ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 27:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:10; Ums 12:3
  • +It 25:28

Itanguriro 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 46:4
  • +It 48:21; Img 27:1; Ums 9:12; Yak 4:14

Itanguriro 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:27

Itanguriro 27:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:9; 49:28; Heb 11:20

Itanguriro 27:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:30

Itanguriro 27:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:28

Itanguriro 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:31; 49:1; Gus 33:1

Itanguriro 27:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:13, 43; Img 1:8; Ef 6:1

Itanguriro 27:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2004, rup. 11

Itanguriro 27:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:25; 27:23

Itanguriro 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:21
  • +Yos 9:6
  • +Gus 11:26; 23:5; 30:1

Itanguriro 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 43:9
  • +It 27:8; Img 6:20

Itanguriro 27:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:23
  • +1Sm 28:8
  • +It 25:26

Itanguriro 27:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:25; 27:11

Itanguriro 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:9

Itanguriro 27:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:33; Rm 9:12
  • +It 27:4; Heb 11:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 30

    1/10/2007, rup. 31

Itanguriro 27:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:11

Itanguriro 27:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:16

Itanguriro 27:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 21:17; Rm 9:11; Heb 11:20

Itanguriro 27:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:33

Itanguriro 27:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:28; Img 10:6

Itanguriro 27:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:10

Itanguriro 27:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:27; 27:15; Ind 4:11

Itanguriro 27:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:11; Yes 45:8; Hs 14:5
  • +It 45:18; Gh 13:27
  • +It 27:37; Gus 7:13; 2Bm 18:32; Zb 104:15

Itanguriro 27:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 8:1; Dn 2:44
  • +It 25:23; 49:8
  • +It 12:3; 28:3; 31:42; Gh 24:9; Ezk 25:12

Itanguriro 27:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:3

Itanguriro 27:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 7:7

Itanguriro 27:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:25, 31; Heb 12:16

Itanguriro 27:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:13

Itanguriro 27:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 13:28
  • +Heb 12:17

Itanguriro 27:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 21:17; Mal 1:2; Gl 3:9

Itanguriro 27:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:26; 32:28; Hs 12:3
  • +It 25:34; Mt 5:33; Heb 6:16
  • +It 27:28

Itanguriro 27:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:23; 27:29; Rm 9:12
  • +It 49:8
  • +Gus 33:28; Yw 2:19

Itanguriro 27:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 12:17
  • +Yes 65:14

Itanguriro 27:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 24:4; Heb 11:20

Itanguriro 27:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:6; Gh 20:18
  • +It 25:23; 2Sm 8:14
  • +2Bm 8:20; 2Ng 28:17

Itanguriro 27:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:5; 37:11; Am 1:11; 1Yh 2:11
  • +Zb 140:2; Mr 7:21
  • +It 35:29
  • +It 4:8; 1Yh 3:15

Itanguriro 27:42

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ariko arihoza ku bikwerekeye.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:18; Zb 64:6; Img 6:17

Itanguriro 27:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:8; Kl 3:20
  • +It 28:5

Itanguriro 27:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:8

Itanguriro 27:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:19; Mt 5:22

Itanguriro 27:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:35; 28:8
  • +It 24:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2006, rup. 21-22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 27:1It 48:10; Ums 12:3
Ita. 27:1It 25:28
Ita. 27:2Yes 46:4
Ita. 27:2It 48:21; Img 27:1; Ums 9:12; Yak 4:14
Ita. 27:3It 25:27
Ita. 27:4It 48:9; 49:28; Heb 11:20
Ita. 27:5It 27:30
Ita. 27:6It 25:28
Ita. 27:7It 27:31; 49:1; Gus 33:1
Ita. 27:8It 27:13, 43; Img 1:8; Ef 6:1
Ita. 27:11It 25:25; 27:23
Ita. 27:12It 27:21
Ita. 27:12Yos 9:6
Ita. 27:12Gus 11:26; 23:5; 30:1
Ita. 27:13It 43:9
Ita. 27:13It 27:8; Img 6:20
Ita. 27:15It 25:23
Ita. 27:151Sm 28:8
Ita. 27:15It 25:26
Ita. 27:16It 25:25; 27:11
Ita. 27:17It 27:9
Ita. 27:19It 25:33; Rm 9:12
Ita. 27:19It 27:4; Heb 11:20
Ita. 27:21It 27:11
Ita. 27:22It 27:16
Ita. 27:23Gus 21:17; Rm 9:11; Heb 11:20
Ita. 27:24It 25:33
Ita. 27:25Gus 33:28; Img 10:6
Ita. 27:26It 48:10
Ita. 27:27It 25:27; 27:15; Ind 4:11
Ita. 27:28Gus 11:11; Yes 45:8; Hs 14:5
Ita. 27:28It 45:18; Gh 13:27
Ita. 27:28It 27:37; Gus 7:13; 2Bm 18:32; Zb 104:15
Ita. 27:292Sm 8:1; Dn 2:44
Ita. 27:29It 25:23; 49:8
Ita. 27:29It 12:3; 28:3; 31:42; Gh 24:9; Ezk 25:12
Ita. 27:30It 27:3
Ita. 27:31Heb 7:7
Ita. 27:32It 25:25, 31; Heb 12:16
Ita. 27:33Rm 9:13
Ita. 27:34Lk 13:28
Ita. 27:34Heb 12:17
Ita. 27:35Gus 21:17; Mal 1:2; Gl 3:9
Ita. 27:36It 25:26; 32:28; Hs 12:3
Ita. 27:36It 25:34; Mt 5:33; Heb 6:16
Ita. 27:36It 27:28
Ita. 27:37It 25:23; 27:29; Rm 9:12
Ita. 27:37It 49:8
Ita. 27:37Gus 33:28; Yw 2:19
Ita. 27:38Heb 12:17
Ita. 27:38Yes 65:14
Ita. 27:39Yos 24:4; Heb 11:20
Ita. 27:40It 32:6; Gh 20:18
Ita. 27:40It 25:23; 2Sm 8:14
Ita. 27:402Bm 8:20; 2Ng 28:17
Ita. 27:41It 4:5; 37:11; Am 1:11; 1Yh 2:11
Ita. 27:41Zb 140:2; Mr 7:21
Ita. 27:41It 35:29
Ita. 27:41It 4:8; 1Yh 3:15
Ita. 27:42It 37:18; Zb 64:6; Img 6:17
Ita. 27:43Img 1:8; Kl 3:20
Ita. 27:43It 28:5
Ita. 27:44Zb 37:8
Ita. 27:45Kv 4:19; Mt 5:22
Ita. 27:46It 26:35; 28:8
Ita. 27:46It 24:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 27:1-46

Itanguriro

27 Nuko Izahaki amaze gusaza, n’amaso yiwe akaba yarimwo ivyijiji ku buryo adashobora kubona+, ahamagara Esawu umuhungu wiwe mukuru, amubwira+ ati: “Mwananje!” Na we ati: “Ndi hano!” 2 Arabandanya ati: “Ehe ubu ndashaje+. Sinzi umusi nzopfirako+. 3 Ubu rero, ndakwinginze ufate ibikoresho vyawe, umutana wawe n’umuheto wawe, uje mw’ishamba umpigire akanyama k’ishamba+. 4 Maze untegurire imfungurwa zinovera, nka zimwe nkunda cane, uheze uzinzanire, hanyuma, aaa, ndye, kugira ndaguhezagire imbere y’uko mpfa+.”

5 Mugabo Rebeka yariko arumviriza igihe Izahaki yavugana na Esawu umuhungu wiwe. Nuko Esawu arasohoka aja mw’ishamba guhiga akanyama k’ishamba ngo akazane+. 6 Maze Rebeka abwira Yakobo umuhungu wiwe+ ati: “Ehe mpejeje kwumva so abwira Esawu mwene wanyu ngo: 7 ‘Nzanira akanyama k’ishamba maze untegurire imfungurwa zinovera, hanyuma, aaa, ndye, kugira ndaguhezagire imbere ya Yehova ntarapfa+.’ 8 Ubu rero mwananje, niwumvirize ijwi ryanje mu vyo ngutegeka+. 9 Ndakwinginze ugende mu busho undonderere imyagazi y’impene ibiri imeze neza, kugira ndayiteguriremwo so wawe imfungurwa zinovera, nka zimwe akunda cane. 10 Nawe uzizanire so wawe, azirye, kugira aguhezagire imbere y’uko apfa.”

11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+. 12 Bite none dawe niyankorakora+? Nzoba nihaye agatwengo mu maso yiwe+, nikwegere umuvumo mu kibanza c’umuhezagiro+.” 13 Nuko nyina amubwira ati: “Umuvumo wovumwe abe ari jewe ujako, mwananje+. Kimwe gusa niwumvirize ijwi ryanje maze ugende, uyindonderere+.” 14 Nuko rero aragenda, arayirondera hanyuma ayizanira nyina wiwe, maze nyina wiwe ategura imfungurwa zinovera nk’izo se yakunda cane. 15 Inyuma y’ivyo Rebeka afata impuzu za Esawu umuhungu wiwe mukuru+, impuzu nziza kuruta izindi yari afise mu nzu+, azambika Yakobo umuhungu wiwe mutoyi+. 16 Nuko inshato za ya myagazi y’impene azishira ku maboko yiwe no ku gice kitariko umushatsi c’izosi ryiwe+. 17 Maze ashira mu kuboko kwa Yakobo umuhungu wiwe nya mfungurwa zinovera n’umukate yari yateguye+.

18 Yinjira iyo se ari maze avuga ati: “Da!” Na we ati: “Ndi hano! Uri nde ga mwananje?” 19 Yakobo abwira se wiwe ati: “Ndi Esawu imfura yawe+. Nakoze nk’uko wambwiye. Ndakwinginze uvyuke. Niwicare maze urye ku kanyama kanje k’ishamba, kugira umpezagire+.” 20 Nuko Izahaki abwira umuhungu wiwe ati: “Bigenze gute ngo ukaronke ningoga gutyo ga mwananje?” Na we ati: “Ni kubera ko Yehova Imana yawe yatumye gahura nanje.” 21 Maze Izahaki abwira Yakobo ati: “Ndakwinginze wegere kugira ndagukorakore mwananje, menye nimba uri vy’ukuri umuhungu wanje Esawu canke utari we+.” 22 Yakobo yegera rero Izahaki se wiwe, maze uno atangura kumukorakora, avuga ati: “Ijwi ni irya Yakobo, mugabo amaboko ni aya Esawu+.” 23 Ntiyamumenya, kuko amaboko yiwe yariko ubwoya nk’amaboko ya Esawu mwene wabo. Nuko aramuhezagira+.

24 Hanyuma avuga ati: “Uri umuhungu wanje Esawu vy’ukuri?” Na we ati: “Ndi we+.” 25 Maze avuga ati: “Bizane hafi yanje kugira ndye ku kanyama k’ishamba k’umuhungu wanje, kugira ndaguhezagire+.” Nuko abizana hafi yiwe na we atangura kurya, amuzanira n’umuvinyu atangura kunywa. 26 Maze Izahaki se wiwe amubwira ati: “Ndakwinginze wegere, unsome mwananje+.” 27 Aregera rero maze aramusoma, amotēra akamoto k’impuzu ziwe+. Nuko atangura kumuhezagira no kuvuga ati:

“Raba, akamoto k’umuhungu wanje kameze nk’akamoto k’ishamba Yehova yahezagiye. 28 Imana y’ukuri iguhe urume rwo mu majuru+ n’ivu rimera ry’isi+ n’intete nyinshi be n’umuvinyu mushasha+. 29 Ibisata vy’abantu nibigukorere n’imiryango y’amahanga ikwunamire+. Nucike shebuja wa bene wanyu, abana ba nyoko wawe bakwunamire+. Uwo mu bakuvuma wese avumwe, uwo mu baguhezagira wese na we ahezagirwe+.”

30 Nuko Izahaki akirangiza guhezagira Yakobo, egome, Yakobo akimara gusohoka avuye mu maso ya Izahaki se wiwe, Esawu mwene wabo aragaruka avuye guhiga+. 31 Na we nyene atangura gutegura imfungurwa zinovera. Maze azizanira se wiwe, amubwira ati: “Dawe navyuke arye ku kanyama k’ishamba k’umuhungu wiwe, kugira ampezagire+.” 32 Izahaki se wiwe aca amubwira ati: “Uri nde?” Na we ati: “Ndi umuhungu wawe, imfura yawe Esawu+.” 33 Izahaki aca atangura kudegedwa, arajugumira birenze, aca avuga ati: “Ni nde none yahize akanyama k’ishamba agaheza akaza akanzaniye, nkarya ku kintu cose imbere y’uko winjira kandi nkamuhezagira? Kandi azoba uwuhezagiwe+!”

34 Esawu yumvise amajambo ya se wiwe, atangura kuboroga n’ijwi rirenga n’intuntu nyinshi cane, abwira se wiwe+ ati: “Mpezagira na jewe nyene, da+!” 35 Mugabo avuga ati: “Mwene wanyu yazananye uruhendo kugira aronke umuhezagiro wari ukugenewe+.” 36 Na we avuga ati: “Si co gituma none yitwa Yakobo, kuko andengereye kabiri kose+? Uburenganzira bwanje bw’imfura aramaze kubutwara+, none ehe ubu na ho antwaye umuhezagiro+!” Yongerako ati: “Nta muhezagiro none wambikiye?” 37 Mugabo mu kwishura Esawu, Izahaki abandanya ati: “Ehe namugenye kuba shobuja+, kandi bene wabo bose nabamuhaye ngo bamubere abasuku+, kandi intete n’umuvinyu mushasha nabitanze ngo bimubesheho+, none ikindi nogukorera ni igiki ga mwananje?”

38 Maze Esawu abwira se wiwe ati: “None ufise umuhezagiro umwe gusa ga da? Mpezagira na jewe nyene da+!” Nuko Esawu ashira ijwi hejuru araturikisha ararira+. 39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati:

“Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+. 40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”

41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.” 42 Aho Rebeka abwiriwe amajambo ya Esawu umuhungu wiwe mukuru, aca atuma guhamagara Yakobo umuhungu wiwe mutoyi maze amubwira ati: “Ehe Esawu mwene wanyu ariko ahiga kukwihora*, ngo akwice+. 43 Ubu rero mwananje, umviriza ijwi ryanje uhaguruke+, uhungire kwa Labani musazanje i Harani+. 44 Kandi uze ubane na we igitigiri kanaka c’imisi gushika ubushangashirwe bwa mwene wanyu buhwamye+, 45 gushika ishavu rya mwene wanyu rivuye kuri wewe kandi yibagiye ivyo wamukoreye+. Nanje sinzobura gutuma kugukurayo. Kubera iki mwempi nobaburira umusi umwe?”

46 Inyuma y’ivyo Rebeka aguma abwira Izahaki ati: “Ndamaze kuzinukwa ubu buzima bwanje kubera abakobwa ba Heti+. Yakobo yoramuka arondereye umugore mu bakobwa ba Heti nk’aba, mu bakobwa bo mu gihugu, ubuzima bwoba bumariye iki+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika