ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:26
  • +Lw 5:17; Gh 15:28; Zb 119:67; Gl 6:1; Yak 2:10

Abalewi 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:12; 21:10; Lk 4:18; Heb 1:9
  • +Gh 12:1; Heb 4:15; 7:26
  • +Heb 5:3; 7:27

Abalewi 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3; 6:25
  • +Kv 29:10; Lw 1:4

Abalewi 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:29; 30:30

Abalewi 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:15; 16:19
  • +Lw 16:14

Abalewi 4:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ububani.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:10
  • +Lw 5:9

Abalewi 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:19, 26

Abalewi 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:4; 9:10

Abalewi 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3
  • +Lw 4:26; Zb 20:3; Heb 10:8

Abalewi 4:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ayo maguru avugwa ni ibice vyayo vyo hepfo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:14; Gh 19:5

Abalewi 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 5:3; Heb 13:11
  • +Lw 6:11
  • +Lw 8:17

Abalewi 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:11; Img 14:34
  • +Kv 32:30; Gh 15:24

Abalewi 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 12:14; 1Tm 5:24

Abalewi 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:10; Lw 1:4; 3:2; 16:21; Mt 8:17; Heb 9:28; 1Pt 2:24

Abalewi 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:15
  • +Lw 4:5

Abalewi 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 26:31; 40:21; Heb 10:20

Abalewi 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:1, 6
  • +Kv 27:1; 40:6; Lw 4:7

Abalewi 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:16

Abalewi 4:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:30; Lw 12:8; 16:17; Gh 15:25; Ef 1:7; 1Tm 2:5; Heb 2:17

Abalewi 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:12
  • +Lw 16:15; Mt 20:28; Yoh 1:29; 1Yh 2:2

Abalewi 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21; Gh 16:2; 34:18; Yos 22:14; 2Sm 24:10
  • +Lw 5:4, 17; 6:2

Abalewi 4:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:13
  • +Lw 23:19; Gh 15:24; 28:15; 29:5

Abalewi 4:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:4; 4:4; Img 28:13; Yes 53:6
  • +Lw 1:11; 3:2; 6:25; 7:2
  • +Lw 4:3

Abalewi 4:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:15; 9:9; 16:18; Heb 9:22

Abalewi 4:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:5
  • +Kv 32:30; Gh 15:28

Abalewi 4:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49; Gh 5:6; 15:29

Abalewi 4:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:6

Abalewi 4:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:4; 3:2; 4:4; 16:21; Img 28:13; Yes 53:6; Mt 8:17; 1Pt 2:24
  • +Lw 1:11; 6:25

Abalewi 4:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:25
  • +Lw 8:15; 9:9; Heb 9:22

Abalewi 4:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:16; 4:8
  • +Lw 3:3
  • +Kv 29:18; Lw 1:9; 3:5; 8:21; Ezr 6:10
  • +Lw 4:26; Hs 14:2

Abalewi 4:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:7; Yoh 1:29; Heb 9:14; 1Pt 1:19
  • +Lw 3:6; Heb 7:26; 9:14; 1Pt 2:22

Abalewi 4:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:11; 4:4

Abalewi 4:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:25; 16:18

Abalewi 4:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:13; Lw 3:3; 6:12; 9:10
  • +Lw 1:4; 4:26, 31; 6:7; 16:30; Gh 15:28; Kl 1:14; 1Yh 2:2
  • +1Yh 1:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 4:2It 46:26
Lew. 4:2Lw 5:17; Gh 15:28; Zb 119:67; Gl 6:1; Yak 2:10
Lew. 4:3Lw 8:12; 21:10; Lk 4:18; Heb 1:9
Lew. 4:3Gh 12:1; Heb 4:15; 7:26
Lew. 4:3Heb 5:3; 7:27
Lew. 4:4Lw 1:3; 6:25
Lew. 4:4Kv 29:10; Lw 1:4
Lew. 4:5Kv 29:29; 30:30
Lew. 4:6Lw 8:15; 16:19
Lew. 4:6Lw 16:14
Lew. 4:7Kv 30:10
Lew. 4:7Lw 5:9
Lew. 4:8Lw 4:19, 26
Lew. 4:9Lw 3:4; 9:10
Lew. 4:10Lw 3:3
Lew. 4:10Lw 4:26; Zb 20:3; Heb 10:8
Lew. 4:11Kv 29:14; Gh 19:5
Lew. 4:12Gh 5:3; Heb 13:11
Lew. 4:12Lw 6:11
Lew. 4:12Lw 8:17
Lew. 4:13Yos 7:11; Img 14:34
Lew. 4:13Kv 32:30; Gh 15:24
Lew. 4:14Ums 12:14; 1Tm 5:24
Lew. 4:15Kv 29:10; Lw 1:4; 3:2; 16:21; Mt 8:17; Heb 9:28; 1Pt 2:24
Lew. 4:16Kv 40:15
Lew. 4:16Lw 4:5
Lew. 4:17Kv 26:31; 40:21; Heb 10:20
Lew. 4:18Kv 30:1, 6
Lew. 4:18Kv 27:1; 40:6; Lw 4:7
Lew. 4:19Lw 3:16
Lew. 4:20Kv 32:30; Lw 12:8; 16:17; Gh 15:25; Ef 1:7; 1Tm 2:5; Heb 2:17
Lew. 4:21Lw 4:12
Lew. 4:21Lw 16:15; Mt 20:28; Yoh 1:29; 1Yh 2:2
Lew. 4:22Kv 18:21; Gh 16:2; 34:18; Yos 22:14; 2Sm 24:10
Lew. 4:22Lw 5:4, 17; 6:2
Lew. 4:232Sm 12:13
Lew. 4:23Lw 23:19; Gh 15:24; 28:15; 29:5
Lew. 4:24Lw 1:4; 4:4; Img 28:13; Yes 53:6
Lew. 4:24Lw 1:11; 3:2; 6:25; 7:2
Lew. 4:24Lw 4:3
Lew. 4:25Lw 8:15; 9:9; 16:18; Heb 9:22
Lew. 4:26Lw 3:5
Lew. 4:26Kv 32:30; Gh 15:28
Lew. 4:27Kv 12:49; Gh 5:6; 15:29
Lew. 4:28Lw 5:6
Lew. 4:29Lw 1:4; 3:2; 4:4; 16:21; Img 28:13; Yes 53:6; Mt 8:17; 1Pt 2:24
Lew. 4:29Lw 1:11; 6:25
Lew. 4:30Lw 4:25
Lew. 4:30Lw 8:15; 9:9; Heb 9:22
Lew. 4:31Lw 3:16; 4:8
Lew. 4:31Lw 3:3
Lew. 4:31Kv 29:18; Lw 1:9; 3:5; 8:21; Ezr 6:10
Lew. 4:31Lw 4:26; Hs 14:2
Lew. 4:32Yes 53:7; Yoh 1:29; Heb 9:14; 1Pt 1:19
Lew. 4:32Lw 3:6; Heb 7:26; 9:14; 1Pt 2:22
Lew. 4:33Lw 1:11; 4:4
Lew. 4:34Lw 4:25; 16:18
Lew. 4:35Kv 29:13; Lw 3:3; 6:12; 9:10
Lew. 4:35Lw 1:4; 4:26, 31; 6:7; 16:30; Gh 15:28; Kl 1:14; 1Yh 2:2
Lew. 4:351Yh 1:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 4:1-35

Abalewi

4 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 2 “Barira bene Isirayeli uti: ‘Umuntu+ niyacumura bivuye ku kwihenda+ mu kintu ico ari co cose mu vyo Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, kandi vy’ukuri agakora kimwe muri vyo:

3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+. 4 Aze azane nya shūri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+ imbere ya Yehova, aheze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wayo+, kandi aze akererere nya shūri imbere ya Yehova. 5 Kandi umuherezi, uwarobanujwe amavuta+, aze atore makeyi ku maraso ya nya shūri, ayazane mw’ihema ry’ihuriro. 6 Umuherezi aze akoze urutoke rwiwe+ muri nya maraso, maze makeyi kuri yo ayacucagire incuro indwi+ imbere ya Yehova, imbere y’irido y’ahantu heranda. 7 Umuherezi aze ashire makeyi kuri nya maraso ku mahembe+ y’igicaniro c’imibavu* imota neza imbere ya Yehova, ikiri mw’ihema ry’ihuriro, hanyuma ayasigaye yose ku maraso ya nya shūri azoyasuka ku ntaba+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa, ikiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.

8 “‘Ku vy’ikinure cose ca nya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro, azokura kuri yo ca kinure gipfuka hejuru y’amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+, 9 na ya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo+. 10 Bizoba cokimwe n’ibikuwe kw’ishūri y’ikimazi c’ugusangira+. Umuherezi aze abifumbishe umwotsi ku gicaniro c’ishikanwa riturirwa+.

11 “‘Mugabo ku vy’urushato rwa nya shūri n’inyama zayo zose kumwe n’umutwe wayo n’amaguru* yayo n’amara yayo n’amayezi yayo+, 12 aze ashinge ko iyo shūri yose ikurwaho ikajanwa ku mubari w’ikambi+, ahantu hadahumanye, ahasukwa ya minyota irimwo ibinure+, kandi aze ayituririre ku nkwi mu muriro+. Ahasukwa ya minyota irimwo ibinure ni ho ikwiye guturirirwa.

13 “‘Mu gihe na ho ikoraniro ryose rya Isirayeli rikosheje+ kandi nya kintu ishengero rikaba ritakibonye, bakaba bakoze kimwe mu bintu vyose Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, gutyo bakaba bagiriwe n’icaha+, 14 maze igicumuro bakoze kuri kimwe muri nya bintu kikamenyekana+, ishengero rero rize rishikirize ikimasa ngo kibe ishikanwa ry’igicumuro, kandi rize rikizane imbere y’ihema ry’ihuriro. 15 Abagabo b’inararibonye b’iryo koraniro baze barambike ibiganza vyabo ku mutwe+ w’iyo shūri imbere ya Yehova, kandi nya shūri ize ikerererwe imbere ya Yehova.

16 “‘Maze umuherezi, uwarobanujwe amavuta+, aze azane makeyi ku maraso ya nya shūri mw’ihema ry’ihuriro+. 17 Umuherezi aze akoze urutoke rwiwe muri makeyi kuri nya maraso, ayacucagire incuro indwi imbere ya Yehova, imbere y’irido+. 18 Kandi azoshira makeyi kuri nya maraso ku mahembe y’igicaniro+ kiri imbere ya Yehova, ikiri mw’ihema ry’ihuriro. Ayasigaye yose kuri nya maraso azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa+, ikiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro. 19 Azoyikurako ikinure cayo cose, kandi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro+. 20 Aze agire iyo shūri nk’uko yagize ya shūri yindi y’ishikanwa ry’igicumuro. Ukwo ni ko azoyigira; kandi umuherezi aze abatangire impongano+, babone kukibabarirwa. 21 Kandi aze ashinge ko iyo shūri ikurwaho ikajanwa ku mubari w’ikambi aheze ayiturire, nk’uko yaturiye ya shūri ya mbere+. Ni ishikanwa ry’igicumuro ritangiwe ishengero+.

22 “‘Igihe umukuru+ acumuye agakora atabishaka kimwe mu bintu vyose Yehova Imana yiwe ategeka ko bidakwiye gukorwa+, gutyo rero akaba yagiriwe n’icaha, 23 canke igicumuro yacumuye kw’ibwirizwa akaba yakimenyeshejwe+, aze azane bwa shikanwa ryiwe umwagazi w’impene w’isuguru+ utagira agahonzi. 24 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe+ w’iyo mpene y’umukangara, aheze ayikererere ha hantu ishikanwa riturirwa rikerererwa ubudasiba imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa ry’igicumuro+. 25 Kandi umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku mahembe+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. Ayasigaye ku maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa. 26 Ikinure caryo cose azogifumbisha umwotsi ku gicaniro nka ca kinure c’ishikanwa ry’ugusangira+. Kandi umuherezi aze amutangire impongano ku bw’igicumuro ciwe+, abone kukibabarirwa.

27 “‘Kandi hagize uwo ari we wese mu banyagihugu acumura atabishaka mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa kandi akagirwa n’icaha koko+, 28 canke igicumuro ciwe yakoze akaba yakimenyeshejwe, aze azane bwa shikanwa ryiwe umwagazi w’impene w’ishashi+, uwutagira agahonzi, ku bw’igicumuro yakoze. 29 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe+ wa nya shikanwa ry’igicumuro, aheze arikererere ha hantu nyene h’ishikanwa riturirwa+. 30 Umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso yaryo, ayashire ku mahembe+ y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa, hanyuma ayasigaye yose ku maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro+. 31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+.

32 “‘Mugabo hamwe yozana umwagazi w’intama+ bwa shikanwa ryiwe ngo ube ishikanwa ry’igicumuro, umwagazi w’intama w’ishashi utagira agahonzi+ ni wo akwiye kuzana. 33 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa ry’igicumuro, aheze arikerere bwa shikanwa ry’igicumuro ha hantu ishikanwa riturirwa rikerererwa ubudasiba+. 34 Umuherezi aze atoze urutoke rwiwe makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, ayashire ku mahembe y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa+, hanyuma ayasigaye yose kuri nya maraso yaryo azoyasuka ku ntaba y’igicaniro. 35 Kandi azokurako ikinure caryo cose nk’uko ca kinure c’impfizi y’intama y’umukangara y’ikimazi c’ugusangira gikurwako ubudasiba, kandi umuherezi aze arifumbishe umwotsi ku gicaniro ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro+. Umuherezi aze amutangire impongano+ ku bw’igicumuro yakoze, abone kukibabarirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika