ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:1
  • +1Bm 1:8; 1Ng 29:29
  • +1Ng 14:1
  • +Heb 9:4
  • +2Sm 7:2; 1Ng 15:1; 2Ng 1:4

1 Ngoma 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:7
  • +2Sm 7:3

1 Ngoma 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:6

1 Ngoma 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:5; 1Bm 8:19; 1Ng 22:8

1 Ngoma 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:6
  • +Gh 4:25; Zb 78:60
  • +Kv 40:2; 2Sm 6:17

1 Ngoma 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:12
  • +2Sm 7:7

1 Ngoma 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:12; 17:15; Zb 78:70
  • +1Sm 25:30; 2Sm 6:21

1 Ngoma 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 18:14; 2Sm 8:6
  • +1Sm 25:29; 26:10
  • +It 12:2; 1Sm 18:30; Zb 75:7; Lk 1:52
  • +2Sm 7:9

1 Ngoma 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:2; Yes 61:3
  • +Zb 89:22
  • +Kv 2:23; 2Sm 7:10

1 Ngoma 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:16
  • +Zb 18:40
  • +2Sm 7:11; Zb 127:1

1 Ngoma 17:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:10; Ivk 2:29
  • +1Bm 8:20; Zb 132:11
  • +1Bm 9:5; 1Ng 28:5; Yr 23:5

1 Ngoma 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 5:5; 1Ng 22:10
  • +Zb 89:4; Yes 9:7; Dn 2:44

1 Ngoma 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:14; Zb 89:26; Heb 1:5
  • +Zb 2:7; Lk 9:35
  • +2Sm 7:15; Yes 55:3
  • +1Sm 15:28; 1Ng 10:14

1 Ngoma 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:16; Lk 1:33
  • +Zb 2:6; Dn 2:44; Yoh 1:49; 2Pt 1:11
  • +Zb 89:36; Yr 33:21; Lk 1:32; Heb 1:8; Ivh 3:21

1 Ngoma 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:17

1 Ngoma 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:18
  • +It 32:10
  • +1Sm 9:21
  • +2Sm 7:8

1 Ngoma 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:19
  • +Ef 3:20
  • +Mt 22:42; Ivk 13:34; Ivh 22:16
  • +1Sm 2:8; Zb 89:19

1 Ngoma 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:30; 2Sm 7:20
  • +Zb 139:1; Img 15:11; Heb 4:13

1 Ngoma 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:21; Zb 135:6
  • +Am 3:7

1 Ngoma 17:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:11; Gus 3:24; Zb 86:8
  • +Gus 4:35; 1Sm 2:2; Yes 43:10

1 Ngoma 17:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:7; 33:28; Zb 147:20
  • +Kv 19:5; Zb 77:15; Tt 2:14
  • +Gus 4:34; Neh 9:10; Yes 63:12; Ezk 20:9
  • +Gus 7:1; Yos 10:42; 21:44; 24:12; Zb 44:2

1 Ngoma 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:6; 26:18; 1Sm 12:22
  • +It 17:7; Gus 7:9; Yr 31:33

1 Ngoma 17:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:33; Zb 72:19; Mt 6:9
  • +Zb 99:3; Yoh 12:28
  • +1Sm 1:11
  • +Zb 33:12
  • +Yr 31:1; Heb 11:16
  • +Zb 89:36

1 Ngoma 17:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:27

1 Ngoma 17:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 5:22
  • +2Sm 7:28

1 Ngoma 17:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:29
  • +Img 10:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 17:12Sm 7:1
1 Ngo. 17:11Bm 1:8; 1Ng 29:29
1 Ngo. 17:11Ng 14:1
1 Ngo. 17:1Heb 9:4
1 Ngo. 17:12Sm 7:2; 1Ng 15:1; 2Ng 1:4
1 Ngo. 17:21Ng 22:7
1 Ngo. 17:22Sm 7:3
1 Ngo. 17:3Gh 12:6
1 Ngo. 17:42Sm 7:5; 1Bm 8:19; 1Ng 22:8
1 Ngo. 17:52Sm 7:6
1 Ngo. 17:5Gh 4:25; Zb 78:60
1 Ngo. 17:5Kv 40:2; 2Sm 6:17
1 Ngo. 17:6Lw 26:12
1 Ngo. 17:62Sm 7:7
1 Ngo. 17:71Sm 16:12; 17:15; Zb 78:70
1 Ngo. 17:71Sm 25:30; 2Sm 6:21
1 Ngo. 17:81Sm 18:14; 2Sm 8:6
1 Ngo. 17:81Sm 25:29; 26:10
1 Ngo. 17:8It 12:2; 1Sm 18:30; Zb 75:7; Lk 1:52
1 Ngo. 17:82Sm 7:9
1 Ngo. 17:9Zb 44:2; Yes 61:3
1 Ngo. 17:9Zb 89:22
1 Ngo. 17:9Kv 2:23; 2Sm 7:10
1 Ngo. 17:10Abc 2:16
1 Ngo. 17:10Zb 18:40
1 Ngo. 17:102Sm 7:11; Zb 127:1
1 Ngo. 17:111Bm 2:10; Ivk 2:29
1 Ngo. 17:111Bm 8:20; Zb 132:11
1 Ngo. 17:111Bm 9:5; 1Ng 28:5; Yr 23:5
1 Ngo. 17:121Bm 5:5; 1Ng 22:10
1 Ngo. 17:12Zb 89:4; Yes 9:7; Dn 2:44
1 Ngo. 17:132Sm 7:14; Zb 89:26; Heb 1:5
1 Ngo. 17:13Zb 2:7; Lk 9:35
1 Ngo. 17:132Sm 7:15; Yes 55:3
1 Ngo. 17:131Sm 15:28; 1Ng 10:14
1 Ngo. 17:142Sm 7:16; Lk 1:33
1 Ngo. 17:14Zb 2:6; Dn 2:44; Yoh 1:49; 2Pt 1:11
1 Ngo. 17:14Zb 89:36; Yr 33:21; Lk 1:32; Heb 1:8; Ivh 3:21
1 Ngo. 17:152Sm 7:17
1 Ngo. 17:162Sm 7:18
1 Ngo. 17:16It 32:10
1 Ngo. 17:161Sm 9:21
1 Ngo. 17:162Sm 7:8
1 Ngo. 17:172Sm 7:19
1 Ngo. 17:17Ef 3:20
1 Ngo. 17:17Mt 22:42; Ivk 13:34; Ivh 22:16
1 Ngo. 17:171Sm 2:8; Zb 89:19
1 Ngo. 17:181Sm 2:30; 2Sm 7:20
1 Ngo. 17:18Zb 139:1; Img 15:11; Heb 4:13
1 Ngo. 17:192Sm 7:21; Zb 135:6
1 Ngo. 17:19Am 3:7
1 Ngo. 17:20Kv 15:11; Gus 3:24; Zb 86:8
1 Ngo. 17:20Gus 4:35; 1Sm 2:2; Yes 43:10
1 Ngo. 17:21Gus 4:7; 33:28; Zb 147:20
1 Ngo. 17:21Kv 19:5; Zb 77:15; Tt 2:14
1 Ngo. 17:21Gus 4:34; Neh 9:10; Yes 63:12; Ezk 20:9
1 Ngo. 17:21Gus 7:1; Yos 10:42; 21:44; 24:12; Zb 44:2
1 Ngo. 17:22Gus 7:6; 26:18; 1Sm 12:22
1 Ngo. 17:22It 17:7; Gus 7:9; Yr 31:33
1 Ngo. 17:242Ng 6:33; Zb 72:19; Mt 6:9
1 Ngo. 17:24Zb 99:3; Yoh 12:28
1 Ngo. 17:241Sm 1:11
1 Ngo. 17:24Zb 33:12
1 Ngo. 17:24Yr 31:1; Heb 11:16
1 Ngo. 17:24Zb 89:36
1 Ngo. 17:252Sm 7:27
1 Ngo. 17:26It 5:22
1 Ngo. 17:262Sm 7:28
1 Ngo. 17:272Sm 7:29
1 Ngo. 17:27Img 10:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 17:1-27

1 Ngoma

17 Nuko Dawidi agitangura kuba mu nzu yiwe+, abwira Natani+ umuhanuzi ati: “Ehe jewe mba mu nzu y’amasederi+, mugabo isandugu+ y’isezerano rya Yehova yoyo iri munsi y’ibitambara vy’ihema+.” 2 Natani aca abwira Dawidi ati: “Ikintu cose kiri mu mutima wawe nugikore+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.”

3 Maze iryo joro ijambo+ ry’Imana riza kuri Natani riti: 4 “Genda ubwire Dawidi umusavyi wanje uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Si wewe uzonyubakira inzu yo kubamwo+. 5 Kuko ntabaye mu nzu kuva umusi nadugana Isirayeli gushika uyu musi+, mugabo naguma mva mw’ihema nja mu rindi, mva mw’itaberenakulo+ nja mu yindi+. 6 Mu gihe cose nagendagenze+ muri Isirayeli yose, hari ijambo na rimwe nabwiye umwe mu bacamanza ba Isirayeli nategetse kuragira igisata canje, nti: ‘Kubera iki mutanyubakiye inzu y’amasederi+?’”’

7 “Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli. 8 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe+ bose imbere yawe; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina+, nk’izina ry’abahambaye bari kw’isi+. 9 Nzogenera ikibanza abantu banje ari bo Isirayeli, ndabateragire+, na bo bazokwibera koko aho bari, kandi ntibazokwongera kubuzwa amahoro; abana b’ukutagororoka+ ntibazokwongera kubaruhisha, nk’uko babigize mu ntango+, 10 egome, guhera mu misi nashiraho abacamanza+ ngo bategeke abantu banje Isirayeli. Kandi ata gukeka nzocisha bugufi abansi+ bawe bose. Vyongeye, nkumenyesheje nti: ‘Yehova kandi azokwubakira inzu+.’

11 “‘“Imisi yawe niyakwira kugira ngo wigire uhamvye ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, na rwo rukazoba ari umwe mu bahungu bawe+, kandi nzoshimangira koko ingoma yiwe+. 12 Ni we azonyubakira inzu+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami yiwe gushika igihe kitagira urugero+. 13 Jewe ubwanje nzomubera se+, na we azombera umwana+; kandi sinzokura ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we+ nk’uko nabukuye ku wabayeho imbere yawe+. 14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’”

15 Maze Natani avugana na Dawidi yisunze ayo majambo yose n’iryo yerekwa ryose+.

16 Inyuma y’ivyo Umwami Dawidi arinjira, yicara imbere ya Yehova+, avuga ati: “Mbega ndi nde+ ga Yehova Mana, kandi inzu yanje+ ni iki ku buryo wanshikanye iyo hose+? 17 Nk’aho ico coba ari ikintu gito mu maso yawe+, ewe Mana+, yamara uravuze ibijanye n’inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure+, kandi wandavye nk’umuntu w’umunyacubahiro+, ewe Yehova Mana. 18 Ni igiki kindi Dawidi yokubwira ku bijanye n’ugutera iteka umusavyi wawe+ kandi wewe ubwawe uzi neza umusavyi wawe+? 19 Ewe Yehova, ivyo bintu bikomeye vyose wabikoze ku bw’umusavyi wawe no mu buryo buhuye n’umutima wawe+, mu kumenyekanisha ivyo bikorwa bikomeye vyose+. 20 Ewe Yehova, nta wuriho ameze nkawe+, kandi nta Mana iriho kiretse wewe+, twisunze ivyo twumvise n’amatwi yacu vyose. 21 Vyongeye, ni irindi hanga irihe mw’isi rimeze nk’abantu bawe Isirayeli+, abo Imana y’ukuri yagiye kwicungurira bwa gisata c’abantu+, kugira wiheshe izina biciye ku bikorwa bikomeye+ no ku bintu biteye ubwoba, mu kwirukana amahanga+ imbere y’abantu bawe wicunguriye ubakuye mu Misiri? 22 Nuko abantu bawe Isirayeli ubagira igisata cawe+ gushika igihe kitagira urugero, kandi wewe ubwawe, ewe Yehova, ucika Imana yabo+. 23 None rero, ewe Yehova, ijambo wavuze ku bijanye n’umusavyi wawe no ku bijanye n’inzu yiwe, niribe iryo kwizigirwa gushika igihe kitagira urugero, kandi ukore nk’uko wavuze. 24 Izina ryawe+ niribe iryo kwizigirwa ryongere ribe irihambaye+ gushika igihe kitagira urugero, kugira ngo abantu bavuge bati: ‘Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli+, ni Imana kuri Isirayeli+,’ kandi inzu ya Dawidi umusavyi wawe ibe iyamaho imbere yawe+. 25 Kuko wewe, Mana yanje, ari wewe wahishuriye umusavyi wawe umugambi wo kumwubakira inzu+. Ni co gitumye umusavyi wawe aronka akaryo ko gusengera imbere yawe. 26 None rero, ewe Yehova, uri Imana y’ukuri+, kandi usezeranye iyi neza ku bijanye n’umusavyi wawe+. 27 None rero, niwiyemeze koko guhezagira inzu y’umusavyi wawe kugira ngo igume imbere yawe gushika igihe kitagira urugero+; kuko ari wewe, ewe Yehova, wayihezagiye, kandi irahezagiwe gushika igihe kitagira urugero+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika