ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Ubuhanuzi bujanye na Babiloni (1-46)

        • «Nimuhunge muve muri Babiloni» (8)

        • Isirayeli izogarukanwa (17-19)

        • Amazi ya Babiloni azokama (38)

        • Nta wuzosubira kuba i Babiloni (39, 40)

Yeremiya 50:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:1

Yeremiya 50:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igiti bashinga nk’ikimenyetso.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Merodaki).

  • *

    Ijambo ry’igiheburayo ryakoreshejwe ng’aha, rishobora kuba rifitaniye isano n’ijambo ryerekana akagaye, risobanura «umwanda mukuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:8; Ivh 14:8
  • +Yes 46:1; Yr 51:44

Yeremiya 50:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:17; Yr 51:11, 48

Yeremiya 50:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:12; Yr 3:18; Hs 1:11
  • +Yr 31:8, 9
  • +Hs 3:5

Yeremiya 50:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:10
  • +Yr 31:31

Yeremiya 50:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:6
  • +Yr 10:21; 23:2; Ezk 34:2, 6

Yeremiya 50:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «we hantu ho kuba h’ubugororotsi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:6, 7

Yeremiya 50:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:20; Yr 51:6, 45; Zk 2:7; 2Kr 6:17; Ivh 18:2, 4

Yeremiya 50:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:2; Yr 51:11, 27, 28, 48; Dn 5:28, 30
  • +Yes 13:17, 18

Yeremiya 50:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:12; 27:6, 7
  • +Ivh 17:16

Yeremiya 50:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mudidagura ibirenge hasi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:21
  • +Yes 14:4-6; 47:6; Yr 30:16

Yeremiya 50:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:8
  • +Yes 13:20, 21

Yeremiya 50:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 1:15
  • +Yr 25:12
  • +Yr 51:37

Yeremiya 50:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mugonda umuheto.» Mu giheburayo havuga ngo «muhonyora umuheto (igihe bawambika uruvuto).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:18; Yr 51:11
  • +Yr 51:35, 36

Yeremiya 50:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «yatanze ukuboko.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:58
  • +Yr 51:6, 11
  • +Zb 137:8; Ivh 18:6

Yeremiya 50:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:23
  • +Yes 13:14; Yr 51:9

Yeremiya 50:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Nebukadirezari.» Iyo ni iyindi nyandiko.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:1; 50:6; Ezk 34:5
  • +Yr 2:15
  • +2Bm 17:6; Yes 8:7
  • +2Bm 25:1; 2Ng 36:17; Yr 4:7

Yeremiya 50:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:35; Yes 14:25; Zf 2:13

Yeremiya 50:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:16; 65:10; Yr 23:3; 33:7; Ezk 34:14; Mik 2:12
  • +Mik 7:14
  • +Yr 31:6
  • +Ob 19

Yeremiya 50:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:22; Yr 31:34; Mik 7:19

Yeremiya 50:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubahonye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 23:22, 23

Yeremiya 50:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:5, 6; Yr 51:20
  • +Yr 51:41; Ivh 18:15, 16

Yeremiya 50:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:31; Dn 5:30; Ivh 18:8

Yeremiya 50:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:5; Yr 51:11

Yeremiya 50:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:27
  • +Yr 50:10
  • +Yes 14:22, 23

Yeremiya 50:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:6, 7; Ezk 39:18

Yeremiya 50:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:1; Yr 51:11

Yeremiya 50:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abagonda umuheto.» Mu giheburayo havuga ngo «abahonyora umuheto (igihe bawambika uruvuto).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:14
  • +Zb 137:8; Yr 51:56
  • +Int 3:64; Ivh 18:6
  • +Yes 14:13

Yeremiya 50:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bazonumishwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:17, 18

Yeremiya 50:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:25
  • +Yes 14:13; Dn 4:30

Yeremiya 50:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:26

Yeremiya 50:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:6
  • +Yes 14:17

Yeremiya 50:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:14; Ivh 18:8
  • +Yes 47:4
  • +Int 3:59
  • +Yes 14:3, 4
  • +Yr 51:24

Yeremiya 50:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:13; Yr 51:57; Dn 5:7

Yeremiya 50:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abahanuzi b’ikinyoma.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:30

Yeremiya 50:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:8
  • +Yes 45:3

Yeremiya 50:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:27; Yr 51:36, 37; Ivh 16:12
  • +Yes 46:1; Yr 51:44, 52; Dn 5:1, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 161-162

    Ubumenyi, rup. 18

Yeremiya 50:39

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu gifaransa ni autruche.

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:20, 21; Yr 51:37; Ivh 18:2
  • +Yr 25:12; 51:43, 64

Yeremiya 50:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:19
  • +It 19:24, 25; Yud 7
  • +Yr 51:26

Yeremiya 50:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:1; Yr 51:11, 27, 28
  • +Yes 13:5, 17

Yeremiya 50:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:9
  • +Zb 137:8; Yes 13:17, 18
  • +Yr 51:42
  • +Yr 51:27

Yeremiya 50:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:31
  • +Dn 5:6

Yeremiya 50:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:25
  • +Yr 49:19-21

Yeremiya 50:45

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inama.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:11
  • +Yes 13:1, 20; Yr 51:43

Yeremiya 50:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 18:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 50:1Yes 13:1
Yer. 50:2Yr 51:8; Ivh 14:8
Yer. 50:2Yes 46:1; Yr 51:44
Yer. 50:3Yes 13:17; Yr 51:11, 48
Yer. 50:4Yes 11:12; Yr 3:18; Hs 1:11
Yer. 50:4Yr 31:8, 9
Yer. 50:4Hs 3:5
Yer. 50:5Yes 35:10
Yer. 50:5Yr 31:31
Yer. 50:6Yes 53:6
Yer. 50:6Yr 10:21; 23:2; Ezk 34:2, 6
Yer. 50:7Zb 79:6, 7
Yer. 50:8Yes 48:20; Yr 51:6, 45; Zk 2:7; 2Kr 6:17; Ivh 18:2, 4
Yer. 50:9Yes 21:2; Yr 51:11, 27, 28, 48; Dn 5:28, 30
Yer. 50:9Yes 13:17, 18
Yer. 50:10Yr 25:12; 27:6, 7
Yer. 50:10Ivh 17:16
Yer. 50:11Int 1:21
Yer. 50:11Yes 14:4-6; 47:6; Yr 30:16
Yer. 50:12Yes 47:8
Yer. 50:12Yes 13:20, 21
Yer. 50:13Zk 1:15
Yer. 50:13Yr 25:12
Yer. 50:13Yr 51:37
Yer. 50:14Yes 13:18; Yr 51:11
Yer. 50:14Yr 51:35, 36
Yer. 50:15Yr 51:58
Yer. 50:15Yr 51:6, 11
Yer. 50:15Zb 137:8; Ivh 18:6
Yer. 50:16Yr 51:23
Yer. 50:16Yes 13:14; Yr 51:9
Yer. 50:17Yr 23:1; 50:6; Ezk 34:5
Yer. 50:17Yr 2:15
Yer. 50:172Bm 17:6; Yes 8:7
Yer. 50:172Bm 25:1; 2Ng 36:17; Yr 4:7
Yer. 50:182Bm 19:35; Yes 14:25; Zf 2:13
Yer. 50:19Yes 11:16; 65:10; Yr 23:3; 33:7; Ezk 34:14; Mik 2:12
Yer. 50:19Mik 7:14
Yer. 50:19Yr 31:6
Yer. 50:19Ob 19
Yer. 50:20Yes 44:22; Yr 31:34; Mik 7:19
Yer. 50:21Ezk 23:22, 23
Yer. 50:23Yes 14:5, 6; Yr 51:20
Yer. 50:23Yr 51:41; Ivh 18:15, 16
Yer. 50:24Yr 51:31; Dn 5:30; Ivh 18:8
Yer. 50:25Yes 13:5; Yr 51:11
Yer. 50:26Yr 51:27
Yer. 50:26Yr 50:10
Yer. 50:26Yes 14:22, 23
Yer. 50:27Yes 34:6, 7; Ezk 39:18
Yer. 50:28Zb 94:1; Yr 51:11
Yer. 50:29Yr 50:14
Yer. 50:29Zb 137:8; Yr 51:56
Yer. 50:29Int 3:64; Ivh 18:6
Yer. 50:29Yes 14:13
Yer. 50:30Yes 13:17, 18
Yer. 50:31Yr 51:25
Yer. 50:31Yes 14:13; Dn 4:30
Yer. 50:32Yr 51:26
Yer. 50:33Yes 47:6
Yer. 50:33Yes 14:17
Yer. 50:34Yes 41:14; Ivh 18:8
Yer. 50:34Yes 47:4
Yer. 50:34Int 3:59
Yer. 50:34Yes 14:3, 4
Yer. 50:34Yr 51:24
Yer. 50:35Yes 47:13; Yr 51:57; Dn 5:7
Yer. 50:36Yr 51:30
Yer. 50:37Yes 13:8
Yer. 50:37Yes 45:3
Yer. 50:38Yes 44:27; Yr 51:36, 37; Ivh 16:12
Yer. 50:38Yes 46:1; Yr 51:44, 52; Dn 5:1, 4
Yer. 50:39Yes 13:20, 21; Yr 51:37; Ivh 18:2
Yer. 50:39Yr 25:12; 51:43, 64
Yer. 50:40Yes 13:19
Yer. 50:40It 19:24, 25; Yud 7
Yer. 50:40Yr 51:26
Yer. 50:41Yes 45:1; Yr 51:11, 27, 28
Yer. 50:41Yes 13:5, 17
Yer. 50:42Yr 50:9
Yer. 50:42Zb 137:8; Yes 13:17, 18
Yer. 50:42Yr 51:42
Yer. 50:42Yr 51:27
Yer. 50:43Yr 51:31
Yer. 50:43Dn 5:6
Yer. 50:44Yes 41:25
Yer. 50:44Yr 49:19-21
Yer. 50:45Yr 51:11
Yer. 50:45Yes 13:1, 20; Yr 51:43
Yer. 50:46Ivh 18:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 50:1-46

Yeremiya

50 Ibi ni vyo Yehova yavuze ku bijanye na Babiloni+, ku bijanye n’igihugu c’Abakaludaya, biciye ku muhanuzi Yeremiya:

 2 «Nimubimenyeshe mu mahanga, mubitangaze.

Nimushinge ikimenyetso*, mubitangaze.

Ntihagire ico munyegeza.

Nimuvuge muti: “Babiloni yafashwe+.

Beli* yamaramaye+.

Merodaki yatekewe n’ubwoba.

Ibishusho vya Babiloni vyamaramaye.

Ibigirwamana vyaho bisesemye* vyatekewe n’ubwoba.”

 3 Kuko hari ihanga rije gutera Babiloni rivuye mu buraruko+.

Rituma igihugu caho kiba akajoreza.

Nta n’umwe abayo.

Abantu n’ibikoko vyahunze,

biragenda.»

4 Yehova avuze ati: «Muri iyo misi no muri ico gihe, abo muri Isirayeli n’abo mu Buyuda bazoza bari kumwe+, bagenda bararira+, kandi bazorondera Yehova Imana yabo bari kumwe+. 5 Bazobaza inzira ija i Siyoni berekejeyo amaso+, bavuge bati: “Nimuze twifatanye na Yehova mw’isezerano ryamaho ritazokwibagirwa+.” 6 Abantu banje babaye nk’ubusho bw’intama zazimiye+. Abungere babo ni bo batumye bata inzira+. Babajanye ku misozi, bakaza barabayerereza bava kuri uyu musozi canke uyu murambi baja ku wundi. Baribagiye ahantu habo ho kuruhukira. 7 Abababona bose barabamize+, kandi abansi babo bavuze bati: “Nta caha kitwagira, kuko bacumuye kuri Yehova, bacumura kuri Yehova we soko ry’ubugororotsi*, akaba n’icizigiro ca ba sekuruza babo.”»

 8 «Nimuhunge muve muri Babiloni,

muve mu gihugu c’Abakaludaya+,

mube nk’ibitungwa biyobora ibindi mu busho.

 9 Kuko ngira ntumeko ishengero ry’amahanga akomeye avuye mu gihugu co mu buraruko+,

baze gutera Babiloni.

Bazoza batonze urugamba bamutere,

bamufate bazananye muri urwo ruhande.

Imyampi yabo imeze nk’iy’umurwanyi

ahekura abavyeyi+.

Ntihusha.

10 Ubukaludaya buzosahurwa+.

Ababusahura bose bazohaga vy’ukuri+», ni ko Yehova avuze.

11 «Kuko mwagumye munezerwa+, muguma mwigina

igihe mwariko musahura intoranwa yanje+.

Kuko mwagumye mwikina amatavu* nk’ishashi y’inka mu vyatsi,

muguma mwanaga nk’impfizi z’amafarasi.

12 Nyoko wanyu yamaramaye+.

Uwabibarutse yavunitse umutima.

Raba! Ni ihanga ryo hanyuma y’ayandi mahanga.

Ni agahinga katagira amazi. Ni ubugaragwa+.

13 Kubera ishavu rya Yehova nta wuzoba i Babiloni+.

Hazocika umusaka vy’ukuri+.

Uwuzoca iruhande yaho wese azohatamarira yajorewe,

avuze agahwa kubera ivyago vyose vyahashikiye+.

14 Nimutonde urugamba kugira mutere Babiloni impande zose,

mwebwe mwese mufora umuheto*.

Nimumurase, ntihagire umwampi musigaza+,

kuko yacumuye kuri Yehova+.

15 Nimumuvugirize akaruru k’intambara impande zose.

Yishikanye*.

Inkingi ziwe zaguye, inzitiro ziwe zirasamburwa+,

kuko Yehova ari we yamwihoye+.

Nimumwihore,

mumukorere nk’ivyo yakoze+.

16 Nimukure i Babiloni umubivyi

n’uwukoresha agakero mu gihe c’iyimbura+.

Kubera inkota ikaze, umwe wese azosubira mu b’iwabo,

umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+.

17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+. 18 Ibi rero ni vyo Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Nzokorera umwami wa Babiloni n’igihugu ciwe nk’ivyo nakoreye umwami wa Ashuri+. 19 Kandi nzogarukana Isirayeli mu buragiro bwiwe+. Azorisha i Karumeli n’i Bashani+. Azorisha no mu misozi ya Efurayimu+ n’iya Gileyadi+, ahage.”»

20 Yehova avuze ati: «Muri iyo misi no muri ico gihe,

ikosa rya Isirayeli rizoronderwa,

mugabo ntirizoboneka,

n’ibicumuro vy’Ubuyuda ntibizoboneka,

kuko nzobabarira abo nzoba nasigaje+.»

21 «Genda utere igihugu ca Meratayimu, utere n’ababa i Pekodi+.

Nibagandagurwe bahone*», ni ko Yehova avuze.

«Nukore ivyo ngutegetse vyose.

22 Hari urwamo rw’intambara mu gihugu,

hari ivyago bikomeye.

23 Ewe kuntu ya nyundo yahora imenagura isi yose yavunaguwe, ikameneka+!

Ewe kuntu Babiloni asigaye ari akajoreza mu mahanga+!

24 Ewe Babiloni, naraguteze umutego urafatwa

kandi ntiwabimenye.

Warabonetse urafatwa+,

kuko Yehova ari we warwanije.

25 Yehova yuguruye ububiko bwiwe,

asohora ibirwanisho vy’ishavu ryiwe+.

Kuko Umukama Segaba Yehova Nyeningabo

afise igikorwa mu gihugu c’Abakaludaya.

26 Nimutere Babiloni muvuye mu mihingo ya kure+.

Nimwugurure ibigega vyiwe+.

Nimumurunde nka kurya kw’ibirundo vy’intete.

Nimumutikize azimangane+,

ntihagire n’umwe asigarana.

27 Nimugandagure amashuri yiwe yose+.

Naje gukererwa.

Ayo mashuri aragowe, kuko umusi wayo ushitse,

igihe co kubazwa ivyo yakoze!

28 Hari urwamo rw’abariko barahunga,

abariko banyaga amagara bavuye mu gihugu ca Babiloni

kugira ngo bamenyeshe i Siyoni ko Yehova Imana yacu yihoye,

ko yihoye kubera urusengero rwiwe+.

29 Nimutumeko abarasisha umuheto,

abafora umuheto* bose batere Babiloni+.

Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire n’umwe acaruka.

Nimumwishure ibihwanye n’ivyo yakoze+.

Nimumukorere nk’ivyo yakoze+

kuko yagize ubwibone imbere ya Yehova,

imbere y’Umweranda wa Isirayeli+.

30 Abasore biwe rero bazogwa mu bibanza rusangi+,

kandi kuri uwo musi abasoda biwe bose bazohona*», ni ko Yehova avuze.

31 «Ehe ngira ndakurwanye+, wa mugarariji we+», ni ko Umukama Segaba, Yehova Nyeningabo avuze,

«kuko umusi wawe uzoza ata kabuza, igihe nzokubaza ivyo wakoze.

32 Wa mugarariji we, uzotsitara ugwe,

ubure uwukuvyura+.

Nzoturira ibisagara vyawe,

kandi umuriro uzoherengeteza ibintu vyose bigukikuje.»

33 Yehova Nyeningabo avuze ati:

«Abo muri Isirayeli no mu Buyuda baracinyizwa,

kandi ababagize imbohe bose barabagumije+.

Baranse kubarekura+.

34 Ariko Umucunguzi wabo arakomeye+.

Yitwa Yehova Nyeningabo+.

Azobaburanira+ vy’ukuri

kugira ahe igihugu akaruhuko+,

yongere ateze uruhagarara ababa i Babiloni+.»

35 Yehova avuze ati: «Inkota izotikiza Abakaludaya,

itikize ababa i Babiloni n’abatware baho n’inkerebutsi zaho+.

36 Inkota izotikiza abavuga amajambo ata co amaze*, kandi bazokorana ubupfu.

Inkota izotikiza abarwanyi baho, kandi bazotekerwa n’ubwoba+.

37 Inkota izotikiza amafarasi yabo n’imikogote yabo y’intambara,

itikize n’abanyamahanga bose babayo,

kandi bazomera nk’abagore+.

Inkota izoza ku matunga ya Babiloni asahurwe+.

38 Amazi yiwe azokabona, akame+.

Ni igihugu c’ibishusho bibajwe+.

Baguma bakora nk’abasazi kubera berekwa ibintu biteye ubwoba.

39 Ku bw’ivyo, ibikoko vyo mu bugaragwa bizobana n’ibikoko vyomanga,

kandi ibinyoni vyitwa imbuni* bizobayo+.

Nta wuzosubira kubayo,

kandi uko urunganwe* ruzokurikira urundi, nta muntu azobayo+.»

40 «Kurya vyagenze igihe Imana yatikiza Sodomu na Gomora+ n’ibisagara bibanyi+», ni ko Yehova avuze, «nta n’umwe azobayo, kandi nta muntu azokwimukirayo+.

41 Ehe! Abantu bariko baraza bava mu buraruko.

Ihanga rikomeye n’abami bahambaye+ bazotumwako

baze bavuye mu mihingo ya kure cane y’isi+.

42 Bakoresha umuheto n’agacumu+.

Ni ba ruburakigongwe kandi ntibazogira imbabazi+.

Iyo bariko bagendera ku mafarasi,

urwamo rwabo rumeze nk’ukuroha kw’ikiyaga+.

Batonze urugamba nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Babiloni+!

43 Umwami wa Babiloni yumvise inkuru iberekeye+,

aca acika inkokora+.

Afashwe n’amaganya

n’ububabare nk’ubw’umugore ariko aribaruka.

44 Raba! Hari umuntu azoduga nk’intambwe ivuye mu bisaka vy’inzitane vyo ku nkengera ya Yorodani, aje gutera uburagiro butekanye. Mugabo mu kanya gatoyi nzotuma bahunga igihugu cabo. Uwo natoye+ ni we nzoshiraho ngo akiganze. Mbega hari uwumeze nkanje? Hari uwompigisha? Hari umwungere yompagarara imbere+? 45 Nimwumve rero yemwe ingingo* Yehova yafatiye Babiloni+ n’ivyo yiyumviriye gukorera igihugu c’Abakaludaya:

Ni ukuri, imyagazi yo mu busho izoburutwa.

Azotuma aho yahora iba hacika umusaka kubera bo+.

46 Babiloni niyafatwa hazokwumvikana urwamo rutuma isi itigita,

humvikane n’amaborogo mu mahanga+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika