Gusubira mu vyagezwe 22:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “igice co hepfo c’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:8; 20:11; Gus 27:20; 1Kr 5:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 22:1Kv 23:4
Gus. 22:1Zk 7:9
Gus. 22:2Img 24:12; Mt 7:12
Gus. 22:4Kv 23:5; Lw 19:18; Lk 10:27; Gl 6:10
Gus. 22:51Tm 2:9
Gus. 22:6Lk 12:6
Gus. 22:6Lw 22:28; Zb 36:6; 145:9; Img 12:10; Mt 10:29
Gus. 22:7Gus 4:40; Img 3:2
Gus. 22:82Sm 11:2; Ivk 10:9
Gus. 22:9Lw 19:19
Gus. 22:10Img 12:10
Gus. 22:11Lw 19:19
Gus. 22:12Gh 15:38; Mt 23:5
Gus. 22:13Ef 5:28, 33
Gus. 22:14Img 22:1; Ums 7:1
Gus. 22:14Kv 20:16; 23:1; Img 18:21
Gus. 22:15Gus 16:18
Gus. 22:16Lw 19:17; Gus 22:13
Gus. 22:17It 38:24; Gus 22:21; Zb 141:4; Hs 1:2
Gus. 22:17Gus 22:20
Gus. 22:18Kv 18:21; Gus 1:13; 16:18; 21:19
Gus. 22:18Gus 25:2; Img 10:13; 19:29; 20:30
Gus. 22:19Mal 2:16
Gus. 22:20Gus 22:14, 17
Gus. 22:21Abc 20:6, 10; 2Sm 13:12; Heb 13:4
Gus. 22:21Lw 21:9
Gus. 22:21Lw 11:45; Gus 17:7; Ums 8:13; 1Kr 5:13
Gus. 22:22It 20:3; Kv 21:3; Yes 62:5
Gus. 22:22Kv 20:14; Lw 20:10; Mal 3:5; 1Kr 6:9, 18
Gus. 22:22Gus 22:24
Gus. 22:23Gus 20:7; Mt 1:18
Gus. 22:23Gus 5:18
Gus. 22:24Lw 20:10; 1Ts 4:6; Heb 13:4
Gus. 22:241Kr 5:2
Gus. 22:26It 4:8; Gh 35:20; Yak 2:11
Gus. 22:28It 34:2; 2Sm 13:14
Gus. 22:28It 34:5; Kv 22:16
Gus. 22:29It 34:11
Gus. 22:29Gus 22:19
Gus. 22:30Lw 18:8; 20:11; Gus 27:20; 1Kr 5:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 22:1-30

Gusubira mu vyagezwe

22 “Ntuze ubone ishūri ya mwene wanyu canke intama yiwe izimiye ngo uvyirengagize+. Utegerezwa kubigarurira mwene wanyu+. 2 Nimba na ho mwene wanyu atari hafi yawe kandi ukaba utamumenye, utegerezwa rero kuyijana i muhira iwawe mu nzu yawe, ikaguma iwawe gushika mwene wanyu ayirondeye. Nawe utegerezwa kuyimusubiza+. 3 Ukwo nyene ni ko uzogira ku ndogobwa yiwe, no ku mutamana wiwe, no ku kintu cose ca mwene wanyu catakaye, camutakaranye ukaba wagitoye. Ntuzokwemererwa kuvyirengagiza.

4 “Ntuze ubone indogobwa ya mwene wanyu canke ishūri yiwe itemvye ku nzira ngo uvyirengagize nkana. Utegerezwa kumufasha kubivyura+.

5 “Nta mpuzu y’umuntu w’umugabo ikwiye kwambarwa n’umugore, eka n’umuntu w’umugabo ntakwiye kwambara igikwemu c’umugore+; kuko uwukora ivyo wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe.

6 “Mu gihe icari c’inyoni coba kiri imbere yawe mu nzira, mu giti ico ari co cose canke hasi, kirimwo ivyana+ canke amagi, kandi nyina ikaba ibundikiriye ivyo vyana canke amagi, ntuze utware nyina n’ivyana+. 7 Nyina utegerezwa kuyirekura, ariko ivyana urashobora kubitwara, kugira bikugendere neza, urambe* koko+.

8 “Niwubaka inzu nshasha, uze ukore igitangirizo c’igisenge cawe+, kugira ntukwegere amaraso inzu yawe, kuko hogira uwukoroka avuye kuri co.

9 “Ntuze ubibe umurima wawe w’imizabibu imbuto z’ubwoko bubiri+, kugira ngo umwimbu wose w’imbuto wobiba be n’umwimbu wa nya murima w’imizabibu ntibihave bitwarwa impaga bikegukira aheranda.

10 “Ntuze urimishe ishūri n’indogobwa bibohewe ku ngogo imwe+.

11 “Ntuze wambare impuzu y’ubwoya n’ilino* bivanze+.

12 “Uze wihingurire ubushenza ku mpera zine z’ivyambarwa vyawe wirenzako+.

13 “Umugabo niyatwara umugore kandi koko akaryamana na we hanyuma nya mugabo agahava akamwanka+, 14 akaba yamwagirije ibikorwa vy’agaterasoni, agatuma agira izina ribi+, akavuga ngo: ‘Uyu ni we mugore natwaye, hanyuma ndamwegera, sinasanga muri we ikimenyamenya c’ubusugi+,’ 15 se w’uyo mukobwa na nyina wiwe baze batore ikimenyamenya c’ubusugi bw’uyo mukobwa, bakizanire abagabo b’inararibonye b’ico gisagara kw’irembo ryaco+, 16 se wa nya mukobwa azoce abwira abagabo b’inararibonye ati: ‘Nahaye umukobwa wanje uyu mugabo ngo amubere umugore, hanyuma aramwanka+. 17 None ehe ariko amwagiriza ibikorwa vy’agaterasoni+, ngo: “Nasanze umukobwa wawe adafise ikimenyamenya c’ubusugi+.” Ng’iki rero ikimenyamenya c’ubusugi bw’umukobwa wanje.’ Maze baze basanze nya mutamana imbere y’abagabo b’inararibonye b’ico gisagara. 18 Abagabo b’inararibonye+ b’ico gisagara baze bafate nya mugabo bamutoze indero+. 19 Baze bamuce amande ya shekeli ijana z’ifeza, bazihe se wa nya mukobwa, kuko yatumye umwigeme w’isugi wo muri Isirayeli agira izina ribi+; kandi azoguma ari umugore wiwe. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose.

20 “Mugabo nimba bibonetse ko ico kintu ari ukuri, ata kimenyamenya c’ubusugi cabonetse muri uyo mukobwa+, 21 baze basohore nya mukobwa ku bwinjiriro bw’inzu ya se, maze abagabo bo mu gisagara c’iwabo bamutere amabuye apfe, kuko yakoze ubusazi bw’agaterasoni+ muri Isirayeli mu gukorera ubumaraya mu nzu ya se+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.

22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.

23 “Nimba hari umwigeme w’isugi yarehejwe n’umugabo+, maze hakagira umugabo amusanga mu gisagara akaryamana na we+, 24 muze mubasohore bompi kw’irembo ry’ico gisagara mubatere amabuye, bapfe, uyo mukobwa azire kuba atakomye induru mu gisagara, uyo mugabo na we azire kuba yatetereje umugore wa mugenziwe+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.

25 “Ariko nimba mu gahinga ari ho nya mugabo yasanze uyo mukobwa yari arehejwe, akamufata akaryamana na we, uyo mugabo yaryamanye na we aze apfe wenyene, 26 umukobwa nta co uzomugira. Uyo mukobwa nta gicumuro afise gikwiriye urupfu, kuko nka kurya nyene umuntu agurukira kuri mugenziwe akamwica+, akamwaka ubuzima, ni co kimwe n’ivyo. 27 Kuko mu gahinga ari ho yamusanze. Nya mukobwa yari arehejwe yakomye induru, mugabo nta n’umwe yariho wo kumutabara.

28 “Umugabo niyabona umukobwa, umwigeme w’isugi atarareshwa, kandi vy’ukuri akamucakira akaryamana na we+, maze bagafatwa+, 29 nya mugabo yaryamanye na we ategerezwa rero guha se wa nya mukobwa shekeli mirongo itanu z’ifeza+, na we acike umugore wiwe kubera yamutetereje. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose+.

30 “Nta mugabo akwiye gutwara umugore wa se, ngo ntiyambure impuzu* se+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika