ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Nehemiya 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:17; 6:15; Dn 9:25
  • +Neh 3:1, 6, 13
  • +1Ng 26:1, 12; Ezr 2:42
  • +1Ng 9:33; Ezr 2:41
  • +1Ng 23:28; Ezr 3:8

Nehemiya 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 1:2
  • +2Ng 17:12; 26:9; Neh 2:8; Ivk 23:10
  • +Zb 101:6; Img 28:20; Ivk 6:3; 1Kr 4:2
  • +Kv 18:21; 2Sm 23:3; Neh 5:15; Img 8:13; Yes 33:6

Nehemiya 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:13; 12:39
  • +Neh 13:19
  • +Zb 127:1

Nehemiya 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 11:1

Nehemiya 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 7:27
  • +1Ng 9:1; Ezr 2:62
  • +1Ng 4:33; 5:1

Nehemiya 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 5:8; Est 9:30
  • +Neh 1:3
  • +2Bm 25:1; Dn 3:1
  • +2Bm 24:14; 2Ng 36:20; Yr 39:9; 52:15, 28
  • +Ezr 2:1

Nehemiya 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:11; 2:2; Zk 4:7; Mt 1:12
  • +Ezr 3:8; 5:2; Hg 1:14; Zk 3:1
  • +Ezr 2:2

Nehemiya 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:3; Neh 10:14

Nehemiya 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:4

Nehemiya 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:5; Neh 6:18

Nehemiya 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:6; 10:30
  • +Ezr 8:9

Nehemiya 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:7; 10:26

Nehemiya 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:8

Nehemiya 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:9

Nehemiya 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:10; 10:34

Nehemiya 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:11

Nehemiya 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:12

Nehemiya 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:13

Nehemiya 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:14

Nehemiya 7:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:15

Nehemiya 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:16

Nehemiya 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:19; Neh 10:18

Nehemiya 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:17

Nehemiya 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:18

Nehemiya 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 11:19; 2Sm 21:2; Ezr 2:20; Neh 3:7

Nehemiya 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:19; 1Ng 2:51; Mt 2:6
  • +1Ng 2:54; Ezr 2:22; Yr 40:8

Nehemiya 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 21:18; Ezr 2:23; Yr 1:1

Nehemiya 7:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:24

Nehemiya 7:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:17; 1Sm 7:2
  • +Yos 18:26; Ezr 2:25
  • +Yos 18:25

Nehemiya 7:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:26
  • +Yos 18:24; Zk 14:10

Nehemiya 7:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 13:5; Ezr 2:27

Nehemiya 7:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:32; Ezr 2:28
  • +Yos 7:2

Nehemiya 7:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:29

Nehemiya 7:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:31

Nehemiya 7:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:32

Nehemiya 7:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:34

Nehemiya 7:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 11:35
  • +Ezr 2:33
  • +Neh 6:2

Nehemiya 7:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:35

Nehemiya 7:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:36

Nehemiya 7:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:37

Nehemiya 7:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 10:22

Nehemiya 7:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:8; Ezr 2:39

Nehemiya 7:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:9
  • +Ezr 2:40

Nehemiya 7:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:7; Ezr 2:41
  • +1Ng 6:39

Nehemiya 7:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 7:1
  • +Yr 35:4
  • +1Ng 9:17; Neh 11:19
  • +Neh 12:25
  • +Ezr 2:42

Nehemiya 7:46

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke kandi, “Abashumba b’urusengero.” Ijambo ku rindi ni “Abatanzwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:27; 1Ng 9:2; Ezr 2:58
  • +Ezr 2:43

Nehemiya 7:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:44

Nehemiya 7:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:45

Nehemiya 7:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:46

Nehemiya 7:50

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:47
  • +Ezr 2:48

Nehemiya 7:52

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:49
  • +Ezr 2:50

Nehemiya 7:53

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:51

Nehemiya 7:54

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:52

Nehemiya 7:55

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:53

Nehemiya 7:56

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:54

Nehemiya 7:57

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:21; Neh 11:3
  • +Ezr 2:55

Nehemiya 7:58

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:56

Nehemiya 7:59

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:57

Nehemiya 7:60

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:23; Ezr 2:58; Neh 3:26; 7:46

Nehemiya 7:61

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:59

Nehemiya 7:62

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:60

Nehemiya 7:63

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:1
  • +1Ng 24:10; Neh 3:21
  • +Ezr 2:61
  • +2Sm 17:27; 19:31, 39; 1Bm 2:7

Nehemiya 7:64

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:62
  • +Gh 18:7

Nehemiya 7:65

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “Tirushata,” rino rikaba ari izina ry’icubahiro ryo mu Buperesi.

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:63; Neh 8:9; 10:1
  • +Lw 2:3; Gh 18:9
  • +Kv 28:30; 1Sm 28:6
  • +Lw 8:8; Gus 33:8

Nehemiya 7:66

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:64

Nehemiya 7:67

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:2; Lw 25:44
  • +Ezr 2:65
  • +Neh 7:1
  • +Kv 15:21; 1Sm 18:6; 2Sm 19:35

Nehemiya 7:68

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:66

Nehemiya 7:69

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 8:16; 2Sm 16:2
  • +Ezr 2:67

Nehemiya 7:70

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu bisanzwe idarakima yari ihwanye n’igiceri c’inzahabu c’Abaperesi capima amagarama 8,4. Si ya darakima ivugwa mu Vyanditswe vy’ikigiriki.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 7:2; Ezr 1:5
  • +Gh 17:2; 1Ng 23:11
  • +Ezr 2:68
  • +Ezr 2:63; Neh 7:65
  • +Lw 6:10; Yes 22:21

Nehemiya 7:71

Utujambo tw'epfo

  • *

    Imina yapima amagarama 570. Si ya mina ivugwa mu Vyanditswe vy’ikigiriki.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 2:69

Nehemiya 7:73

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 35:14
  • +Neh 7:1
  • +Neh 7:46
  • +Neh 11:20
  • +Lw 23:24; 1Bm 8:2; Ezr 3:1
  • +Ezr 2:70

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Neh. 7:1Neh 2:17; 6:15; Dn 9:25
Neh. 7:1Neh 3:1, 6, 13
Neh. 7:11Ng 26:1, 12; Ezr 2:42
Neh. 7:11Ng 9:33; Ezr 2:41
Neh. 7:11Ng 23:28; Ezr 3:8
Neh. 7:2Neh 1:2
Neh. 7:22Ng 17:12; 26:9; Neh 2:8; Ivk 23:10
Neh. 7:2Zb 101:6; Img 28:20; Ivk 6:3; 1Kr 4:2
Neh. 7:2Kv 18:21; 2Sm 23:3; Neh 5:15; Img 8:13; Yes 33:6
Neh. 7:3Neh 2:13; 12:39
Neh. 7:3Neh 13:19
Neh. 7:3Zb 127:1
Neh. 7:4Neh 11:1
Neh. 7:5Ezr 7:27
Neh. 7:51Ng 9:1; Ezr 2:62
Neh. 7:51Ng 4:33; 5:1
Neh. 7:6Ezr 5:8; Est 9:30
Neh. 7:6Neh 1:3
Neh. 7:62Bm 25:1; Dn 3:1
Neh. 7:62Bm 24:14; 2Ng 36:20; Yr 39:9; 52:15, 28
Neh. 7:6Ezr 2:1
Neh. 7:7Ezr 1:11; 2:2; Zk 4:7; Mt 1:12
Neh. 7:7Ezr 3:8; 5:2; Hg 1:14; Zk 3:1
Neh. 7:7Ezr 2:2
Neh. 7:8Ezr 2:3; Neh 10:14
Neh. 7:9Ezr 2:4
Neh. 7:10Ezr 2:5; Neh 6:18
Neh. 7:11Ezr 2:6; 10:30
Neh. 7:11Ezr 8:9
Neh. 7:12Ezr 2:7; 10:26
Neh. 7:13Ezr 2:8
Neh. 7:14Ezr 2:9
Neh. 7:15Ezr 2:10; 10:34
Neh. 7:16Ezr 2:11
Neh. 7:17Ezr 2:12
Neh. 7:18Ezr 2:13
Neh. 7:19Ezr 2:14
Neh. 7:20Ezr 2:15
Neh. 7:21Ezr 2:16
Neh. 7:22Ezr 2:19; Neh 10:18
Neh. 7:23Ezr 2:17
Neh. 7:24Ezr 2:18
Neh. 7:25Yos 11:19; 2Sm 21:2; Ezr 2:20; Neh 3:7
Neh. 7:26It 35:19; 1Ng 2:51; Mt 2:6
Neh. 7:261Ng 2:54; Ezr 2:22; Yr 40:8
Neh. 7:27Yos 21:18; Ezr 2:23; Yr 1:1
Neh. 7:28Ezr 2:24
Neh. 7:29Yos 9:17; 1Sm 7:2
Neh. 7:29Yos 18:26; Ezr 2:25
Neh. 7:29Yos 18:25
Neh. 7:30Ezr 2:26
Neh. 7:30Yos 18:24; Zk 14:10
Neh. 7:311Sm 13:5; Ezr 2:27
Neh. 7:321Bm 12:32; Ezr 2:28
Neh. 7:32Yos 7:2
Neh. 7:33Ezr 2:29
Neh. 7:34Ezr 2:31
Neh. 7:35Ezr 2:32
Neh. 7:36Ezr 2:34
Neh. 7:37Neh 11:35
Neh. 7:37Ezr 2:33
Neh. 7:37Neh 6:2
Neh. 7:38Ezr 2:35
Neh. 7:39Ezr 2:36
Neh. 7:40Ezr 2:37
Neh. 7:41Ezr 10:22
Neh. 7:421Ng 24:8; Ezr 2:39
Neh. 7:43Ezr 3:9
Neh. 7:43Ezr 2:40
Neh. 7:441Ng 25:7; Ezr 2:41
Neh. 7:441Ng 6:39
Neh. 7:45Neh 7:1
Neh. 7:45Yr 35:4
Neh. 7:451Ng 9:17; Neh 11:19
Neh. 7:45Neh 12:25
Neh. 7:45Ezr 2:42
Neh. 7:46Yos 9:27; 1Ng 9:2; Ezr 2:58
Neh. 7:46Ezr 2:43
Neh. 7:47Ezr 2:44
Neh. 7:48Ezr 2:45
Neh. 7:49Ezr 2:46
Neh. 7:50Ezr 2:47
Neh. 7:50Ezr 2:48
Neh. 7:52Ezr 2:49
Neh. 7:52Ezr 2:50
Neh. 7:53Ezr 2:51
Neh. 7:54Ezr 2:52
Neh. 7:55Ezr 2:53
Neh. 7:56Ezr 2:54
Neh. 7:571Bm 9:21; Neh 11:3
Neh. 7:57Ezr 2:55
Neh. 7:58Ezr 2:56
Neh. 7:59Ezr 2:57
Neh. 7:60Yos 9:23; Ezr 2:58; Neh 3:26; 7:46
Neh. 7:61Ezr 2:59
Neh. 7:62Ezr 2:60
Neh. 7:631Ng 24:1
Neh. 7:631Ng 24:10; Neh 3:21
Neh. 7:63Ezr 2:61
Neh. 7:632Sm 17:27; 19:31, 39; 1Bm 2:7
Neh. 7:64Ezr 2:62
Neh. 7:64Gh 18:7
Neh. 7:65Ezr 2:63; Neh 8:9; 10:1
Neh. 7:65Lw 2:3; Gh 18:9
Neh. 7:65Kv 28:30; 1Sm 28:6
Neh. 7:65Lw 8:8; Gus 33:8
Neh. 7:66Ezr 2:64
Neh. 7:67Kv 21:2; Lw 25:44
Neh. 7:67Ezr 2:65
Neh. 7:67Neh 7:1
Neh. 7:67Kv 15:21; 1Sm 18:6; 2Sm 19:35
Neh. 7:68Ezr 2:66
Neh. 7:691Sm 8:16; 2Sm 16:2
Neh. 7:69Ezr 2:67
Neh. 7:70Gh 7:2; Ezr 1:5
Neh. 7:70Gh 17:2; 1Ng 23:11
Neh. 7:70Ezr 2:68
Neh. 7:70Ezr 2:63; Neh 7:65
Neh. 7:70Lw 6:10; Yes 22:21
Neh. 7:71Ezr 2:69
Neh. 7:732Ng 35:14
Neh. 7:73Neh 7:1
Neh. 7:73Neh 7:46
Neh. 7:73Neh 11:20
Neh. 7:73Lw 23:24; 1Bm 8:2; Ezr 3:1
Neh. 7:73Ezr 2:70
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
  • 52
  • 53
  • 54
  • 55
  • 56
  • 57
  • 58
  • 59
  • 60
  • 61
  • 62
  • 63
  • 64
  • 65
  • 66
  • 67
  • 68
  • 69
  • 70
  • 71
  • 72
  • 73
Bibiliya y’isi nshasha
Nehemiya 7:1-73

Nehemiya

7 Uruhome rukimara gusubira kwubakwa+, nca nshiraho imiryango+. Maze hashirwaho abarinzi b’amarembo+ n’abaririmvyi+ n’Abalewi+. 2 Nuko nzeza Yeruzalemu Hanani+ mwene wacu na Hananiya umuganwa w’Ikirimba+, kuko yari umugabo w’umwizigirwa+ kandi akaba yaratinya+ Imana y’ukuri kurusha abandi benshi. 3 Hanyuma ndababwira nti: “Amarembo+ ya Yeruzalemu ntaze yugururwe izuba ritaraka cane; kandi mu gihe bazoba bahagaze ng’aho, baze bugare imiryango bayishireko ivyugazo+. Kandi mushireho abarinzi bo mu baba i Yeruzalemu, umwe wese ku kirindiro ciwe, umwe wese imbere y’inzu yiwe+.” 4 Ico gihe igisagara cari cagutse kandi kikaba kinini, mugabo muri co hari abantu bakeyi+, kandi nta mazu yubakwa.

5 Mugabo Imana yanje ishira mu mutima+ wanje ivyo gukoraniriza hamwe abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware n’abantu, kugira biyandikishe hakurikijwe amamuko+. Maze nubura igitabu c’iyandikwa rifatiye ku mamuko+ ry’abaduze ubwa mbere, nsanga canditswemwo ngo:

6 Aba ni bo bana b’intara y’ubutware+ baduze bavuye iyo abajanywe ari inyagano+ bari baragiriwe imbohe, abo Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni yari yarajanye mu bunyagano+ maze mu nyuma bagasubira i Yeruzalemu no muri Yuda, umwe wese mu gisagara ciwe+, 7 abashitse bari kumwe na Zerubabeli+ na Yeshuwa+ na Nehemiya na Azariya na Rayamiya na Nahamani na Morudekayi+ na Bilishani na Misipereti na Bigivayi na Nehumu na Bayana.

Igitigiri c’abagabo bo mu gisata ca Isirayeli cari iki: 8 Bene Paroshi+ bari ibihumbi bibiri n’ijana na mirongo irindwi na babiri; 9 bene Shefatiya+ bari amajana atatu na mirongo irindwi na babiri; 10 bene Ara+ bari amajana atandatu na mirongo itanu na babiri; 11 bene Pahati-mowabu+, bo kuri bene Yeshuwa na Yowabu+, bari ibihumbi bibiri n’amajana umunani na cumi n’umunani; 12 bene Elamu+ bari igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane; 13 bene Zatu+ bari amajana umunani na mirongo ine na batanu; 14 bene Zakayi+ bari amajana indwi na mirongo itandatu; 15 bene Binuwi+ bari amajana atandatu na mirongo ine n’umunani; 16 bene Bebayi+ bari amajana atandatu na mirongo ibiri n’umunani; 17 bene Azigadi+ bari ibihumbi bibiri n’amajana atatu na mirongo ibiri na babiri; 18 bene Adonikamu+ bari amajana atandatu na mirongo itandatu n’indwi; 19 bene Bigivayi+ bari ibihumbi bibiri na mirongo itandatu n’indwi; 20 bene Adini+ bari amajana atandatu na mirongo itanu na batanu; 21 bene Ateri+, bo kuri Hezekiya, bari mirongo icenda n’umunani; 22 bene Hashumu+ bari amajana atatu na mirongo ibiri n’umunani; 23 bene Bezayi+ bari amajana atatu na mirongo ibiri na bane; 24 bene Harifu+ bari ijana na cumi na babiri; 25 bene Gibeyoni+ bari mirongo icenda na batanu; 26 abagabo b’i Betelehemu+ n’i Netofa+ bari ijana na mirongo umunani n’umunani; 27 abagabo b’i Anatoti+ bari ijana na mirongo ibiri n’umunani; 28 abagabo b’i Beti-azimaveti+ bari mirongo ine na babiri; 29 abagabo b’i Kiriyati-yeyarimu+ n’i Kefira+ n’i Beyeroti+ bari amajana indwi na mirongo ine na batatu; 30 abagabo b’i Rama+ n’i Geba+ bari amajana atandatu na mirongo ibiri n’umwe; 31 abagabo b’i Mikimasi+ bari ijana na mirongo ibiri na babiri; 32 abagabo b’i Beteli+ n’i Ayi+ bari ijana na mirongo ibiri na batatu; 33 abagabo b’i Nebo+ handi bari mirongo itanu na babiri; 34 bene Elamu+ wundi bari igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane; 35 bene Harimu+ bari amajana atatu na mirongo ibiri; 36 ab’i Yeriko+ bari amajana atatu na mirongo ine na batanu; 37 ab’i Lodi+ n’i Hadidi+ n’i Ono+ bari amajana indwi na mirongo ibiri n’umwe; 38 ab’i Senaya+ bari ibihumbi bitatu n’amajana icenda na mirongo itatu.

39 Abaherezi bari aba: Bene Yedaya+ bo mu nzu ya Yeshuwa bari amajana icenda na mirongo irindwi na batatu; 40 bene Imeri+ bari igihumbi na mirongo itanu na babiri; 41 bene Pashuri+ bari igihumbi n’amajana abiri na mirongo ine n’indwi; 42 bene Harimu+ bari igihumbi na cumi n’indwi.

43 Abalewi bari aba: Abahungu ba Yeshuwa, ba Kadumiyeli+, bo kuri bene Hodeva+, bari mirongo irindwi na bane. 44 Abaririmvyi+, bene Asafu+, bari ijana na mirongo ine n’umunani. 45 Abarinzi+ b’amarembo bari aba: bene Shalumu+, bene Ateri, bene Talimoni+, bene Akubu+, bene Hatita, bene Shobayi+: bari ijana na mirongo itatu n’umunani.

46 Abanetinimu*+ bari aba: Bene Ziha, bene Hasufa, bene Tabayoti+, 47 bene Kerosi, bene Siya, bene Padoni+, 48 bene Lebana, bene Hagaba+, bene Salumayi, 49 bene Hanane+, bene Gideli, bene Gahari, 50 bene Reyaya+, bene Rezini+, bene Nekoda, 51 bene Gazamu, bene Uza, bene Paseya, 52 bene Besayi+, abahungu b’Abamewunimu, abahungu b’Abanefushesimu+, 53 bene Bakibuki, bene Hakufa, bene Harihuri+, 54 bene  Baziliti, bene Mehida, bene Harisha+, 55 bene Barikosi, bene Sisera, bene Tema+, 56 bene Neziya, bene Hatifa+.

57 Abahungu b’abasuku ba Salomo+ bari aba: Bene Sotayi, bene Sofereti, bene Perida+, 58 bene Yayala, bene Darikoni, bene Gideli+, 59 bene Shefatiya, bene Hatili, bene Pokereti-hazebayimu, bene Amoni+. 60 Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo bose bari amajana atatu na mirongo icenda na babiri.

61 Aba ni bo baduze bavuye i Teli-mela n’i Teli-harisha n’i Kerubi n’i Adoni n’i Imeri+, mugabo ntibashobora kwerekana inzu ya ba se n’amamuko yabo, kugira bimenyekane ko bakomoka kuri Isirayeli: 62 bene Delaya na bene Tobiya na bene Nekoda+ bari amajana atandatu na mirongo ine na babiri. 63 Abo mu baherezi+ bari aba: bene Habaya, bene Hakozi+, bene Baruzilayi+, uwabiriye umugore mu bakobwa ba Baruzilayi+ Umugileyadi maze akitirirwa izina ryabo. 64 Abo ni bo barondeye igitabu banditswemwo kugira ngo bemeze icese amamuko yabo, mugabo nticaboneka+, bituma bakurwa mu buherezi kuko bafashwe ko banduye+. 65 Nuko Buramatari*+ ababwira ko batoriye+ ku bintu vyeranda rwose gushika umuherezi afise Urimu+ na Tumimu*+ abonetse.

66 Ishengero ryose uko ari umugwi ryari rigizwe n’abantu ibihumbi mirongo ine na bibiri n’amajana atatu na mirongo itandatu+, 67 hatarimwo abashumba+ babo n’abashumbakazi babo, bano bakaba bari ibihumbi indwi n’amajana atatu na mirongo itatu n’indwi+; kandi bari bafise abaririmvyi+ n’abaririmvyikazi+ amajana abiri na mirongo ine na batanu. 68 Amafarasi yabo yari amajana indwi na mirongo itatu n’atandatu, inyumpu zabo zikaba amajana abiri na mirongo ine na zitanu+. 69 Ingamiya zari amajana ane na mirongo itatu na zitanu. Indogobwa+ zari ibihumbi bitandatu n’amajana indwi na mirongo ibiri+.

70 Nuko igice c’abakuru+ b’amazu ya ba sekuru+ gitanga intererano igenewe igikorwa+. Buramatari+ ubwiwe atanga amadarakima* igihumbi y’inzahabu, amabakure mirongo itanu, amakanzu amajana atanu na mirongo itatu y’abaherezi+, ngo bishirwe mu kigega. 71 Kandi bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru batanga amadarakima ibihumbi mirongo ibiri y’inzahabu n’imina*+ ibihumbi bibiri n’amajana abiri z’ifeza ngo bishirwe mu kigega kigenewe igikorwa. 72 Abantu basigaye na bo batanga amadarakima ibihumbi mirongo ibiri y’inzahabu n’imina ibihumbi bibiri z’ifeza be n’amakanzu mirongo itandatu n’indwi y’abaherezi.

73 Nuko abaherezi+ n’Abalewi n’abarinzi b’amarembo n’abaririmvyi+ na bamwe mu bantu n’Abanetinimu+ na Isirayeli yose batangura kuba mu bisagara vyabo+. Ukwezi kugira indwi gushika+ bene Isirayeli bari mu bisagara vyabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika