ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 105
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 105:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:8; Zb 136:1; Yes 12:4; Yw 2:32; Rm 10:13
  • +Zb 89:1; 96:3; 145:12

Zaburi 105:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:3; 1Ng 16:9; Zb 47:6; Ef 5:19
  • +Zb 77:12; 78:4; 119:27

Zaburi 105:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:10; Yr 9:24; 1Kr 1:31
  • +Zb 119:2; Fp 4:4

Zaburi 105:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 5:4; Zf 2:3
  • +1Ng 16:11; Zb 27:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2000, rup. 25

Zaburi 105:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:18; Zb 77:11
  • +Gus 7:19; Zb 119:13

Zaburi 105:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:6; Yes 41:8; Mt 3:9; 2Kr 11:22
  • +Kv 19:5

Zaburi 105:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:2; Gus 29:13; Yos 24:24; Zb 100:3
  • +Yes 26:9; Ivh 15:4

Zaburi 105:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:15; Neh 1:5; Dn 9:4; Lk 1:72
  • +Gus 7:9

Zaburi 105:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:2; 22:17; 26:3; Neh 9:8; Lk 1:73
  • +Heb 6:17

Zaburi 105:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:7; 1Ng 16:17

Zaburi 105:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 13:15; 15:18; 26:3; 28:13
  • +Zb 78:55

Zaburi 105:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:30; Yes 51:2
  • +It 17:8; 23:4; Ivk 7:5; Heb 11:9

Zaburi 105:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:1; 46:6
  • +1Ng 16:20

Zaburi 105:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:42; Yb 1:10
  • +It 12:17; 20:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 20-21

    15/4/2010, rup. 8

Zaburi 105:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 2:8
  • +It 26:11; 1Ng 16:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 20-21

    15/4/2010, rup. 8

Zaburi 105:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:30, 54; 42:5
  • +Lw 26:26; Yes 3:1; Ezk 4:16; Ivk 7:11

Zaburi 105:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:28, 36; 45:5; 50:20; Ivk 7:9

Zaburi 105:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 39:20
  • +Zb 107:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2014, rup. 14-15

Zaburi 105:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:10
  • +Zb 17:3; 26:2; 66:10

Zaburi 105:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:14

Zaburi 105:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:40; 1Sm 2:8; Yb 36:7; Dn 2:48
  • +It 41:48; 45:8

Zaburi 105:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 113:8
  • +It 41:33, 38; Yes 19:11

Zaburi 105:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:4, 6; Yos 24:4; Ivk 7:15
  • +Zb 78:51; 106:22

Zaburi 105:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:3; Kv 1:7; Gus 26:5; Ivk 7:17
  • +Kv 1:9

Zaburi 105:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:1; Rm 9:18
  • +Kv 1:10; Ivk 7:19

Zaburi 105:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:10; 4:12; 6:11; Zb 77:20; Ivk 7:34
  • +Kv 4:14; 7:1; 28:1; Gh 17:5; 1Sm 12:6

Zaburi 105:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:34; Neh 9:10; Zb 78:43; Yr 32:21
  • +Zb 106:22

Zaburi 105:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:22
  • +Zb 99:7

Zaburi 105:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:20; Zb 78:44
  • +Kv 7:21

Zaburi 105:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 8:6; Zb 78:45

Zaburi 105:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 8:24
  • +Kv 8:17

Zaburi 105:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:23; Yb 38:23; Zb 78:47
  • +Zb 78:48

Zaburi 105:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:25

Zaburi 105:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:13; Gus 28:38; Zb 78:46
  • +Kv 10:14

Zaburi 105:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:15

Zaburi 105:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “Intango y’ububasha bwabo bwo kurondoka.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:29; Zb 78:51; 135:8
  • +It 49:3

Zaburi 105:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:14; Kv 3:22; 12:35

Zaburi 105:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 11:7; 12:33

Zaburi 105:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:20
  • +Kv 13:21; Gh 9:15; Neh 9:12; Zb 78:14

Zaburi 105:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:13; Gh 11:32; Zb 78:27
  • +Kv 16:15; Zb 78:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2014, rup. 7-8

Zaburi 105:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 17:6; 1Kr 10:4
  • +Zb 78:16; Yes 48:21

Zaburi 105:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 15:14; Kv 2:24; Gus 9:5; Lk 1:72

Zaburi 105:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:3; Ivk 13:17
  • +Zb 106:12; Yes 51:10

Zaburi 105:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:10; Yos 11:23; 21:43; Neh 9:22; Zb 78:55; 135:12; Ivk 7:45; 13:19
  • +Gus 6:10; Yos 5:11; Zb 44:2

Zaburi 105:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:40; 6:1
  • +Zb 19:7
  • +Zb 150:1; Ivh 19:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 105:11Ng 16:8; Zb 136:1; Yes 12:4; Yw 2:32; Rm 10:13
Zab. 105:1Zb 89:1; 96:3; 145:12
Zab. 105:2Abc 5:3; 1Ng 16:9; Zb 47:6; Ef 5:19
Zab. 105:2Zb 77:12; 78:4; 119:27
Zab. 105:31Ng 16:10; Yr 9:24; 1Kr 1:31
Zab. 105:3Zb 119:2; Fp 4:4
Zab. 105:4Am 5:4; Zf 2:3
Zab. 105:41Ng 16:11; Zb 27:8
Zab. 105:5Gus 7:18; Zb 77:11
Zab. 105:5Gus 7:19; Zb 119:13
Zab. 105:6Kv 3:6; Yes 41:8; Mt 3:9; 2Kr 11:22
Zab. 105:6Kv 19:5
Zab. 105:7Kv 20:2; Gus 29:13; Yos 24:24; Zb 100:3
Zab. 105:7Yes 26:9; Ivh 15:4
Zab. 105:81Ng 16:15; Neh 1:5; Dn 9:4; Lk 1:72
Zab. 105:8Gus 7:9
Zab. 105:9It 17:2; 22:17; 26:3; Neh 9:8; Lk 1:73
Zab. 105:9Heb 6:17
Zab. 105:10It 17:7; 1Ng 16:17
Zab. 105:11It 12:7; 13:15; 15:18; 26:3; 28:13
Zab. 105:11Zb 78:55
Zab. 105:12It 34:30; Yes 51:2
Zab. 105:12It 17:8; 23:4; Ivk 7:5; Heb 11:9
Zab. 105:13It 20:1; 46:6
Zab. 105:131Ng 16:20
Zab. 105:14It 31:42; Yb 1:10
Zab. 105:14It 12:17; 20:3
Zab. 105:15Zk 2:8
Zab. 105:15It 26:11; 1Ng 16:22
Zab. 105:16It 41:30, 54; 42:5
Zab. 105:16Lw 26:26; Yes 3:1; Ezk 4:16; Ivk 7:11
Zab. 105:17It 37:28, 36; 45:5; 50:20; Ivk 7:9
Zab. 105:18It 39:20
Zab. 105:18Zb 107:10
Zab. 105:19Ivk 7:10
Zab. 105:19Zb 17:3; 26:2; 66:10
Zab. 105:20It 41:14
Zab. 105:21It 41:40; 1Sm 2:8; Yb 36:7; Dn 2:48
Zab. 105:21It 41:48; 45:8
Zab. 105:22Zb 113:8
Zab. 105:22It 41:33, 38; Yes 19:11
Zab. 105:23It 46:4, 6; Yos 24:4; Ivk 7:15
Zab. 105:23Zb 78:51; 106:22
Zab. 105:24It 46:3; Kv 1:7; Gus 26:5; Ivk 7:17
Zab. 105:24Kv 1:9
Zab. 105:25Kv 10:1; Rm 9:18
Zab. 105:25Kv 1:10; Ivk 7:19
Zab. 105:26Kv 3:10; 4:12; 6:11; Zb 77:20; Ivk 7:34
Zab. 105:26Kv 4:14; 7:1; 28:1; Gh 17:5; 1Sm 12:6
Zab. 105:27Gus 4:34; Neh 9:10; Zb 78:43; Yr 32:21
Zab. 105:27Zb 106:22
Zab. 105:28Kv 10:22
Zab. 105:28Zb 99:7
Zab. 105:29Kv 7:20; Zb 78:44
Zab. 105:29Kv 7:21
Zab. 105:30Kv 8:6; Zb 78:45
Zab. 105:31Kv 8:24
Zab. 105:31Kv 8:17
Zab. 105:32Kv 9:23; Yb 38:23; Zb 78:47
Zab. 105:32Zb 78:48
Zab. 105:33Kv 9:25
Zab. 105:34Kv 10:13; Gus 28:38; Zb 78:46
Zab. 105:34Kv 10:14
Zab. 105:35Kv 10:15
Zab. 105:36Kv 12:29; Zb 78:51; 135:8
Zab. 105:36It 49:3
Zab. 105:37It 15:14; Kv 3:22; 12:35
Zab. 105:38Kv 11:7; 12:33
Zab. 105:39Kv 14:20
Zab. 105:39Kv 13:21; Gh 9:15; Neh 9:12; Zb 78:14
Zab. 105:40Kv 16:13; Gh 11:32; Zb 78:27
Zab. 105:40Kv 16:15; Zb 78:24
Zab. 105:41Kv 17:6; 1Kr 10:4
Zab. 105:41Zb 78:16; Yes 48:21
Zab. 105:42It 12:7; 15:14; Kv 2:24; Gus 9:5; Lk 1:72
Zab. 105:43Gh 33:3; Ivk 13:17
Zab. 105:43Zb 106:12; Yes 51:10
Zab. 105:44Gus 6:10; Yos 11:23; 21:43; Neh 9:22; Zb 78:55; 135:12; Ivk 7:45; 13:19
Zab. 105:44Gus 6:10; Yos 5:11; Zb 44:2
Zab. 105:45Gus 4:40; 6:1
Zab. 105:45Zb 19:7
Zab. 105:45Zb 150:1; Ivh 19:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 105:1-45

Zaburi

105 Nimukengurukire Yehova, mwambaze izina ryiwe+,

Mumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+.

 2 Nimumuririmbire, mumuhibongoreze+,

Mwitwararike ibikorwa vy’agatangaza vyiwe vyose+.

 3 Nimwiratire izina ryiwe ryeranda+.

Umutima w’abarondera Yehova nunezerwe+.

 4 Nimurondere Yehova be n’inkomezi ziwe+.

Nimurondere mu maso hiwe nantaryo+.

 5 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,

Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane z’akanwa kiwe+,

 6 Yemwe ruvyaro rwa Aburahamu umusavyi wiwe+,

Mwebwe bene Yakobo, abo yatoye+!

 7 Ni we Yehova Imana yacu+.

Ingingo ziwe z’ubutungane ziri mw’isi yose+.

 8 Yaributse isezerano ryiwe, egome, gushika igihe kitagira urugero+,

Ijambo yategetse, gushika ku mayaruka igihumbi+,

 9 Isezerano yagiranye na Aburahamu+,

N’indahiro yarahiye Izahaki+,

10 Iyo yagumijeho bwa ngingo nyobozi kuri Yakobo,

Bwa sezerano ryamaho igihe kitagira urugero kuri Isirayeli+,

11 Akavuga ati: “Nzoguha igihugu ca Kanani+

Kibe wo mugabane w’intoranwa yanyu+.”

12 Aho hari igihe bari imparurwa+,

Emwe, bake cane, bakaba na ba kavamahanga muri co+.

13 Kandi baguma bagendagenda bava mw’ihanga baja mu rindi+,

Bava mu bwami bumwe bagana ikindi gisata+.

14 Ntiyemeye ko hagira umuntu n’umwe abagunga+,

Mugabo kubera bo, yarakangiriye abami+,

15 Ati: “Ntimukore ku bo narobanuje amavuta+,

Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.”

16 Nuko ahamagarira ikigoyi ku gihugu+;

Avuna inkoni yose yatungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+.

17 Arungika imbere yabo umuntu

Yagurishijwe ngo abe umushumba, ari we Yozefu+.

18 Bababarisha amapingu ibirenge vyiwe+,

Ubuzima bwiwe bwinjira mu vyuma+;

19 Gushika aho ijambo ryiwe riziye+,

Ijambo rya Yehova ubwaryo riramutyorora+.

20 Umwami atuma umuntu kugira amubohore+,

Umutware w’ibisata vy’abantu arabikora, kugira amurekure.

21 Amugira shebuja w’urugo rwiwe+

N’umutware aganza ivyiwe vyose+,

22 Kugira agabe abaganwa biwe uko umutima wiwe ugomba+

No kugira ngo yigishe ubukerebutsi abahumure biwe+.

23 Hanyuma Isirayeli araza mu Misiri+,

Yakobo ubwiwe abaho ari kavamahanga mu gihugu ca Hamu+.

24 Aguma atuma abantu biwe barondoka cane+,

Amaherezo abaha kugira inkomezi kuruta abarwanizi babo+.

25 Areka umutima wabo urahinduka ngo wanke abantu biwe+,

Ngo bagire ivy’urwenge ku basavyi biwe+.

26 Atuma Musa umusavyi wiwe+,

Atuma Aroni, uwo yari yaratoye+.

27 Bashira hagati yabo ibintu vy’ibimenyetso vyiwe+,

N’ibitangaro mu gihugu ca Hamu+.

28 Arungika umwiza, atuma hijima+;

Kandi ntibagararije amajambo yiwe+.

29 Ahindura amazi yabo amaraso+,

Yica amafi yabo+.

30 Igihugu cabo kinyagaramwo ibikere+,

Mu vyumba vy’abami babo.

31 Avuga ngo ibibugu bize+,

Imibu mu turere twabo twose+.

32 Imvura zabo z’isegenya azigira urubura+,

Umuriro ururumba ku gihugu cabo+.

33 Akubita imizabibu yabo n’ibiti vyabo vy’imisukoni,

Avunagura n’ibiti vyo mu karere kabo+.

34 Avuga ngo inzige zize+,

N’inzige zikiri nto, emwe, zitagira igitigiri+.

35 Zirya ibimera vyose mu gihugu cabo+;

Zirya n’umwimbu w’ubutaka bwabo.

36 Hanyuma yica zina mfura mu gihugu cabo+,

Ubuzibūra bwabo* bwose+.

37 Atangura kubasohorana ifeza n’inzahabu+;

Kandi mu miryāngo yiwe nta n’umwe yagenda aratsitara.

38 Misiri yaranezerewe basohotse,

Kuko ukubagirira ubwoba kwari kwabatekeye+.

39 Asanza igicu ngo kibe igikingirizo+,

N’umuriro wo gutanga umuco mw’ijoro+.

40 Barasaba, azana inkware+,

Aguma abahaza umukate uva mw’ijuru+.

41 Yugurura igitandara, amazi atangura gutemba+;

Ano agenda aca mu turere tugadutse, atemba nk’uruzi+.

42 Kuko yibutse ijambo ryiwe ryeranda yavuganye na Aburahamu umusavyi wiwe+.

43 Nuko asohora abantu biwe n’umwigino+,

Abo yatoye abasohorana akamo k’umunezero+.

44 Amaherezo abaha ibihugu vy’amahanga+,

Baguma bigarurira ibiva mu gikorwa c’ubutame c’imiryango y’amahanga+,

45 Kugira ngo bagumye ingingo nyobozi ziwe+,

Bubahirize amategeko yiwe+.

Shemeze Ya+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika